Iconkundira ibiganiro birimwo Monna nuko atera inkuru caane Kandi zikaba zirimwo inyigisho 😘. Go girls u have both achieved many things peu importe uko société yacu ibabona mubandany mukora caane ibibanezera 😘😘😘
Waouh, felicitations à vous Hosy na Monna, j'apprecie votre narcissisme En tous cas, quant à moi ndanezererewe emission yanyu vrt mutera muj'imbere mur'umugisha vrt ndabakunda💯💯💯💯❤❤❤❤❤❤❤❤
It is a shameful matter kubona umukobwa canke umu maman ariko avuga ibintu nk'ivyo ku wundi mukobwa en plus muri comment section iza gusoma des milliers de personnes ...None ko wabibonye ushaka tubikoze iki? Uramaze kwumva ikintu citwa hyper pigmentation??! 😏mwe nimwebwe mutuma abantu bamwe bamwe badafise assez de force yo kwakira négativité b'opta pour des solutions za skin bleaching kubera complexes... Hindura ingendo sauf que mupfa no kuvuga ivyo mutazi ivyo birashobora no kuba kubera lighting🙄ugasanga bafise teint ziri unifié wanashaka.
Iconkundira ibiganiro birimwo Monna nuko atera inkuru caane Kandi zikaba zirimwo inyigisho 😘. Go girls u have both achieved many things peu importe uko société yacu ibabona mubandany mukora caane ibibanezera 😘😘😘
Uyu ni Beyonce w'i🇧🇮❤Hosy uzoz ushirako link yumu Artist kugir abantu batabony th song bac bayiraba🇧🇮🇺🇲
Uzorabe Esther KAMATARI. C,, une legend mes cheres. J vs Aime bcp
Nukuri nta émission ya Mona noreka kuraba ndayiraba mpaka ihez
Tu es belle mow'kanzie😘😍
Muri beza et j adore vos tenues ❤🔥
lfc j
Kuba real biri dope Monna! Never change ❤
Apart from anything else, i do like especially #mow's #smartmind
Ikiganiro niciza cane ndabakunda cane hama hosy turakumbuye alvin smith cane ❤
Hosy merci kutuzanira umutumire nkunda Mona❤️❤️❤️
Mo'W kanzie ndagukunda cyane ahubwo wubahwe 🎉😊❤
Ndabakunda cane ♥️♥️♥️♥️
Mwese mund mumaraso ndabakund cyan kwel monna ndagukund kanini❤🧡
Mona walda ndakunda ibiganiro vyaw , murikumwe na hosy hoho murandenga peee
Ukomuri babiri muratesaa Wallah ✔️♥️🔥🥰 Kandi ndabakunda sn vraiment Hama Mona menya kondagukunda tuu
Courage chrie on t'aime❤❤❤
Mwese mwa heny gusa turabakunda ❤❤❤
Ndabakunda caan en plus mazina yanj kaneza👌Mona lov u😘
Nyen mwes ndabakunda shaan,Hosy wakoz kutuzanir Monna❤❤❤
Jew nisanz ndabakunda ❤❤mwubahwe
Bonne émission!!
