Umukuru w'igihugu yuguruye icese ishure ridasanzwe ry'ubuhinga rizokwakira urwaruka ngo rwige imyuga

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
  • #Burundi Mu gutanguza ihuriro rigira kabiri ry'urwaruka rwitunganiriza imigambi #YouthImpulse , Umukuru w'igihugu yuguruye icese ishure ridasanzwe ry'ubuhinga rizokwakira urwaruka ngo rwige imyuga itandukanye. Iryo shure riri muri komine Shombo intara ya #Karusi ryubatswe ku miriyaridi 12 rikazoshobora kwakira abanyeshure 1080 biga baba mu ndaro. None ni ibihe bisata bizokwigishwa muri iryo shure? Ivyigwa bizoba bitunganije gute?

ความคิดเห็น • 8

  • @iracymartins1432
    @iracymartins1432 ปีที่แล้ว +1

    Reba iyi vídewo,,,,,,,,,,, congregação cristã no Brasil,,,,,,,,,,,,, mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza 🙏.

  • @nduwayolobert2679
    @nduwayolobert2679 2 ปีที่แล้ว

    Terimbere Burundi

  • @therencendayiragije7622
    @therencendayiragije7622 2 ปีที่แล้ว

    Aho nihehe

  • @manirafashaodette9006
    @manirafashaodette9006 2 ปีที่แล้ว

    AMAYERI 10 Abakobwa bakoresha mu gukatira abasore 👇👇👇👇👇
    th-cam.com/video/JmCkI9rsuc8/w-d-xo.html

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 2 หลายเดือนก่อน +1

    Hakuna kulala. Vijana songabele❤

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 2 ปีที่แล้ว

    Iterembere iwacu rígido riraza nidukomeze gushigikira amahoro na Se Barundi wacu. Ndasavye muze kwabona kuriyi Lazz R Chanel ufa kwandoka ichiza abarundi nugufashanya murivyose niho nabanyamahanga bazotwubaha mwiterambere ryacu

  • @Alntho
    @Alntho 2 ปีที่แล้ว

    Ah bon