ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Komera rutsinga❤
Umurundikazi turakunda munduha iviza vigihugu cacu imana ihezagire igihugu ciza cuburundi
I love you my country Burundi and everything inside it❤❤❤🎉🎉
ndavye kirundo sintahura irya nzara iyo iva
Iwacu heza
Muhezagirwe
Nda kunze Kino kiganiro
Urakoze
Ndakunze ikiganiro canyu
Urakoze gushima
🇧🇮❤❤🇧🇮
Urabeshya ntubeshye Amateka. Shinge yari Umwana w"Umwami wiburundi rugero yari Umwana w'Umwami wo murwanda bitiriwe iyomisozi. Vuga uko byagenze wibeshya ni Amateka
Nahora numva bavuga ngo ibintu bitagira shinge ba rugero 😂😂😂😂😂😅sinarimbizi ko ari abana babami.
Nabumwami inde? Tubwire amazina yabo bami
Ikiyaga ni Tanganyika ivyo bindi ni ibiziba