turagushimiye cane Pamela kwico kiganiro, en tout kiri pertinent, kndi kije hageze. Iyo nsiguro ya kakunze nayo ni ngirakamaro, turamushimiye, namuheruka ari umwana
Richard Urakoze cane. Twogusaba ko woca uterefona num zabo ziri afficher mu kiganiro. Kuko bari ready guha umuco umuntu wese awukeneye. Ntimwitinye rero.

Si wumvise intro neza biri bien expliqué. Ushobora gusanga ww bitakuraba ariko ugasanga urafise incuti iba muri USA icukora mu partager Iyi infos. Niyo ntego yiki kiganiro. Merci
Nagukunze mumenyeshamakuru❤🎉 uzi kubaza neza
I love u guys very intelligent❤🎉
turagushimiye cane Pamela kwico kiganiro, en tout kiri pertinent, kndi kije hageze. Iyo nsiguro ya kakunze nayo ni ngirakamaro, turamushimiye, namuheruka ari umwana
Mwakoze nazibonye chr wanj
Merciiii bcp kukiganiro kiryosheee 🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
Merci bcp Kukiganiro ciza nabatumire watuzanire
❤❤❤❤❤❤Mbega ikiganiro kiryoshe weeee🎉🎉Merci beaucoup
Numeros zabo ndazibonye. Merci beaucoup
Ndafise akabazo
Salut Béni. Muraho? Mufise ico mubaza twatanze numéro y’abatumire à la fin y’ikiganiro kugira bashobore kubaha umuco wico mushaka kuko nibo babifitiye impamyabushobozi. Twebwe ntaco twogufasha. Merci kudutahura 🙏
Ikiganiro ciza can vrt kand cigisha umwanya ariko ubay muto
Ikiganiro cyiza pe. Mwatubariza abo batumirwa which life insurance yakwemerera kufata amahera bibaye ngombwa. Ikindi mwashobora kuduha numeros zabo.
Twandikire kurizo numero zacu turakubwira uko bimeze
Ma chr pame dufashee muduhe number zabo
Compound interest??? Ntimwatubwiye k iri stable ou has some risks? Ndakunze izo nyigushoooo. Reka umuntu yienformer about compound interest .
Richard Urakoze cane. Twogusaba ko woca uterefona num zabo ziri afficher mu kiganiro. Kuko bari ready guha umuco umuntu wese awukeneye. Ntimwitinye rero.
Richard Urakoze cane. Twogusaba ko woca uterefona num zabo ziri afficher mu kiganiro. Kuko bari ready guha umuco umuntu wese awukeneye. Ntimwitinye rero.
401 bivana niyo wahisemwo.iyo udahisemwo. Business amahera yawe ntahoma.
Murakoze cane kandi turabishimiye . Murashobora kwi abonna no kuri chaîne yacu ya Watsapp kugira tuzohore tubaha amakuru aryoshe:
whatsapp.com/channel/0029Van6sB43LdQSAJBhAO1g
None nabari mu burundi twige kuziganya muri USA