Dj fernando nagabanye kugara na fizzo ari legend aramaze kwemera imbere ya media ko super man atari yayanditse🤷ariko umuntu atambutse ejo nace bugufii bizogenda neza
Kwitonda nivyo bikwiye kandi les artistes il vous faut tjr garder par coeur qu'il faut tjr tourner 10fois la langue avant de parler, si no qui viens rapidement a de forte chances de disparaitre aussi rapidement just par mégarde ou indicipline ' Tout est vanité ici bas ' nous aurons tjr besoin d'aides d'autrui nakare ngo numwami yaratiye irushinga . Mettez vos pieds sur terre et admettre avancer doucement mais sûrement mes chers compatriotes
Turafit abaririmvyi bagize hit baramenhekan barezwe niyo hit imwe bitwar nabi birangira bazimye!to be humble nicokintu cofash umuntu gushika kure!ndaz uwomutype azokwicuza Kuba yaraburiye indero urya muvyeyi!!!Gusto big up sana ugumane ukwo guca bugufi bakubonamwo!mwibukeko confiance iroroha gusenyura ikagora kwubak!!!
Big fizzo amaze imyaka mumuziki knd wew ntiyatinye kuvuga uwamwandikiye indirimbo iwomwana mumube hafi kuko karya muvyukuri karabonekako arikamwe bita Ako kumugongo wingona pe
Uwemerako agahimbo kabi gatuma umwana anyarako kumuntu yamugaburiy nampe likes Na Fizzo yarashimiy uwamwandikiye super karya na karorero keza yari yahay ivyo bidogo nivyumva ba Lolilo bose hit bakoze barazandikiwe
Thx I breezy gusa Dj Ferdinando ntiyari kuvuga kurya ata cabaye kur Maman Kadie kay ntimute amakosa kur Dj Ferdinando bakoze Content iyo Umuririvyi atariko aravurwa ntawumumenya ahumbwo aba 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ntubazi icarico Content benshi bacabashaka kubizanamwo inzigo ariko nivyobubabikenewe mur Industry murabire kur Tanzania beezz Music ushika kure one love tuuu Gusa mureke kuvyegereza imitima Maman Kadie kay na Dj Ferdinando na Gusto one love 💚🇧🇮🤞🔥🔥🎧🎙🥁🎶
Gaël Merci bcp Irya Français niy'umuntu yize Aya kera atari ya mashure ya Feredina😂😂😂😂 Umuvyeyi nahabw agateka kiwe cane cane ko atan amahera ariko aranasaba
I breezy thx xana broo urakoze caaanne gutanga umuco hamwe nogutanga impanuro,mr gaël mr umukubito wakoze caanne kutuzanira umuhinyanyuzi wa one way amashi menshi caanne🙏🙏🙏🙏 knd uwuhoraho abazigame.turabakunda ni balaka boy 💫
always on top with your interview. Thanks for bringing these content... Kandi merci pour la bière que tu m'as offerte là tout de suite turindiriye igitoro alors que tu ne me connaissez pas autant. You re a humble King🔥
This My 1est time Kukubona vrmt urakoraa cane Uraremaaa🎉kabisaaa Then Ferdinand Uyo numurengwaaaaaa Arimwo Ikindi Naco Iyo Wubahuts Umuntu agusumvya nibibi vrmt. Kurya gutekereza Ni Ububaya Buri muriweeeeee ninkinciraaa
Gael ubu rer ndakwemey kub utuzaniye lbreezy abakunz kub ibreezy aje mumpe like zanj😊
Like twaguhaye😅😅
Umuntu akunda ibiganiro vy'umukubito ampe j'aime
Ivyo Fernando yakoze Bavyita kunya aho urima 🤣🤣🤣🤣🤣 yaramenje nkeeeuuu 😂😂😂😂😂
Asiguy neza cyan fermando Ari mumakosa😊
I breezy Urimfura bro❤Mungu akubaliki sana mubantu igihugu gikeneye urimwo kabisaa indero nubutwari ufise uze ubigendere uzoshika kure hashoboka kabisaaa
Fernando, saba imbabazi, twese turakosa. Kandi ibihe birahinduka, twara gahoro
Imana iguhezagire ❤ , kandi wiyumvire neza iciza n,ikibi.
