Yooo Pamela Nanje ndagukeje caane sur la qualité du choix des invités et des thèmes uturonderera, si je mbona vendredi irageze kugira nige ikintu gishasha et facile à pratiquer. Ma suggestion : si jamais c'est possible avec l'accord de vos invités, muzoze muribuka kwandika contacts za vos invités pour des orientations éventuelles... Mme Louise et votre époux Imana ibahezagire gose pour votre partage mwakoze kuri sujet très sensible mu bwenge no mu bwitonzi vyinshi. Pamela et vos Invités yambiii caane Uhoraho akomeze kubagirira neza❤
Merci pour votre encouragement nimwe mutuma mutuma tugira inguvu zo ku bandanya. Ariko dusabe cane pardon kuri ca numéro,hariho Aba guest badashima ko dushirako ama numéro yabo, bagasaba k uwubakeneye aca kuri num ya PAM CHANNEL Izwi ariyo 76 284000 hama tugashobora kuzitanga. Turacubahiriza cane. Kuko baba birinda ko hariho abaca bikika mu kiza. Ariko n’hésitez pas de nous appeler kuriyo num kugira tubahe leur num nimwazikenera. Merci pour tout 🙏
Ubu ndi mu Rwanda data nu mu rundi maman nu munyarwanda twatashye mu Rwanda mu 1995 maman na Papa bapfa mu 1998 ariko nabuze nu muntu numwe uko moka Kuri data,Munyamakuru wa mfasha byibura nka menya nu muntu 1 waba ukomoka kuri data ko hashize imyaka 29 ntazi umuntu wo mumuryango wa data
Waouh!!! Imana iguhezagire cane Pamela Blessing!!! Uriko uradufasha twebwe tutarubaka izacu, uturinze kuja gukomereka nk'abandi. Vyoshoboka ko twonyerera, ariko ubumenyi turonse hano buzodufasha kutagwa ngo dushike hasi. Umwaka watanguye ntashaka no kwumva ivya mariage, ariko inyuma yo kwumviriza ikiganiro ca mbere bakoze hano, naciye ndabihindura, ndasaba Imana imbabazi kuri aho hose nafatiye kuri bibi nabonye, kandi nkumva mu kibano. Imana ishimwe cane ko ingo nziza zibaho, kadni ziryoshe cane. Biraryoshe kubona les deux personnes bari mature enough kugira bafashanye. Merci encore Pamela et le couple Asthère et Louise! Imana ihezagire cane kandi imiryango yanyu n'ingo zanyu!! Ndabakunda
Imana ibahezagire.Ivyo bintu biradufasha cane.Jew nibambwire iyo assurance baguriramwo pansion complémentaire
Abacu dukunda,Uhoraho abahaze ivyiza.Mukomeze kumurikira amahanga.Ndabashimir'Imana muri vyinshi kuko pratiques nizo zivugira
Muratwubatse n’ukuri ,Imana ikomeze kubagura muri vyose ❤Pamela merci kubiganiro vyubaka❤❤❤
Nibugurure cabinet vraiment ! Botabara ingo nyishiiii🎉🎉
Imana ibahezagire caaane ❤
You are blessed .
Iman ibahezagire cane muratwubatse nukuri
Merci ndafashijwe cane❤ muhezagirwe🙌
Merci madame Louise,ndagukunda caaaane
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Trés intérressant quand même muhezagirwe Cne....
Imana yo mwijuru ibaduhezagirire gusumba
Yooo Pamela
Nanje ndagukeje caane sur la qualité du choix des invités et des thèmes uturonderera, si je mbona vendredi irageze kugira nige ikintu gishasha et facile à pratiquer.
Ma suggestion : si jamais c'est possible avec l'accord de vos invités, muzoze muribuka kwandika contacts za vos invités pour des orientations éventuelles...
Mme Louise et votre époux Imana ibahezagire gose pour votre partage mwakoze kuri sujet très sensible mu bwenge no mu bwitonzi vyinshi.
