Ubushikiranganji bw'ubudandaji bwategetswe kugendera mu kwezi kumwe urwaruka mu

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 16

  • @dieudonnezagabe7360
    @dieudonnezagabe7360 3 ปีที่แล้ว +5

    Le lac tanganyika est caché par l'absence d'urbanisme du quartier appelé Kibenga rural. il faut urbaniser ce quartier et tracer les avenues qui donnent sur le lac Tanganyika. indemniser les maisons qui seront détruites par ces avenues; Les revenus du tourismes permettent de générer les fonds de cette indemnisation

  • @imeldeniyibizi7012
    @imeldeniyibizi7012 3 ปีที่แล้ว

    Mbega umuntu yovugana gute numukuru wigihugu.

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 ปีที่แล้ว +1

    Abo bantu naho uvuga mbona badatwenga ndumiwe🤔bazokwiyangira mutama Imana ikurinde nimba uri mukuri utameze nk abandi

  • @Mkel890
    @Mkel890 3 ปีที่แล้ว

    simple solutions for though questions!! 🤔

  • @emmanuelbukuru984
    @emmanuelbukuru984 3 ปีที่แล้ว

    Igihugu cacu uzokigeza kure niwewe twari dukeneye

  • @hakizimanachariles8248
    @hakizimanachariles8248 3 ปีที่แล้ว

    MWavuga ntimwavura mutama,nukur ibyomuvuze nukur .

  • @yvanacolis9084
    @yvanacolis9084 3 ปีที่แล้ว

    Indagara

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 3 ปีที่แล้ว

    turikumwe aho kurima nukworora ariko baca bavyiba abanyagihugu

  • @thierrymugisha9548
    @thierrymugisha9548 3 ปีที่แล้ว

    Sebarundi avuze neza nkatwebwe dukenera imikeke itumye tukabura uko tuyironka

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 ปีที่แล้ว

    Aba comissioneri nanje nzik ari abajura

  • @miaoffici
    @miaoffici ปีที่แล้ว

    th-cam.com/video/9T5My8NfF6M/w-d-xo.html
    Ndakunda business

  • @bukurubenjamin6813
    @bukurubenjamin6813 3 ปีที่แล้ว +1

    Mtama turism yambere nimwubake impande yikiyaga tanganyika murabe ngo abanyamahanga baramanuka muhakore nka losangess carfonia intara zoze nibihugu muri weekend ntanuwuzoza abona aho ahonyora aho nihubutunzi bwambere bujyamye ikindi abategetsi mubahe ama visa basoke baje za dubai za usa ahantu hariterambere niho bazomenya uko akarere kubakwa ntiwa fata umutegetsi yavukiye kayogoro atarasohoka uburundi ngo hariterambere azozana nibacane kumazo uburundi bose bazosigara ari bafatira skayaga.

    • @simbavimberesalvator9442
      @simbavimberesalvator9442 3 ปีที่แล้ว +1

      Reka reka nudukobwa tuja gukora ikiyaya muri Oman baratwirukako!!

    • @Sirila18
      @Sirila18 3 ปีที่แล้ว +1

      Uvuze ukuri kuko n isuku ry igisagara ryarananiranye hatabuze ababijejwe. Ubwo n ukuri ntakuntu borondera abahinga bokorana nk iminsi 3 bakihweza uko isuku ry igisagara ca Bujumbura cokuburwa kabiri ku munsi n abakiri bato babishoboye bafise n ibikoresho vyabigenewe .?Hakuburwe mu bucagucagu no ku mugoroba kuko ubu badukuburirako saha 3 saha 4
      .MASHARIKI TV TEMBEREZA CAMERAS ZAWE UKEBURE ...Gutyo na commentaires zacu zigire akunguko. .