Waouh ubu reo ibintu bigiye ahabona kumbure urya mujama yotuza kbs
Big upp i Breezy, urumuntu w'imfura kabisa. Ni mwebwe nyene mukingira ibikorwa vy'urwaruka. Iyi témoignage izofasha abana benshi b'abarundi bari inyuma kuza. Wew ukwiye gufata ijambo ukaza urayagisha uhanura abakiri bato bariko baraza muri indasi. Wavuze ko gusoma bituma umuntu yandika neza. Abaririmvyi musome cane, mubandanye mwiga. Kuko izo ndirimbo ni patrimoine nationale. Twese turahimbarwa n'izo ngabirano mufise
Urumuntu wumugabo pe Bellisima naravuz ko ata Francais nkirya Dj Fernando yarigushobora kwandika Nukuri Urakoze Kuduha umuco
I breezy ari humble cane😊
Very humble guy
Gaël shahuuu Urakozeeeee 🤣Turameny Ukurii😆
Umuhushuro 🎉❤Gaël uramfiseee🎉❤
Hit yo muburundi igura indya gusa
Ntayindi hit azoronka yakoroze abavyeyiii❤
The humble man One way 🎉✨
#enfant_du_pays🇧🇮
I BREEZY ,Shaah baguhe Big up, tuba dukeneye abantu bavugisha ukuri nkawe ugize neza gutanga umuco.
Ego vraiment aravugishije ukuri
Yoo i breezy ubonye look yawe ntiyokwibaza ko urumu legend💪 Imana iguhezagire kuduha umuco avec ubugwaneza🤗🤗
Fernando ntiyadeconye , yasheshe ifu amazi ari kumbabura.. Arakwiye guhanurwa agahinduka.. Urakoze sha Ibreezy kuduha umuco.. Thx sana juste Gaël..🙌🏽🙌🏽
😂😂😂😂😂
Dj fernando nagabanye kugara na fizzo ari legend aramaze kwemera imbere ya media ko super man atari yayanditse🤷ariko umuntu atambutse ejo nace bugufii bizogenda neza
Ndakunda ibiganiro kumukubito❤❤
Ewemera umukubito ampe j'aime.
I BREEZY you are so humble than other ❤🎉be blessed my brother 🤞 🎉🎉
Imana iguhezagire.abantu binvugakuri nkawe,sinarinzi kbakibahu
Ndakunze I breezy ukuntu aciye bugufi. Imana imuhe umugisha. Dj Fernando nawe amenye ko isi yigisha
L’information est équilibrée cher Gael bravo
Kwitonda nivyo bikwiye kandi les artistes il vous faut tjr garder par coeur qu'il faut tjr tourner 10fois la langue avant de parler, si no qui viens rapidement a de forte chances de disparaitre aussi rapidement just par mégarde ou indicipline ' Tout est vanité ici bas ' nous aurons tjr besoin d'aides d'autrui nakare ngo numwami yaratiye irushinga . Mettez vos pieds sur terre et admettre avancer doucement mais sûrement mes chers compatriotes
Wooow quelle sagesse!! Je suis vraiment impressionnée❤👌👏👏👏
Be blessed i Breezy🎉🎉❤
Il est poli c producteur
Turafit abaririmvyi bagize hit baramenhekan barezwe niyo hit imwe bitwar nabi birangira bazimye!to be humble nicokintu cofash umuntu gushika kure!ndaz uwomutype azokwicuza Kuba yaraburiye indero urya muvyeyi!!!Gusto big up sana ugumane ukwo guca bugufi bakubonamwo!mwibukeko confiance iroroha gusenyura ikagora kwubak!!!
IBreezy my Hit maker! Wubahweee
Aho shaaa ukuri kukaba kurabonetse...
