Mbega amakaritiye y'igisagara ca Bujumbura yoba yamanye amazina afise ubu ?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 ต.ค. 2024
  • Nestor Kasaba, umuhanuzi mu biro vy'umukuru w'igihugu bijejwe imibano, imico kama na poritike, umukinyi wa kera w'umupira w'amaguru mu mugwi Intamba mu rugamba, aratubwira amwe amwe nko Kw'ibereshi (Bwiza).

ความคิดเห็น • 2

  • @Chrismbo760
    @Chrismbo760 ปีที่แล้ว

    Uwo nyakubahwa KASABA Nestor ndamuzi nkumurezi mwiza,wintungane, yatubereye pref de discipline Lycee Mwaro mugihe ca 1994 igihe kitari coroshe mugabo yarerekanye ubuvyeyi nubushingantahe vyiwe naho bitamworoheye!
    Kandi ga ntasaza

  • @ClovisIrakoze-bl8bg
    @ClovisIrakoze-bl8bg 5 หลายเดือนก่อน +1

    Uyo mutama arakuze natubWire ivyakahise