Pamela et vos Invités yambiii caane Uhoraho akomeze kubagirira neza❤
Merci pour votre encouragement nimwe mutuma mutuma tugira inguvu zo ku bandanya. Ariko dusabe cane pardon kuri ca numéro,hariho Aba guest badashima ko dushirako ama numéro yabo, bagasaba k uwubakeneye aca kuri num ya PAM CHANNEL Izwi ariyo 76 284000 hama tugashobora kuzitanga. Turacubahiriza cane. Kuko baba birinda ko hariho abaca bikika mu kiza. Ariko n’hésitez pas de nous appeler kuriyo num kugira tubahe leur num nimwazikenera. Merci pour tout 🙏
Ikiganiro ciza cane nibibazo vyiza.
Merci Astere & Louise kuza muragamburukira Pamela yabatumiye mu biganiro bitomoye nkibi😂😂😂😂
Murakaramba bakunzi.
Ndi umwe muri benshi bashingira intahe umubano wanyu mwiza
@@florisdusabe84 Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Batumire beza, Pamela murakoze caaane, ndafashijwe ku rugero ntashobora kuvuga, merci
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Ndabakunzeee😂😂😂
Merci.ibi biganiro ningombwa biratwubatse.
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Mme Louise n'umudame w'ubwenge araryoshe kwumviriza.
Great
Pamela turagukunda uzaduhe nime zawe tugushingire intahe yivyo utwigisha intahe zawe zahindute vyinshi dukeneye nime zawe 🙏🙏🙏🙏
Yesu ibahezagire gose
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Pamella nkur wubahw urintwari vrt astèr Louise ndabakund nabigiyek vyinsh gusa ndih abashitse kure 🎉🎉🎉❤❤❤
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Murakoze cane
❤
Waouaah. Nukuri murakoze can muduhaye impanuro zitesa murabantu beza can Umukama abahezagire
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
❤❤
Merci Pamela. Abo bantu barakunditse ni n'abigisha beza.
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
l'émission est vraiment intéressante❤❤❤❤uzobahamagare la prochaine fois batuyagire kuri éducation des enfants
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Imana ibandanye kubatwengera imyaka yose
Urakoze cane mukundwa. Turakunezerew cane ♥️. Tugusabe nawe Udufashe à votre tour mugisangize benshi bashoboka kugira nabo bashobore gufashwa. Urakoze🙏
Inyigisho ngirakamaro kungo nyishi n'ukuri.Imana ibahezagire cane
😊
Mwarahezagiwe bagenzi
Hariho abantu bagoye kuja inama.
Inama ikunda kubafise Ubuntu.
Pamchanneltv tuguma twiga merciii
Pamela we, ndagukumbiriye. Uratanga ibiganiro vyubaka imitima ya benshi.
nukuri muratwubaka cane munyigisho zanyu....coupl Astere et louise Uhoraho abhzagre can
Émission irimwo ubwenge ,murakoze
Muri beza nukuri ndafashijwe.
None wamuvyeyi yatubwira kubijanye na temperement oya nukuri mwadutebeje
Nukuri nkajewe ndize cane comment géré mu rugo nogutegura kazoza ataco wishe.
Muzogaruke mutwigishe EDUCATIONS DES ENFANTS muzoba mukoze cane.
Ndamukiriza astere et sa femme
Yambu cane
Ubu ndi mu Rwanda data nu mu rundi maman nu munyarwanda twatashye mu Rwanda mu 1995 maman na Papa bapfa mu 1998 ariko nabuze nu muntu numwe uko moka Kuri data,Munyamakuru wa mfasha byibura nka menya nu muntu 1 waba ukomoka kuri data ko hashize imyaka 29 ntazi umuntu wo mumuryango wa data
Oooooooooh birababaje nukuri ariko nawe nibazako wasamaye cane iyomyaka yose?????oya raba ubijemwo bizokubda nukuri yoooooooo pol nukuri
Iyo couple irampezagira cane ,muzokwame mubatumira kuko nabagaciro cane
Ako kantu ba wewe nakambere
Great
❤
l'émission est vraiment intéressante❤❤❤❤uzobahamagare la prochaine fois batuyagire kuri éducation des enfants
nukuri muratwubaka cane munyigisho zanyu....coupl Astere et louise Uhoraho abhzagre can
Murakoze caane. Ibintu mutubwiye biranyubatse.Imana ibahezagire muri ivyitegererezo vyiza.