Merci Gaël urumuntu wumugabo
Hama i breezy urumuntu mwiza uvyitwayemwo neza
Fernando ico tumusavye asabe ikigongwe yarakosheje nareke kwihagararako sinon azibonerako nakazi kiwe nirenganira
Gaël 🎉🎉 ukuri kuramenyeknye!!Fernando nawe uti ako gahimbo kazotuma wijajara unyare mw'isengero
I Breezy uwutazogukunda adapfuy yihanye ni direct mumuriro wallah😅🔥🔥
Munyihere like abakunze iyi interview❤❤✌️✌️
Tumubabarire fernando , burya mubuzima umuntu bivanye nivyo yagiye aracamwo ashobora kugira inyifato igoye gutahura. Nacane cane kwigunga kandi iyo atabifashijwemwo neza bishobora no kumukomeretsa nawe agaheba umwuga wiwe kandi ariyo yari passion yiwe . Murakoze
Erg Nelly nat yari yabivuze vraiment
Gael asante sana ukur igisigay rondera gusta naw hama uzoce urondera ferenando
Umukubito 👌🇧🇮 di one and only TH-cam channel in my country nshobora kurab misi yos ikiganiro nkagiheza 🎉🙌 stay blessed Just🙏
Ndaryohewe niyi interview ,one way yubahwe
Uyo mujama arariy hit Nukuri Imana ihezagire ibikorwa vyiw...
Merci Gael,urazana big fizzo atange impanuro nkumu legend
Ibi ni vyo twari dukeney Dj Fernando nasabe imbabazi
Fernando kwarumugome ntaninder😢😢😢
Waaaauuuu Geel Ur umugabo pee so Fernando umakur twaros mubagenz biw bemezak ikint Cinder utagir
Big fizzo amaze imyaka mumuziki knd wew ntiyatinye kuvuga uwamwandikiye indirimbo iwomwana mumube hafi kuko karya muvyukuri karabonekako arikamwe bita Ako kumugongo wingona pe
"Toujours la discipline en tout et partout" pour vous les artistes ❤️
Umwami Wama Hit Ibreezy Ikiganiro ciza kirimwo indero Nimwubahwe Sana
I breezy wubahwe cane ukoze Exclusive interview
Gaël big up xan kuba watuzaniye I Breezy uwutumye amakenga ahera, xo the Fans of I Breezy Oyyeee let give me like
I breezy imvuga Kuri👊🔥
Uwemerako agahimbo kabi gatuma umwana anyarako kumuntu yamugaburiy nampe likes Na Fizzo yarashimiy uwamwandikiye super karya na karorero keza yari yahay ivyo bidogo nivyumva ba Lolilo bose hit bakoze barazandikiwe
😂😂😂😂
Umu producteur wambere mu burundi selon moi!
Uzohuze kaddy Kay na Fernando
I breezy urumunt wumugab ib ukoz har besh Caan batobikor urakoz guh umuc abarund♥️♥️👏👏
Urakoze mon frère,zurahanura abo batoya bacu
reka basambure we love mirro team igaruk ibaryane hit hm mumubabarir fernando wosang yagiy kur stage yanyoy sapor😂😂😂😂😂
bien dit Ibreezy👌
I Breezy the hit maker himself, bro you're so humble I really appreciate you.
Naho ntakunda kugira commentaires, sinogenda ntavuzeko uwo mu producer aciye akenge, ATI " sinohanura umumvyeyi ankuriye ata nikosa afise" courage
Thx I breezy gusa Dj Ferdinando ntiyari kuvuga kurya ata cabaye kur Maman Kadie kay ntimute amakosa kur Dj Ferdinando bakoze Content iyo Umuririvyi atariko aravurwa ntawumumenya ahumbwo aba 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ntubazi icarico Content benshi bacabashaka kubizanamwo inzigo ariko nivyobubabikenewe mur Industry murabire kur Tanzania beezz Music ushika kure one love tuuu Gusa mureke kuvyegereza imitima Maman Kadie kay na Dj Ferdinando na Gusto one love 💚🇧🇮🤞🔥🔥🎧🎙🥁🎶
Industry🇧🇮 yaha iwacu iratandukanye cane nizahandi.
Aha iwacu burya bazi ivyo barimwo kweri??