Monna numwana mwiza vrt ndamukund caaaan nkund ukonyen yimerey
Mona uraberewe wanje , mana Mona ndamukunda, kuko arakora , courage my sister 💕
Sanzwe nkunda Hosy trop❤️none anzaniy ka Mona nako ndagakunda kuburyo nsanga nguma ndaba indirimbo ziwe🥰❤️
Monna send you love♥♥
Jewe nibaza ko nuwanka monna atuma y enjoyinga ijwi ryiwe basii❤
Courage ❤❤
Musa neza😊
Monna nimwiza❤❤❤🇧🇮🇴🇲
❤je ndabikundira umukobwa arya yirondeye abari forte caneee sasa iyumuntu avuga ibintu biri negative kubuzima bwanyu nuko hari ivyo mumusumvya courage maze ❤
Mona on t’aime ❤️😘😘
Mona ndakunda ubusazi bwiw ariko mana abavyeyi biwe ngira ntiborohewe kugira umwana nka Mona😅
Hosy ndagukunda Ariko iyompuzu wapi
Waouh, felicitations à vous Hosy na Monna, j'apprecie votre narcissisme
En tous cas, quant à moi ndanezererewe emission yanyu vrt mutera muj'imbere mur'umugisha vrt
ndabakunda💯💯💯💯❤❤❤❤❤❤❤❤
Yuuuu ka Mona karateeeeesa saaana vrm karavuga Français itesa English itesa ndakunda ukuntu kishura ibintu vyose neza sana kambara neza gafis taille itesa gafise ikijwi gitesa kara Vibing neza sana vrm Mona ndagupfa vrm😍😍😍😍🥰🥰🥰🥰🥰😘😘😘😘😘
wibagiy kumushimira NURU
Nivyo shaa mona pana gusubiramwo la même chose
Hosy turakumbuy girl friend Raba ubikore vuba na Gleu arakumbuweew
Ndabakunda mwese ariko nje nkumbuy Alvin na chrie we
Komera xan na cn monna🇧🇮🇧🇮
Kuber'iki ndabakunda?? Nama nibaza ico kibazo bikansiga!❤😘😘
Monna ndakwikundira
Monna ararimba neza
Mona❤
Urahagije Hozy we
hosy ndagukund ariko ayomatako mwasize hejur wapi mwopfuma mwambara pantalon
4:15 hosy kirya kiganiro nico catumye ntangura kugukurikirana😅😅😅 anyway ndabakunda caane mwe na monna ❤️❤️
Je vous ❤
13:07 yararengewe😂😂😂😂
Hmmm Monna ubwo ntituvukana?😂😂😂emwe turi bamwe kimwe gusa luv u ugume utera imbere,Hosy bzu hejuru bkp bkp❤❤❤
Mbe hosy mupfaniki na nikitha?
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
❤❤❤❤
❤❤❤
❤
I like your voice Monna❤❤
Ijwi ryumuntu wazonzwe nurumogi.. Ese iriya ni Tattoo afite kumatako? Abarundikazi baranezeza kbs
Uwo mu type ntazokubabaze kuko nunva ukunda vraiment
Par contre iminwa yirabura ni beaute burundaiise
😂😂😂
Nimube nkaba Tanzanie 🇹🇿,😂😂😂 ikiba kibe😂 mubigaragaze tubone ba Shemeji 😂😂😂
Vyume vyumye😀😀😀😀
@@ChachaChany Kbsa Chacha 😂😂😂😂 wanaogopa wachawi😂😂
Hosy iyo mpuzu vrt iratsitazanya uzurambara pantalon
Namw amano yanyu vrt😂😂😂yaragowe
@@anifanisha701😂
Reka ntore agatebe kabisa kuko mwese murampimbara pe
Karacaparatuka
Hosy ntitwar tuzi kw amatako n amaguru yiwe vyirabur nkuko🤣😨🙊sinz kwar jew nabibonye jnyne🤣🤣🤣🤣
It is a shameful matter kubona umukobwa canke umu maman ariko avuga ibintu nk'ivyo ku wundi mukobwa en plus muri comment section iza gusoma des milliers de personnes ...None ko wabibonye ushaka tubikoze iki?
Uramaze kwumva ikintu citwa hyper pigmentation??! 😏mwe nimwebwe mutuma abantu bamwe bamwe badafise assez de force yo kwakira négativité b'opta pour des solutions za skin bleaching kubera complexes...
Hindura ingendo sauf que mupfa no kuvuga ivyo mutazi ivyo birashobora no kuba kubera lighting🙄ugasanga bafise teint ziri unifié wanashaka.
Inshwebebe zirahuye kbs muraraba mucishemwo nivyamazi
Inshwebebe bisiguye iki?