Umushikiranganji wa mbere arasaba abarundi kudasesagura umwimbu mu kuwumarira kw'isoko

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • #Burundi Mu gihe igihe c'iyimbura cageze, Umushikiranganji wa mbere aragabisha abadandaza borangura umwimbu w'abenegihugu ku mahera make ngo baze bawugurishe ku mahera meshi ibiciro vyaduze. Mu nama yagirishije abegwa n'igisata c'uburimyi Gervais NDIRAKOBUCA yamenyesheje ko uwuzofatwa ivyo azoba yararanguye bizoca bifatwa biherezwe ba ntaho nikora.

ความคิดเห็น • 2

  • @IrankundaOdetta-hz9fg
    @IrankundaOdetta-hz9fg ปีที่แล้ว +1

    Ayomategeko siyo kuko abibitse nagafranga kiwe ababitse Kandi nibazeko umurimyo yirimiye utwiwe ashaka aratubika 😂😂😂

  • @habimanajohn1447
    @habimanajohn1447 ปีที่แล้ว

    Ico ndumva Ari cagikoroni Ari zanamagi,zanamasoro,.....umuntu nagira Akira uko ashaka mubutunzi bwe ahaaaa !!!!