Ni Ubusa Gusa - Chorale Sayuni

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • Follow Chorale Sayuni at:
    Facebook : / sayuni.chorale
    Instagram : / sayuni_chorale
    TikTok : / chorale.sayuni
    Contact :
    E-mail : choralesayuni626@gmail.com
    Ni Ubusa Gusa - Lyrics
    ------------------------
    1. Mpora nibaza,
    Ku buzima,
    Tubayeho,
    Mur'iy'isi,
    N'igihe gito,
    Nkic'amashurwe, Yuma ku misozi yakiwe n'izuba.
    Tukabaho,
    Tuguwe neza,
    Ahandi naho,
    Tunanijwe,
    Hanyuma y'ivyo, tukarangiza
    Kubaho kwacu guto kwo mur'iy'isi
    Mpora nibaza,
    Mpora nibaza...
    Ku buzima,
    Ku buzima
    Tubayeho,
    Tubayeho
    Mur'iy'isi,
    Mur'iy'isi
    N'igihe gito,
    Oooooh
    Nkic'amashurwe,
    Oooooh
    "Yuma ku misozi yakiwe n'izuba."
    Tukabaho,
    Tukabaho
    Tuguwe neza,
    Tuguwe neza
    Ahandi naho
    Ahandi naho
    Tunanijwe
    Tunanijwe
    Hanyuma y'ivyo,
    Oooooh
    Tukarangiza
    Oooooh
    "Kubaho kwacu guto kwo mur'iy'isi"
    Chorus:
    N'umuruho musi y'izuba
    Twihe Yesu aturuhure
    N'ubusa gusa kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa
    Chorus:
    N'umuruho musi y'izuba
    Twihe Yesu aturuhure
    N'ubusa gusa kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa
    Kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa 3×
    Aaaah aaaaah
    Bridge:
    Tukabaho tuguwe neza
    Ahandi naho tunanijwe
    Hanyuma y'ivyo
    Tukarangiza
    Kubaho kwacu guto kwo mur'iy'isi 2×
    Chorus:
    N'umuruho musi y'izuba
    Twihe Yesu aturuhure
    Ni ubusa gusa kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa 2×
    Kutagir'umwami vyose n'ubusa gusaa 3×
    In English - Lyrics
    ----------------
    1. I often wonder,
    About life,
    As we live,
    In this world,
    It is just a short time,
    Like flowers fade away when the sun rises over the hills.
    We live,
    Sometimes comfortably,
    Other times,
    We struggle,
    After all that, we finish
    Our brief existence in this world.
    I often wonder,
    I often wonder
    About life,
    About life
    As we live,
    As we live
    In this world,
    In this world
    It is just a short time,
    Oooooh
    Like flowers,
    Oooooh
    "fade away when the sun rises over the hills."
    We live,
    We live
    Sometimes comfortably,
    Sometimes comfortably
    Other times,
    Other times
    We struggle,
    We struggle
    After all that,
    Oooooh
    We finish
    Oooooh
    "Our brief existence in this world."
    Chorus :
    Life is a struggle under the sun,
    Let's give ourselves to Jesus for rest,
    It is all meaningless without the Lord; everything is meaningless.
    Chorus :
    Life is a struggle under the sun,
    Let's give ourselves to Jesus for rest,
    It is all meaningless without the Lord; everything is meaningless. 3×
    Aaaah aaaaah
    Bridge :
    We live sometimes comfortably, other times we struggle, and after all that, we finish our brief existence in this world. 2×
    Chorus :
    Life is a struggle under the sun,
    Let's give ourselves to Jesus for rest,
    It is all meaningless without the Lord; everything is meaningless.
    Song : Ni Ubusa Gusa
    Singer : chorale Sayuni
    Video : Josheel
    Audio : Marc Kibamba

ความคิดเห็น • 34

  • @niyonizeyecaritas4842
    @niyonizeyecaritas4842 22 วันที่ผ่านมา +1

    Amen 🙏🙏🙏🖐️🤚🖐️🤚🖐️🤚

  • @NIYONKURULyse
    @NIYONKURULyse 22 วันที่ผ่านมา +1

    Amen

  • @fabricendabarushimana1571
    @fabricendabarushimana1571 23 วันที่ผ่านมา +1

    Hallelujah🎉🙌🏻

  • @BijouxNahimana
    @BijouxNahimana 22 วันที่ผ่านมา +1

    YESU gusa niwe mpamvu yacu yokubaho,y,re blessed

  • @MBONIMPAArnaud
    @MBONIMPAArnaud 24 วันที่ผ่านมา +1

    Nigutumbera Yesu wenyen
    Good song🎉

  • @jeremiensengiyumva3004
    @jeremiensengiyumva3004 21 วันที่ผ่านมา +1

    Igikorwa canyu gikoze neza.Imana ibakomeze❤

  • @fabricendabarushimana1571
    @fabricendabarushimana1571 22 วันที่ผ่านมา +1

    Harico Imana Igiye Kubakorera, Mushishikare Mukora Igikorwa Ciwe Neza🎉

  • @LilianeIrakozz
    @LilianeIrakozz 20 วันที่ผ่านมา

    Imana ibahezagire ku ndirimbo zanyu ziraduhezagira cane
    Kabisa kutagira Umwami Yesu vyose n'ubusa gusa

