Iyo aba jewe ndi Président yari guca aba limogé kuko yategerezwa kuba yaragiye akabibwira président bakabiganira hakugira ngo bavuge ivy'amezi atandatu !
Le probleme du carburant nticari ikibazo cokwihereranwa n'abantu babiri,yari urgence des autorités tous Urakoze Nyakubahwa Président wacu mwiza kududurirako mw'ikoraniro,Yesu aguhezagire Imana muri kumwe ntugire ubwoba kandi uzojabukana peuple burundais Yorodani mpaka uyinjije Kanani. Président w'Uburundi,oyeee, Président,komera ku muhetooo
Bizokunda kuko Tanzania iramaze kuronka bimwe bikwegana 264 vyama treni bitwara imizigo urumva .Abayobozi ba TRC bayoboye igisata ca matreni muri Tanzanie baravuga yuko bazotangura kuzipima mu kwezi kwa gatatu. Gushika mu kwa 5 no mu kwa 6 izo treni zizoba zatanguye gukora. Igisata TRC co muri tanzania caramaze kwerekana izo treni 264 zimaze gushika kukivuko ca Tanzania. Twizere ko ibidandazwa bigiye kunyuragiranwa ari vyinshi kubera izo treni zo muri Tanzania zitwara imizo myinshi kwi tour imwe zizoba zatanguye gukora ziva Dar es salaam ziza i Kigoma aho bizoca vyorohera Abarundi gukura ibidandazwa vyabo n' amato i Kigoma bayinziza i Bujumbura canke abandi badandazwa bakazokoresha amakamyo azobikura aho i kigoma avyinziza i Burundi.
Nice comferenc is nice songs
Amatora aragez mube muradusamaza
Mbega yemwe ntanuko mushima!
Nazane ico gitoro amezi 3 simake nukuri nazane igitoro uwo munyakubahwa wu mukongomani
Huuuu,Mana dutabare utujimbere ivyiwacu birakomeye.vyoroshe Mana uduhe umutima w'urukundo nirwo tubuze
Merci monsieur l'invité
Sois beni
Imana irakunda Uburundi bizogenda neza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abantu nihatari nukuri turonke uwudufasha kuzana igitoro hanyuma ngo amezi atandatu😮
Iyo aba jewe ndi Président yari guca aba limogé kuko yategerezwa kuba yaragiye akabibwira président bakabiganira hakugira ngo bavuge ivy'amezi atandatu !
❤❤❤❤❤❤❤
Imanishimwe❤❤aho ndizera vubigitoro kirabonekatakibazo
Evariste arakwiye kumenya mukuru wigihugu icarico nagaciro bifise aho ntubona ko umwasi wigihugu yigaragaje kandi armbere yiwe hama ngo arikurugamba rwokurwanya ubukene??shaaa baramwahiye jondama kweri uwo yarakwiye gushirwako intoke ariko mundabire ntanicabivuzeko
❤
nyamara uyu prezida mu minsi irimbere ndabona azageza uburundi ahantu heza.
Komera cane
Uwo mushikiranganji ibintu asiguye ntibitahuritse
Mubaze neza
😂😂😂😂😂 9:49 9:51 9:52 9:52 9:52
Ah ahubw direct bac bamuh uruhush mundw itangur bakakizan nukur ikibaz cigitr kivuy munzir burundu nibind vyoc bitangr gutr inzira
Neva arajumarariwe n'ibivuzwe n'umu kongoman.
jewe sinemeranya nawe guko I Congo nahone ntivyoroshe..akizane ntangare
Ewe Congo turagukunda cane 🇨🇩🇨🇩🇨🇩🇨🇩
Le probleme du carburant nticari ikibazo cokwihereranwa n'abantu babiri,yari urgence des autorités tous
Urakoze Nyakubahwa Président wacu mwiza kududurirako mw'ikoraniro,Yesu aguhezagire Imana muri kumwe ntugire ubwoba kandi uzojabukana peuple burundais Yorodani mpaka uyinjije Kanani.
Président w'Uburundi,oyeee,
Président,komera ku muhetooo
🙄🙄 lol 😆
Nn ibintu nkivyo bgenda gte bibe przd atabizi?
President dukunda cane kbx❤❤😂never General ❤❤❤Burundi 🇧🇮 bwacu Burundi buhire
Muhe isoko u Rwanda rubahe ibitoro
Rurashoboye.
Iyo uturanye numugwizatunga nawe urahasonzokera
Angola Dar Es Salaam?!! Bihuriyehe? Ubwo ni ububeshi
Gica muri cap town aho ocean atlantic na ocean inde bihwanira iyo singorane
Aho ncangira ikibazo mbega ntakuntu bobikora kikazoza n,itereni hama kigaca mubwato? Vyo bigez hh?
Muri Tanzania i treni zitwara imizigo ntiziratangura gukora neza zimwe nshasha za SGR.