Iyi ntahe ivuga ivya DIVORCE yumvirize.Ndabizi urafashwa

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น •

  • @nduwimanaevelyne6682
    @nduwimanaevelyne6682 ปีที่แล้ว +3

    Mbega ikiganiro ciza❤.Urakoze ku mpanuro Nyenyeri ko kwahukana atawe uvyifuriza kuko gifise ingaruka mbi cane.Imana idufashe kurwanira ingo zacu.Murakoze namwe Madame Renilde

  • @hakizimanaducgerard6239
    @hakizimanaducgerard6239 ปีที่แล้ว +1

    Muvy'ukuri Imana imuhezagire cane kuntahe nziza atanze bibonrkako ari ukuri. Nanje vyangoye murugo gushika Aho dutandukana n'uwo twari twubakanye, ariko vyaramugoye gushika naho abana twavyaranye ntashobora kubabona, nkaba nishwe nagahinda kutabona Abamvuyrmwo.

    • @irakozeflo7228
      @irakozeflo7228 ปีที่แล้ว +1

      Mpore mpore uzobabona bazizana kndi uzobibasigurura bazovyumva cn ah mpore

  • @ildephonsenahimana6104
    @ildephonsenahimana6104 ปีที่แล้ว +5

    Bravo, très touché de ton témoignage et surtout la protection des enfants durant tout ce calvaire. Le bonheur dépend de l’attitude envers la vie et de la confiance intérieure. Ntako utari wakoze kanatsinda ntawuhomera iyiyonka.

  • @FlorenceNcutinamagara-ry6kt
    @FlorenceNcutinamagara-ry6kt ปีที่แล้ว +1

    Bravo Madame. Imana yarakoze kugufasha kurera abana. Uri umupfasoni w'ibanga.

  • @Mikaholi9454
    @Mikaholi9454 ปีที่แล้ว +1

    Madame Renilde ndaryohew cyane kukubona Imana ikomeze ikwagure mukozi w'Imana.byukuri ndagukunda ubyumve pe igihe nasengey muri Guérison des âmes nakubonyemo umukozi w'Imana akomeye.

  • @jeannendimubakunzi3585
    @jeannendimubakunzi3585 ปีที่แล้ว +2

    Uri intwari! ❤Imana yarabonye umutima mwiza wo kwihanganira intambara warimwo, iraguhezagira, iguha akazi keza.Imana iguhera abana ubuntu! Emwe nukuri jewe numva Imana izoguha consolation muri ivyo bibondo wigishije urukundo rudahera,urukundo rw' ukuri(1Kor13:4-8)

  • @dominiqueniyonizigiye1986
    @dominiqueniyonizigiye1986 ปีที่แล้ว +2

    Bantu b'Imana, intahe yari gufasha beshi ariko iyi irimwo ibinyegezwa vyinshi. Babanye batumvikana kuva bakitangura kubana ntiyigeze atubwira ico vyavuyeko.

    • @Busal-og3yg
      @Busal-og3yg 10 หลายเดือนก่อน

      Bibaho..Sindamuzi umudamu ariko il y a des relations qui sont difficiles depuis le début....

  • @mariesafi2001
    @mariesafi2001 ปีที่แล้ว +8

    Maman Renilda ndaryohewe kukubona muvyeyi mwiza! courage rwose! You made a good choice

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv ปีที่แล้ว +1

      You are absolutely right dear 🍓❤️

  • @niyibiziliesse34
    @niyibiziliesse34 ปีที่แล้ว +2

    Waow ndanezerew kubona Maman Renilde nciye nkumbura muri église Guérison des âmes 🥰🥰
    Muhezagirwe cane 🙌🙌🙌

  • @balancedlifetv
    @balancedlifetv ปีที่แล้ว +4

    Komera mukundwa, uri intwari, Uwiteka akomeze akwishimire kandi akubere maso 🙏❤️

  • @Yvetteyvette-m6d
    @Yvetteyvette-m6d ปีที่แล้ว +3

    T es un super woman uzokwama uhezagirwa muvyeyi warihanganye pe uzi gutwara inda incuro 3 bakaguma bazihakana Sha poleni mama

  • @NtirenganyaChadrack-hj3en
    @NtirenganyaChadrack-hj3en ปีที่แล้ว +7

    Murakozecane kwizo mpanuro mutanze muheza gigwe

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv ปีที่แล้ว +1

      Amen 🙏❤️

    • @holycanaantv
      @holycanaantv  ปีที่แล้ว

      Ndashimiye abantu Bose bavuze ko bankunda nabateye intege Nyenyeri. Imana ibampezagirire mwese.

  • @christianebukuru6997
    @christianebukuru6997 ปีที่แล้ว +2

    Uri intwari Nyenyeri, kugumya umutima ukagumana n'umuntu yanse kwandikisha abana bavukiye muri mariage, birarengeje

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn8405 ปีที่แล้ว +2

    Uyu mu dame ari calm.. uvuganeza cherie... Kandi haracariho hope... God is not done with you... komeza usenge Imana ntiyigera ibura uko ibigenza... nakunze ukuntu utuje....

