Ku nama: Umubano ubereye hagati y’imigambwe muri iki gihe himirije amatora muri 2025

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024
  • Iyo himirije amatora usanga akenshi umubano utosekara hagati y’abanywanyi b’imigambwe hakaba ivyononekara ku mpande zose z’ababa bari mu matati. Hano mu kiyago cacu turibaza duti mbe ukutihanganirana hagati y’abanyamigambwe cane cane mu gihe haba himirije amatora vyo biva kuki? Kwoba gufise ingaruka izihe ku banyamigambwe eka no gihugu muri rusangi? Uno musi hokorwa iki kugira habe ugukinga ntihaze haduke umvururu mu matora twimirije ? Uruhara rw’abanyabamigambwe nuruhe kugira ukwo kutihanganirana ntigusubire kwibonekeza ?

ความคิดเห็น • 3

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 24 วันที่ผ่านมา +1

    Nta demokracie ihari mu Burundi, hari intwaro y'umukazo, icinyiza abanyagihugu. Uwo aserukira RPB,avuga ko atangorane bafise, none RPB ifise abayiserukira mu ntwaro bangahe, nta na nyumba kumibafise. Ahubwo RPB, si n'umugambwe,ni nk'ishirahamwe riri mu mpapuro, ahubwo bopfuma babivamwo kuko ntaco bafasha abarundi, ngira nabanyanywi bawo ntaco bobafasha naho borenganywa. Leonce wewe arakominduru, kuko ntarya umunwa. Igihugu carapfuye ahubwo, kugoyagoya n'imvugo mbabariramatwi. 😊😊😊😊

  • @DainessNtiranyibagira
    @DainessNtiranyibagira 23 วันที่ผ่านมา

    Ufatiye kuki kuvuga ko ata politique ashoboye

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 24 วันที่ผ่านมา

    Uwo mu dame, ntavyaporitike ashoboye, ahubwo arubuhuka kuja imbere ya plateau, akavuga ukwo avuga. None nkuwo ninde yomutora canke ngo atore abo ba RPB, ahubwo ngira ntanabanywanyi bafise. 🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