Success Niyo Ituma bikunda hamw na GrÃĒce caan Yayo sino hard worker baruzuy caann arik ntibikund ,so Ubuntu ,abkoz bkora can barih bnshi mw ville arik success c otr
Yeah faut k mutubwirira bashik back bahagarik ibint vy kwiyumvira k bazoronka ibint Aruk basavy abantu kuko moi je trouve que vous aussi vous Êtes capable de de grandes choses dans la vie
None mwama musa neza imisi yose??? ð C est incroyaaaable le level iciiiâĪïļâĪïļâĪïļâĪïļâĪïļððĨ
ððaho hariho ugusa kweli?ð
Ufitumugabo
Hosy na Gretta muri akarorero keza mufise umutima udafise benshi , kumenya kubaho ukoresheje amaboko yawe utiteze abaguha vyose! Wow ð
Your are both create ððððan
How, can't believe she is 28!! She looks very young than her age let alone that she has 2 kids already. Very beautiful young womanâĪâĪâĪ
Hoys and gretha âĪâĪcourage nabandi bakobwa muz dukore ntakintu kiryoshe kub ufise amahera yawe kuk ntabwo bagukoresha uk bishakiye
ððððððNgo ubonye uriye biba bikwiye kabisaa ntubeshe ntabindi twiyumvira abana bo mwi citÃĐ ððððð
Waooooo hosy courage pe abakobwa twigekwibako nutakora nabagufasha barakurambirwa. Merci bcp kur partage
Hosy Imana ikomeze iguhezagire
Ndagusabiye umugisha
Hosy mrc bcp kumpanuro
ðĒhosy nkr tu es la source d'inspiration kub jeune vt uzoz uragir ikiganir ndasavy nkib kuk birafash benshâĪ ndakwikundir nkrðĒð
Bite Hosy
Jewe ndakunda ibiganiro vyanyu
Vyose ð
Sasa nashaka bishobotse wompa nmr yawe
Ndakeneye ko tuvugana. Merci
Mireille Mignonne
Hosy na Gretta muri ntangarugero nkunda inama mutugira merci kubwitange bwanyu
Big up HosyâĪð
This lady shaaâĪ
Iy mipira y visit Burundi nangahe??
Mpore mporeâĪ
Noe Hosy ufis abana bangah??nzi pechy gusaaaa.
Muzogac akntu uherejeko Madam Siren CEO kuv kuri 57 min jusk 60 mukaduh ag small video , Uvuz nez caaannee e B Blssd again
Hosy ukora akazi keza cane, urafasha abandi kubako. Mugabo n,ukuraba ingene wambara uje kuri camera, dutere imbere ingene twiyumvira, amahera n, ingene twambara. Uratsitaza benshi malgrÃĐ que ufasha abandi kandi uri role model. Courage
Kandi arivyo bicuruza??uwu ari mukazi azi ico akora weho ndabonta ntaco uramenya
Woow mwarahezagiwe âĪâĪ
Ndabakunda sana disi ðððð
Hosy biranse kondavyigumizamwo! Urakunda couleur ya jauneð
Uvuze ukuri siter kabix
Hosy hejurucyaneeeee âĪâĪâĪâĪ
Ndabakunda ndakunda ama ÃĐmissions yanyuâĪ
Muri aba role model banjy vrm
Ikikiganiro kibaye gito ndumva harivyinshi vyari bihari vyokuvuga kuriyi sujet kbx muze mugaruke Rosie ati mumyaka 50ans munyitege icontambaye muri 30ans nzocambara muri 50ans umva nabaho niryoryambere numvise umuntu avuga irijambo kbx kuko ababtu benshi ubabonye muri 30ans hanyuma mugahura muri 50ans uribaza ati habayiki???merc beaucoup Rosie e ft Gretha
âĪâĪâĪ
Hosiane,uri umu sanguin canke ufise groupe B?
