Fun&facts:Sinarinzi ko nshobora kutavyara/ukuntu yateye biratangaje/ndi umu candidate improbable pee

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 เม.ย. 2024

ความคิดเห็น • 43

  • @pastorGaella
    @pastorGaella 2 หลายเดือนก่อน +30

    Merci encore une fois pour l'invitation l'équipe Fun and Fact

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  2 หลายเดือนก่อน +1

      ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @MireneIrakoze-sm7vl
    @MireneIrakoze-sm7vl 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ikiganiro cu Bwenge kiryoshe cigisha,Hama muraberewe,Bagigi uraberewe cane usaneza cane Na Hosy Urigi chr wavyibushe sana birakuberey knd uraberewe,Dada uraberewe mumaso kbs Uri hi chr,na Madame Gaelle aratesa umu Pasteur yitondo cane biragukwiriye kbs urabigendera,ahari abo Bantu ba 3 ntarungu bzuu

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 2 หลายเดือนก่อน +7

    Yooooo Ndaryohewe ningene mbonye Nikita Nukur Imana ishimwe hanyuma ikuzigame too nzoguma ndagushira mumasengesho mwiza Imana imbere❤❤❤Courage les dames vrm muzana ama sujet atesa sana❤❤❤

  • @Jedidiahndwy
    @Jedidiahndwy 2 หลายเดือนก่อน

    Ladies u sooo special i swear and your work is priceless for real.
    much love❤❤

  • @Brina-777
    @Brina-777 2 หลายเดือนก่อน +2

    lipstick ya bagigi, niya bien sanaaaa 🔥🔥🔥🔥

  • @cosettembonicura375
    @cosettembonicura375 2 หลายเดือนก่อน +1

    Courage Pastor Gaella

  • @namulivictoria9164
    @namulivictoria9164 2 หลายเดือนก่อน +2

    Mbaye number one❤❤

  • @ginezruzunga915
    @ginezruzunga915 2 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe🙏🙌merci pour l'émission

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana 2 หลายเดือนก่อน +3

    Hosy uzatumire Nyakubahwa Gaston Sindimo plz uzomubaze kubuzima bwiwe ningene Vyashitse bagatandukana numugore kndi wew ndizeyeko uzomutuzanira mbaye nshima

    • @sirenvibestv
      @sirenvibestv  2 หลายเดือนก่อน

      Baramutumiye kuri Magic uze kukiraba

  • @jeaninehan
    @jeaninehan 2 หลายเดือนก่อน +1

    Témoignage iryoshe cane ❤

  • @winnynduwimana4751
    @winnynduwimana4751 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ego nukumutumira ndabakunda cane❤❤❤❤

  • @musangImfura
    @musangImfura 2 หลายเดือนก่อน

    Bagigi nkud,ukuntu ameze, avuga nk,umupfasoni cane❤

  • @user-tm3qt6lb4z
    @user-tm3qt6lb4z 2 หลายเดือนก่อน

    Mrciiii bcp nafashijwe na témoignage ya Gaga

  • @channyndayongeje8060
    @channyndayongeje8060 2 หลายเดือนก่อน

    Gaelle yamy arumwana mwiza caaane depuis la 7 eme annee yaradutiza telephone sha kand twaramusumba gooose .Mais yari agréable cane au Lycee Jenda .Gaga utere uja imbere sha

  • @Mpayinkandayisnga
    @Mpayinkandayisnga 2 หลายเดือนก่อน

    Uyo mu pastor ndamukunze cane❤👌

  • @niyubuntualine233
    @niyubuntualine233 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndamukunda Gailla

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 2 หลายเดือนก่อน

    flicitations sha niikita☺️☺️

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 2 หลายเดือนก่อน +1

    GAGA asa na ba gigi nagira baravukana za muramutumira aduhe ijambo ry,IMANA mbona adafise imyunvire nkiyabandi nanje ndatangaye

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 2 หลายเดือนก่อน

    Courage

  • @lisalionellakineza8394
    @lisalionellakineza8394 หลายเดือนก่อน

    Merci pour l’émission 💯

  • @musangImfura
    @musangImfura 2 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe murakoze cane!

  • @madinanoor2505
    @madinanoor2505 หลายเดือนก่อน

    Nikita na Hosy and Dacia ndabakunda cne ❤❤❤ from Birmingham inUk

  • @charleneirakoze9617
    @charleneirakoze9617 2 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿

  • @akimanarachelalice3009
    @akimanarachelalice3009 2 หลายเดือนก่อน

    ❤️🙏

  • @graceiradukunda4620
    @graceiradukunda4620 2 หลายเดือนก่อน

    Hosy ndagukunda cane ,ndipfuza kumbera umugenzi ndipfuza kukubona live

    • @LorraineAyinkamiye
      @LorraineAyinkamiye 2 หลายเดือนก่อน

      𝑁𝑎𝑛𝑗 𝑣𝑟𝑡 𝑛𝑑𝑎𝑚𝑢𝑘𝑢𝑛𝑑𝑎❤❤❤

  • @gracentirampeba604
    @gracentirampeba604 2 หลายเดือนก่อน +1

    Vyiza badame beza.
    Mais iyo camera yawe Hosy isigaye idatanga amasanamu meza.
    Uraraba sha

  • @user-xd6hc9yv7m
    @user-xd6hc9yv7m 2 หลายเดือนก่อน

  • @benignemanirakiza5440
    @benignemanirakiza5440 2 หลายเดือนก่อน

    Yayaya ndaryohewe Niki kiganiro.Ndabaye inspired cane kuko Iyo niyo ndoto yanje ariko ntarashira mungiro Ndipfuza numéro ya Madame Pasteur Gaga muzoba mukoze

  • @user-tn7yu4if5k
    @user-tn7yu4if5k 2 หลายเดือนก่อน

    Bakobwa beza mukomeze muri intoree. Abavyeyi banyu turabashigikiyeeee

  • @vanessagateka-nb7dm
    @vanessagateka-nb7dm 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nivyo Gaga arasa na Nikita

  • @cappucinella9120
    @cappucinella9120 2 หลายเดือนก่อน +1

    Hosy uratesaaaa

  • @user-xc4rs3io8q
    @user-xc4rs3io8q 2 หลายเดือนก่อน +2

    Thank youuuu Gaëlle Gahama ❤

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 2 หลายเดือนก่อน

    Haturangire sha mfise abana bafise naturelle

  • @belysekanyamuneza768
    @belysekanyamuneza768 2 หลายเดือนก่อน

    Salon yiwe muyiturangire svp

    • @ladyA323
      @ladyA323 2 หลายเดือนก่อน

      Boulevard de l'uprona, impande ya cosmetica, canke imbere ya Havanna ya kera. Hari corridor iri entre Salama pharmacie na cosmetica winjirana iyo nyene au fond ni Gaga Hair and make up

  • @alicendayishimiye5369
    @alicendayishimiye5369 2 หลายเดือนก่อน

    Stage muri Gaga hair bisaba iki??

    • @Ida35715
      @Ida35715 2 หลายเดือนก่อน

      Mwandikire instagram

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 2 หลายเดือนก่อน +1

    Gaëlla

  • @melissaizere8733
    @melissaizere8733 2 หลายเดือนก่อน

    ❤️🙏