  • @nadiabenitakanya4804
    @nadiabenitakanya4804 ปีที่แล้ว +3

    Tu as bcp souffert ma belle...bravo à toi et Dieu merci que tu as tenu ...nukuri Imana ikwubake ukundi ❤❤❤

  • @titim2689
    @titim2689 ปีที่แล้ว +7

    Bravo Uyu mu dame ni Intwari turamuzi!!! Murakoze ❤

  • @FaithAlways053
    @FaithAlways053 ปีที่แล้ว +3

    🙏🏾blessings

  • @joselynenineza3
    @joselynenineza3 ปีที่แล้ว +1

    Imana imuhezagire yarahagarariye abana biwe.mugabo yavuze igifransa cinshi

  • @jilu1095
    @jilu1095 ปีที่แล้ว +1

    😢😢😢lman itabare ingo nzubu abagabo baribagiye ivyobategerezwa ngukora😢😢

  • @FlorenceNcutinamagara-ry6kt
    @FlorenceNcutinamagara-ry6kt ปีที่แล้ว

    Nyenyeri ntusanzwe. Komeza uhezagirwe. Ndumiwe

  • @orie-grettamunezero9320
    @orie-grettamunezero9320 ปีที่แล้ว

    Courage Mme!!

  • @musolelyam1955
    @musolelyam1955 ปีที่แล้ว +2

    waouh❤🎉

  • @jeandesirenkurunziza3664
    @jeandesirenkurunziza3664 8 หลายเดือนก่อน

    yesu aguhezagire Maman Evangeliste, na Maman Nyeyeri Yesu aguh umugisha

  • @angemugisha7056
    @angemugisha7056 ปีที่แล้ว +1

    Uri special ma belle 💪🏽💪🏽💪🏽

  • @kwizeraPatrick-vv9po
    @kwizeraPatrick-vv9po ปีที่แล้ว +1

    Biratangaje vyukur

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 ปีที่แล้ว +1

    Ameeeeeeen

  • @nadiellanshimirimana9133
    @nadiellanshimirimana9133 ปีที่แล้ว +3

    Kubura amahoro murugo bivuna umutima ndabizi wabaye intwari wubahwe

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 ปีที่แล้ว +1

    Humura muvyeyi

  • @rosalierubamba2530
    @rosalierubamba2530 ปีที่แล้ว +1

    Uri umupfasoni w'ibanga,wakoze.gusangiza abandi urugamba warwanye!

  • @سنتياالشهري
    @سنتياالشهري ปีที่แล้ว +6

    Salut
    Jewe ikiganiro nagikurikiranye cosenumva uwomudame ari ntwari jewe ndi divorce 6ans bivanye nibikomere nakuye murugo, semana wanje ndamutse jewe kk kumugore wamberw bavyanyante nawe wagorwanye abana biw 2 jewe umugqgo ingeso ziwembi nazibwirwa nabantu mfise inda namezi.4mois nikibazo arukumubeshera munyuba biramugora kunyihishako ,nca kuri planing umwana afise 6mois ki narinkiri umunyeshure ntiyashako nigq kandi yankuze kwishur 8éme

    • @yvetteiriho3504
      @yvetteiriho3504 ปีที่แล้ว +4

      Ooooh pole sana.ndumva nawe ufise intahe ikomeye

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv ปีที่แล้ว +1

      Komera mukundwa humura Uwiteka akubereye maso 🙏❤️

    • @balancedlifetv
      @balancedlifetv ปีที่แล้ว +2

      @@yvetteiriho3504 Yego rwose ❤️❤️

  • @nicolenoellakanyange2621
    @nicolenoellakanyange2621 ปีที่แล้ว +1

    Madame Umqna iguhezagire kubwiyi ntahe ndatangaye kuko nivyo mbayemwo! gufasha hanze mu nzu abana bashonje carangwaje tension ariko ndiyakira kuburyo naho ivyiganiye umuntu akubona no,umusazi kubera iki hanze arasorora akagurana amahera abandi urumva ko bigoye niwe bagaruka bakavuga ko ugaye mu mutwe

  • @irakozeflo7228
    @irakozeflo7228 ปีที่แล้ว +1

    Ivyingo namayobera havuga uwobubezwe nimuvug nyne biracoroshe

    • @holycanaantv
      @holycanaantv  ปีที่แล้ว

      Namwe vyarabashikiye mama!?

    • @irakozeflo7228
      @irakozeflo7228 ปีที่แล้ว

      Rekrek Muga naramaz kwiyakira

  • @Mananziz
    @Mananziz ปีที่แล้ว +1

    Ma cherie, tu as essayé, tu as tout fait mais ntaco vyatanze.
    Uri intwari,

  • @ArnoldIshimwe-tu2gp
    @ArnoldIshimwe-tu2gp ปีที่แล้ว +2

    Wumvirije ibirego vy'uwurega,uwuregwa womurangiza atarisigura so nimwaronka uwahoze ari umugabo wiwe muzodusabire ikiganiro nawe aduhe version yiwe
    Ivyo umuntu avyemera uko nyene ntaba arubaka

    • @kezaannemarie6676
      @kezaannemarie6676 ปีที่แล้ว

      urambwira ndakurangangira aho ari maze ahinyuze