âĪâĪâĪâĪâĪððð
Abana bo mwi cite mwubahwe
Ndabakunda bakobwa bacu bezaâĪâĪ
âĪ
Hosi good memory
Umuntu ava kure knd gato karakura
Bn muzotegure ikindi kiganiro citwa Boyfriend kiri like this gusa mutumire sexe masculin ðð
Hosy wavyibushe caaane uraberewe
Rosie unyuguruye amaso kukantu uvuze ati harabaryoherwa muri 20ans 30ans wagera muri 50ans ugatangura gusaba akokantu karanyuguruye kbx ndi muri Saoudia ndumvako umbwiriyemwo kbx nukuraba ikintu nkora kuburyo mumyaka 50ans ntazoba nicuza oportunite noba nararonse muriyimyaka 30ans yanje kbx harabantu benshi babsyeho mubuzima bubi kubera mumyaka yabo yokurondera bifashe nabi bibagirako hariho imyaka bazoba bakeneye kwishuza ivyo babitse ðĒ ivyo ndabivuga mbikuye kumuryango wanje bavukiyemwo aho umuntu ashobora gupfa akabura nisandugu imuhamba kandi yarahoze afise amatongo nibindi N.B haraho bishika kubera uburwayi kumbure warabimaze wivuza bibaho ariko nimba hatabaye uburwayi ntakindi kintu cotuma mumyaka 50 ubaho usaba uba warasamayeho gato vraimment
Ubu Rosie namumenyereye ndumva ivyo avuga kare nkimukurikira kubera ukuntu avuga amira idome ikiganiro cahera ntumvise ivyo yashatse kuvugaððð ubu ndavyumva avuga nka GITI womu Rwanda
ðððð
Hosy uvuze neza
Success Niyo Ituma bikunda hamw na GrÃĒce caan Yayo sino hard worker baruzuy caann arik ntibikund ,so Ubuntu ,abkoz bkora can barih bnshi mw ville arik success c otr
Ndifuza nber zanyu igihe mwobona bishoboka canke mu mbwire izindi plateformes zindi mukoresha!
Muzobanze mukore uburonzi ku ma temperaments.
Hosiane urazi ubwenge
Uko woryamana n'umusore mungana niko wabishatse waryamana n'umutama. Vyose ni uwushaka kwambara ubusa
Nukuri ico uvuze nico .vyose vyitw ubusambanyi
Kuki wise umwana wawe pÃĐchÃĐ kweri Hosy
Peshyyyyy pas pÃĐchÃĐ
Ubona uko wavyanditse ariko avyandika Peshy na pÃĐchÃĐ
Ndabashigikiy kuvyomuvuz vyose nibizima umugore akora cankumukobwakora atarabiyivyobomuha abondabashigikiy ozi ndashatuzedukoranikiganiro
Hosy naw azotumire gretta nawe amubaze
Nivyiza ko muhanura abakobwa. Muzogire ico guhanura abagabo n,abo batagira b,abatandero. Mugire de deux cotÃĐs kuko abakobwa ntibavyikorana.
Inguvu zo kuryamana na muzehe ziva harya hava izo kuryamana nuwundi wese atari umugabo wawe . Vyose nivyamwa vya satani
Waaaaooo ikiganir cigish cn
Yeah faut k mutubwirira bashik back bahagarik ibint vy kwiyumvira k bazoronka ibint Aruk basavy abantu kuko moi je trouve que vous aussi vous Êtes capable de de grandes choses dans la vie
Ozi ntabuzima bubi wakuriyemwo nkanj cha wew.warafungura kandi vyaragukundiy kowiga ukayamara twenatwe twarabuzamahigwe yokwiga kubwokubera twashobora kurarinzara bugaca tukajakwichur ninzaramunda ninzara arikovyaratunaniy kwihangana jewe naciy njakurondera maherankare kugiraturab kotwifungura ntuzosubir kwishurahas harabagusunvya
YooooðĒðĒðĒðĒðĒ mpole bambeâĪâĪâĪâĪ
Imana ishimwe ko nubwo vyari bigoye wakuze kandi wamenye kuronderaðĨđðŦ
Hosy uzuricara neza
shaaaaa
Umuntu niw aba shetani apana politike
Noe Hosy ufis abana bangah??nzi pechy gusaaaa.
âĪâĪâĪ