ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Uru rukundo ni original nirwo rukenewe mu miryango .Merci Hosy de l'émission .Ton papa
Wao ikiganiro kiryoshe kwumviriza nkunda hosy kuko atuzanira abatumire batarambirana kwumviriza ndakwipfurije kugera kure mama serin
iyi emission iraryoshee caneirigishairaruhuraa imitimairasubiza uburyohe kubabutakajeeNDABIPFURIJE KURAMBANAKDI BIZE VYAME BIRYOSHE UKO NYN
Uyu mu maman araryohewe mu rugo nukuri ndavyipfurije abantu bose bari mu rugo ❤
Femi de Jaba namwumva i Uvira aho twari twahungiye. Komera n'umukunzi wawe Honorable Sauda 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Abakunzi burukundo tumenyane hosy❤❤uru rukundo rutwigishe kweli biratesa ikiganiro ndagisubiyemwo 2fois kiraryoshe sana
Waooo turabakunda
Madame harijambo uvuze rirafashije abantu benshi twakurikiranye ikiganiro kugera gihere
👍👍👍🙏🙏🙏
Waooo osi unkoreye umuti kutuzanira ababantu Sauda numuvyeyi mwiza cane ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Couple original iryosheFemi aritonda afise ubuntu nurukundo na cherie wiwe!Ikanzu ya Honorable nikirato ca General vyubahwe 🙏🏽😅💗
I love this kiganiro😂
Erega msani kivuye muri sanaa bisigura Arts msani ni artiste urumva rero sivyo biharawe niko vyitwa
Urakoze kubanzanira coupe nkunda canee
Bakunyongerere jondama sha uwanka yangare naw ukomeze kwirira umunyenga w'urukundo
Baratesann🔥
Rubandanye rusosa kbsa
Hosy wangu unapendeza Sana.hama iyi Couple iranryoheye ga Mana.Hosy wabonye ingene yaguma amunobora hhhhhhhyeeeee vyatesa Ugo rukundo rwabo ruratesa knd rurigisha,hosy mwiza wakoze kutuzanira abo bubahwa knd nawe urubashwe uragahezagigwa
🔥🔥❤️❤️❤️
Aba bantu ndabakunze❤❤❤❤
Ikiganiro kiryoshe
Kandi uyo yakoresheje ikiganiro twamukunze caane
Hosy ukuntu watanguye kubaza uyo mu maman wabonye ko bitasa neza, gushikaho akubaza ko uriko uramubazae! bref umuntu uramuha ijambo . Otherwise ikiganiro kiri 👍
Sauda Bakubajije ikibazo c'ubwenge bwinshi caaaaaaaane ariko ntiwashoboye kucishura.Waragwaniye ivyiyumviro vyawe vyo kurenganya abadasa?Wishuye ngo mwese mwisanta ko muri abanyamugambwe...muri bamwe......Ngo abo batavyemera ni abononekaye mumitwe.Wewe none guki utemera ko nawe wonekaye muri kiriya gihe ca SCO?Reka Mandela niwe yadusuzumye aragira Diagnostic ati ikibazo kiri mu barundi nta mu Leader bafiseeee.Ubundi nari nakunze intro yawe nagirango uhavutubwira aho ugejeje urugamba gwo gukinga ako kabi kabishe kadasiba guhekura uburundi n'abarundi
Uru rukundo ni original nirwo rukenewe mu miryango .Merci Hosy de l'émission .Ton papa
Wao ikiganiro kiryoshe kwumviriza nkunda hosy kuko atuzanira abatumire batarambirana kwumviriza ndakwipfurije kugera kure mama serin
iyi emission iraryoshee cane
irigisha
iraruhuraa imitima
irasubiza uburyohe kubabutakajee
NDABIPFURIJE KURAMBANA
KDI BIZE VYAME BIRYOSHE UKO NYN
Uyu mu maman araryohewe mu rugo nukuri ndavyipfurije abantu bose bari mu rugo ❤
Femi de Jaba namwumva i Uvira aho twari twahungiye. Komera n'umukunzi wawe Honorable Sauda 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Abakunzi burukundo tumenyane hosy❤❤uru rukundo rutwigishe kweli biratesa ikiganiro ndagisubiyemwo 2fois kiraryoshe sana
Waooo turabakunda
Madame harijambo uvuze rirafashije abantu benshi twakurikiranye ikiganiro kugera gihere
👍👍👍🙏🙏🙏
Waooo osi unkoreye umuti kutuzanira ababantu Sauda numuvyeyi mwiza cane ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Couple original iryoshe
Femi aritonda afise ubuntu nurukundo na cherie wiwe!
Ikanzu ya Honorable nikirato ca General vyubahwe 🙏🏽😅💗
I love this kiganiro😂
Erega msani kivuye muri sanaa bisigura Arts msani ni artiste urumva rero sivyo biharawe niko vyitwa
Urakoze kubanzanira coupe nkunda canee
Bakunyongerere jondama sha uwanka yangare naw ukomeze kwirira umunyenga w'urukundo
Baratesann🔥
Rubandanye rusosa kbsa
Hosy wangu unapendeza Sana.hama iyi Couple iranryoheye ga Mana.Hosy wabonye ingene yaguma amunobora hhhhhhhyeeeee vyatesa Ugo rukundo rwabo ruratesa knd rurigisha,hosy mwiza wakoze kutuzanira abo bubahwa knd nawe urubashwe uragahezagigwa
🔥🔥❤️❤️❤️
Aba bantu ndabakunze❤❤❤❤
Ikiganiro kiryoshe
Kandi uyo yakoresheje ikiganiro twamukunze caane
Hosy ukuntu watanguye kubaza uyo mu maman wabonye ko bitasa neza, gushikaho akubaza ko uriko uramubazae! bref umuntu uramuha ijambo . Otherwise ikiganiro kiri 👍
Sauda Bakubajije ikibazo c'ubwenge bwinshi caaaaaaaane ariko ntiwashoboye kucishura.
Waragwaniye ivyiyumviro vyawe vyo kurenganya abadasa?
Wishuye ngo mwese mwisanta ko muri abanyamugambwe...muri bamwe......
Ngo abo batavyemera ni abononekaye mumitwe.
Wewe none guki utemera ko nawe wonekaye muri kiriya gihe ca SCO?
Reka Mandela niwe yadusuzumye aragira Diagnostic ati ikibazo kiri mu barundi nta mu Leader bafiseeee.
Ubundi nari nakunze intro yawe nagirango uhavutubwira aho ugejeje urugamba gwo gukinga ako kabi kabishe kadasiba guhekura uburundi n'abarundi