Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye kuraba ingene isoko ya Kamenge yahiye.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ต.ค. 2024
  • Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye kuraba ingene isoko ya Kamenge yahiye. Yishimikije ijambo ry'Imana yabasavye kutihebura kubera ivyago vyabashikiye. Yongera asaba abantu bose baba abagwizatungan ama banki, ama assurance, indongozi, n'abandi bose guterera bafashe abo bagize ivyago.

ความคิดเห็น • 24

  • @brandinakizito3541
    @brandinakizito3541 4 ปีที่แล้ว +3

    Basha nuko nyene atawukundwa na bose warumugabo pee
    Uragahora 👋👋uko muvyeyi wa barundi

  • @Amidangirente
    @Amidangirente 4 ปีที่แล้ว +1

    Murakoze mutama guhoza abanyagihugu kandi Imana igukomeze ikurinde abanzi bihugu. Terimbere.

  • @brandinakizito3541
    @brandinakizito3541 4 ปีที่แล้ว +2

    My president 🇧🇮🇧🇮👏👏👏

  • @mohdkwt5378
    @mohdkwt5378 4 ปีที่แล้ว +3

    Imana itabare igihugu cacu inkozi zibibi zizezimenye Yesu

  • @ntirampebaodila5237
    @ntirampebaodila5237 4 ปีที่แล้ว

    Umuvyeyi mwiz yigisha abana kwihangana Baca mubigoye cank mumahirwe urakoze cane muvyeyi mwiz kuturemesha🙏🙏🙌

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 4 ปีที่แล้ว +2

    Uburundi bwararose president. Mwiza azobazamula numugabo wubwenge nka salome

  • @jamesstarby3125
    @jamesstarby3125 4 ปีที่แล้ว +3

    Imana Ibane n'Uburundi nahubundi hoho Imikoshi namagogwa mbona vyama biturwako 😰😰😰😰

  • @claverndayishimiye2852
    @claverndayishimiye2852 4 ปีที่แล้ว +2

    Niyirambire ,Prezida wacu.
    Imana ifashe Abarundi bahuye n'ibi vyago.

  • @servantjosiahtv3129
    @servantjosiahtv3129 4 ปีที่แล้ว

    Poleni sana

  • @thewisetv3989
    @thewisetv3989 2 ปีที่แล้ว

    LE PRESIDENT QUI POURRAIT GOUVERNER TOUTE L'AFRQUE... NOUS LES BURUNDAIS SOMMES HEUREUX DE VOUS, NOTRE CADEAU DU CEL

  • @maryammarham2862
    @maryammarham2862 4 ปีที่แล้ว

    P

  • @ruberintwarithierry5698
    @ruberintwarithierry5698 4 ปีที่แล้ว

    tu fais un excellent travail cher président

  • @yes_yes1310
    @yes_yes1310 4 ปีที่แล้ว +1

    Hapa kazi tu na imani na wew najuwa wiki moja tutapata suluhu 👍 iliyo bora Kiongozi wangu

  • @m.richardbass5306
    @m.richardbass5306 4 ปีที่แล้ว

    Urumuntu wumgabo

  • @kumurunditv6994
    @kumurunditv6994 4 ปีที่แล้ว +1

    👊👊💪

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 ปีที่แล้ว +1

    ✊🏾🇧🇮

  • @fidelenzambimana6980
    @fidelenzambimana6980 4 ปีที่แล้ว

    Umwungere agire akamoto kintama ziwe.Akababarane nabo.RAMBA!

  • @nanyangeflavia6684
    @nanyangeflavia6684 4 ปีที่แล้ว

    U

  • @CetribeaBurundibwiza-tz5le
    @CetribeaBurundibwiza-tz5le 4 ปีที่แล้ว +5

    Ayo mabi yose akorwa nabanyarwanda bavukiye I Burundi abandi bahungira I Burundi ( abanyamurenge) nibo bakorana na Kagame muguturira amasoko namukwica abarundi

    • @fardosaibrahim4240
      @fardosaibrahim4240 4 ปีที่แล้ว

      abonabadedebayituriye

    • @jayzablon7281
      @jayzablon7281 4 ปีที่แล้ว

      We ntabwenke ugira nanicogituma igihugu cacu cananiranye gutera imbere kubera ivyamoko nivyotwashize imbere cane kirakintu kibaye Kagame canke Rwanda ivi turokura mumitwe ryari

    • @munyanezaalbert7751
      @munyanezaalbert7751 4 ปีที่แล้ว

      Imana ikubabarire, mureke twinge ubumwe kuko abarundi banyarwanda njye mbona turi bamwe dufite inkomoko imwe, busige ibidutera maze twunge ubumwe niterambere

    • @ndayikundaolivier2745
      @ndayikundaolivier2745 4 ปีที่แล้ว

      Gutekereza mbere yokuvuga nibyiza, bacumugani ngo ntagahora gahanze ,ibihe biha ibindi ntawaruziko umuhutu yarongora igihugu , vuga uziga buca bucana ayandi kandi byose birashoboka