  • @user-fe5xy1pe6f
    @user-fe5xy1pe6f 22 วันที่ผ่านมา +1

    Vyose n ubusa😢bitagira CHRISTO🎉

  • @jesusdelapaixbikorimana6245
    @jesusdelapaixbikorimana6245 21 วันที่ผ่านมา

    Kristo niwe vyose
    Ibindi vyose n'ubusa gusa

  • @user-li2oy2oh2p
    @user-li2oy2oh2p 22 วันที่ผ่านมา +1

    Kutagira Yesu nubusa gusa🙅

  • @BorisBayubaheAnicet
    @BorisBayubaheAnicet 12 วันที่ผ่านมา

    Yesu ni we vyose

  • @womantv257
    @womantv257 13 วันที่ผ่านมา +1

    Congratulations from Woman TV and be blessed Zion choir

  • @elysemanirakiza9923
    @elysemanirakiza9923 3 วันที่ผ่านมา

    Yesu Aturenger

  • @nahimanabelyse4490
    @nahimanabelyse4490 3 วันที่ผ่านมา

    Ubutumwa bufasha cane ,
    Murakoze cane ❤❤❤

  • @elysemanirakiza9923
    @elysemanirakiza9923 21 วันที่ผ่านมา

    Hereruya Yesu niwe buzima

  • @jad-boychampion
    @jad-boychampion 21 วันที่ผ่านมา

    Imana yagure ikiri muri mwebwe

  • @ManiransubijeMireille
    @ManiransubijeMireille 21 วันที่ผ่านมา

    Amen❤❤

  • @beniflorisiteriteka5227
    @beniflorisiteriteka5227 22 วันที่ผ่านมา

    Iyi rero niyambere kbx nn muzogeza ryari kukkora k'umutima gusa harico ngiye gukora kubwany ❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
    Nice song you are blessed Zion choir❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @NdikuriyoVanessa
    @NdikuriyoVanessa 21 วันที่ผ่านมา

    Kutagira yesu nubusa kbsa

  • @divineninziza8264
    @divineninziza8264 21 วันที่ผ่านมา

    🎉Amen Amen

  • @RichardHaringanji
    @RichardHaringanji 22 วันที่ผ่านมา

    Haleluya

  • @alichouofficial4444
    @alichouofficial4444 23 วันที่ผ่านมา +1

    ❤❤❤

  • @DusabeHerve
    @DusabeHerve 22 วันที่ผ่านมา +1

    🙌🙌🙌🙌🎉🎉🎉🎉🎉

  • @RemyNiyoyitungira-m1h
    @RemyNiyoyitungira-m1h 20 วันที่ผ่านมา

    Iman ibandany ibazamura ❤❤

  • @mrjohnburundi5551
    @mrjohnburundi5551 21 วันที่ผ่านมา

    😢😮😮😢😊ndayigize iyanje irambezagiye😊

  • @thierrymugisha4394
    @thierrymugisha4394 9 วันที่ผ่านมา

    Iman ikomez ibahezagira,vy ukuri indirimbo zanyu ziratwigish cn

  • @EvelyneNkurikiyimana
    @EvelyneNkurikiyimana 2 วันที่ผ่านมา

    Courage

  • @elianeakisanishimwe9845
    @elianeakisanishimwe9845 20 วันที่ผ่านมา

    🙌🙌

  • @KettyGrenda
    @KettyGrenda 5 วันที่ผ่านมา

    😭😭❤️🙏🏻

  • @nahimanabelyse4490
    @nahimanabelyse4490 3 วันที่ผ่านมา

    Muririmba neza

  • @MBONIMPAArnaud
    @MBONIMPAArnaud 21 วันที่ผ่านมา

    🎉🎉🎉🎉❤

  • @Lauretteirakoze-qf7ch
    @Lauretteirakoze-qf7ch 17 วันที่ผ่านมา

    Nasanze arubusa gusa😢

  • @ezechiellavezzi8959
    @ezechiellavezzi8959 24 วันที่ผ่านมา +1

    Kutagira Yesu vyose nubusa gusa