Maman Yupi turamukeneye 😂😂 Niwe mu star agezweho muri indasi ya 257
😂😂😂😂
Félicitations Mr producteurs
Urakoze wewe utanze umuco shahu❤😢😢😢😢
I Breezy 🙏🙏
Une bonne émission
Umutumire yavuzeneza mukiganiro
Just Gaël ww vrt mes respects ntutunyoteza ibreezy ntiwamutebany😂😂😂😂😂😂
th-cam.com/video/3DmpeZzMcAU/w-d-xo.htmlsi=W4V99aLydWZthPv-
One way wubahwe caane . Ibi bintu vyarimwo igipfungu cinshi . Urakoze gutanga umuco. Fernando nawe azorwa imbere
Merci vraiment ❤
Man iki kijama gikora ama hit ndagikunda sana🎉🎉
Color Grading 👌✅
ISI IRIGISHA .... wubahwe I Breezy
Ubund um youtuber ar mukazi n Gael big up sana mzee
Ebana Uyumuhungu niwe twari dukeneyemwo nukuri kwibibintu kbx ndamwemera nindirimbo akora ziraryohera🎉🎉🎉
Urakoze kuvug ukuri
Thank you dear for coming . Respect to Kadi Kay ❤️
Urya bizohera nabi indirimbo imwe siyo yotuma aduga hejuru baregera b kidumu,Fizzo nabandi bamaz igih kinini muri music ibanga bakoresh mu mibereho yabo
Uyumwana indero yaragiye utubaha ntahushikaaa
Fernando yaradecony azosabimbabazi kadie kay
Gael thank for this
Kubita vyume vyumye 💯💯
Gaël Merci bcp Irya Français niy'umuntu yize Aya kera atari ya mashure ya Feredina😂😂😂😂 Umuvyeyi nahabw agateka kiwe cane cane ko atan amahera ariko aranasaba
Ibreezy niwe mu producer wamber Ari humble maze kubona vrema 🙏
Sha agahimbo gahimbura intini ngiyindi izomera narindire azoza yi sapoting namukiwe nkenja mimi one wey wubahwe kbs urinfura
Big up bro urabivuz utabiriy umunw kbx urya mujama nac bugufi aronder uryamuman basubir bung ubucut kk ubucut bwabo bwar bugenz kur kd bwar bunini.
I breezy thx xana broo urakoze caaanne gutanga umuco hamwe nogutanga impanuro,mr gaël mr umukubito wakoze caanne kutuzanira umuhinyanyuzi wa one way amashi menshi caanne🙏🙏🙏🙏 knd uwuhoraho abazigame.turabakunda ni balaka boy 💫
I blaise ndagushimiye cane kuk ntabwo naribwakubon oe nsanze urumuntu wubaha Kd wicisha bugufi Imana izobiguhembere man. Just Gael nawe thx kutuzanira uwuduh umuco
Ati kuri mon logo hoho vyagenz gt?
Barazananye kandi kurya nyene kwambere afite ama textes hama barakora indirimbo.
Bantu b'Imana, dufashijwe tuje tuvyemera.
Just Gael I like man
Juste komera mugenzi kuba watuzaniye I Breezy akaduha ukuri kuvyabaye
always on top with your interview. Thanks for bringing these content... Kandi merci pour la bière que tu m'as offerte là tout de suite turindiriye igitoro alors que tu ne me connaissez pas autant. You re a humble King🔥
Bless up brother wubahw mon frr twayaz neza
❤❤ Umukubito
Eeeeh ubufu buramenetsee kbx mumyihere izo like shaaa
😂😂😂😂
This My 1est time Kukubona vrmt urakoraa cane Uraremaaa🎉kabisaaa
Then Ferdinand Uyo numurengwaaaaaa Arimwo Ikindi Naco Iyo Wubahuts Umuntu agusumvya nibibi vrmt.
Kurya gutekereza Ni Ububaya Buri muriweeeeee ninkinciraaa
Iconkundira juste Gaël ninshirwa rimenetse mpaka ukuri kwose agushize ahabona.Urakoze kutuzanira Ibreezy numu Producer wacu mwiza akora ingoma zitambika vrt mubwire ko tumukunda Imana imudukomereze turamwera uwo mu bro ari sage cane uwo musaza wacu
Kabisa I Breezzy
One way wubahw can ❤❤❤❤
Murateye isoni kabisa!!surtout ico kijuju c,umu pruducteur kitazi ico kijejwe,je ndi patrol za One way noca ndacirukana kuko kwiteranya n,umu client nka Dj Fernando yabamenyekanishije nubujuju.iyo gipfuma kiziba kigakora akazi kijejwe.I Brezy genda wumvirize (kazima Imana inkunda)wumve Beat hama wife inyishu
I BREEZY ON THE BEAT