ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amen Amen Amen 🙏Reka mbe uwambere ayibnye 🔥🇧🇮abo natanze bampe like
Waaaaaaooooohh igihe Niki Abo tuvyumva kumwe mumvugire ngwi Mana🎻🎻🎻🎻🎻✔️✔️✔️🎉🎉🎉🎉💃💃💃🤲🙌🙌🙌
Imana
Brother ndi umu Musliman gusa numva nokwizera kubera iyi ndirimbo❤❤❤😢😢😢
Amen amen.Aho uri urashobora kwatura uti mwami Yesu , ndakwariye imbere umwami n'umukuza mu bugingo bwanje, ufute izina ryanje mugitabo c'imanza uryandike mu gitabo c'ubugingo wamusi niwahamagara izina ryanje nzorisangemwo mwizina rya Yesu Kristo, amen.Uzoba uhejeje
Niwe muvugizi wacu Uyo Yesu nda❤❤ cn
Hingeeeeeeeeeeeee niryamire Yesu yaraneshejeee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
jeho unteye nubwoba kuberako ntusanzwe ariko ndumva ndayinyotewe pepepe umusi wejo umenga noca ndawusunika ukanyaruka kugirango ndayirabe numve numudiho wayo
Ego cane Yesu niw amvugir imbere y'Imana Nzima. Hinge mvuz'inanga.mrc bcp
Yesu niw amvugira Imbere ya data,reka niryamire mbere kuk yaraneshej❤❤❤
Gumamwo son of Heera ten félicitation encore
Wamusore uri igitangaza kbsa urinyishu muri Gospel yuburundi..... Utuze gusa wikorere ivyawe bucece
mbega impanoooo utter numv ibigumbagumb vyukukubonaaaaaa nimpan waremanw
Gumuza brothér Yannick ❤from Epimack
Halleluuaaaa 🙌🙌🙌yesu abandanye akwagurira brother
Amane giye kuragiza umwaka niberey mumashimwe inanga❤❤❤🎉🎉💐💐🔥🔥💥💥
Inanga ❤❤❤🔥🔥🔥 ngwino bwana uttar zamuka vrt
Onesime Msolo wacu ndamutegereje. Ndi i Gitega I Bwoga.
Mbega revelations 🎉❤
Watunyoteje iyo uyishirako ubunyene
Komeza uduhezagira mwana wiwacu twareranywe
Ooooooh waaaaaaaaoooooooo Yannick Uttr Félicitation vrm Imana ishimwe cane kubwiy ndirimbo Inanga aka reo ngo hinge nitambiiiiire Yesu Yaranesheje ayayayayaya😂😂😂😂😂😂👌👌👌👌👌👌👌👌👌
Waouuuuuu🥳🥳🥳powerful song🥳🥰
Nice song ndafise uwumvugira
Nasanze umengo ntibikwiranye kwari jw yobikorera , mumishishqgu yow nkira ingwara zose , egoo warambabatiye mwami mbega urukundo rwimwami yesub❤❤❤
Amen Amen Amen Congratulations for this Song,Blessed You are
Nasanz umengo ntibikwiranye ko arije ubikorera🧐🧐mbega urukundo 😮😮
Yaaaaaayayayayaya nguru urundi ruriro Uttar aradutayemwo
Aradutayemwo peee
Igisasuuu
God bless u sir🙏🙏 mr uttar tera ujimbere
Gusa vrt keep on m'y Brother you are s blessed mukozi w'Imana
Oohhh my God mbega uburyohe🧐🧐🧐 indirimbo itekeye ubuzima
Good song brother keep going
Ndayirindiranye igishika nukuri my Brother kuko warahezagiwe 🔥🔥🔥👌
Naje nuko kweli iyo ndirimbo irarenze
Niwe amvugira imbere yimana nzima, thank you Anick Utar you are the best I love you so much
Uttar indirimb zaw zirankomeza mukwizera. Respect🎉🎉
Yoooo wewe ndazi ntuduta hasi mukozi wimanaaaa
Uyu abikor neza ndamwizeye kabxa ntaraduta hasi
Hinge mvuz'inanga yesu yaranesheje Amen nice song is song of year kbx 😍😍
Whaouh YESU Ashimwe kubwawe Frère
Atuvugire imbere y'Imana ku bwubuntu 👏
This song deserve 1Million views
Hallelujah Hallelijah God bless you so much my brooo kabisa urampezagiye🎉🎉🎉🎉❤
Hinge nivugirize inanga 🎷📯📯📯📯📯 nice song 🎵 👌
Inanga ❤❤❤❤ twari tuyinyotewe vrt waooooo
Waaaou Yesu niwe angwanira akankiza abansi bampagurukie🎉🎉
Arankunda arasengera niw amvugira imbere y'Imana nzima💓
Haleluyaaaah 🙌🏻🙌🏻🙌🏻Mbega urukundo koko yakunze kd akomez kumvugira
My God.What a song.Irahembura basi
This bro is a Best worshiper dufise hano kubutaka bw'uburundi. Keep on ndahezagiw kino gitondo
Amamara bwana hamwe na kristo dutuma biba Kandi biryoha cane
Imana iguhezagire cane frer Yanick. Vyukuri ndagukund sivyibanga kuko indirimbo zawe ziranyubaka cane. Yesu ni we Amugir imbere y Imana nzima kand niwe agwanya abampamagurukiye.Mbega urukundo... Kure cane gose niho nkwipfurije kibondo c'Uburundi 👌👏
With christ WE make it happen Keep it up
Oooh my goodness! Come fast plz❤
Heleluyaaaaaa our Star ⭐️ sing appreciate Brother Jesus Jesus Jesus🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Muze bro Yanick tumushigikire wherever you are kora partager ✅✅✅
Cane abikor bien sanaaa arakwiye gushigikirwa
Yesu yaratubabariye 😢 mbegurukundowe
Yesu niw amvugira 👏👏
🔥🔥🔥🔥🔥nasanze umenga ntibikwiranye 😢🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Ariko basha izo titre wowe uzikura he😀😀😀umve ngo inanga
Mwuka wera niwe umuhishurira
Yesu niwe amvugir imbere y'Imana nzima what a love ?
Maze kuyisubiramwo nka 50fois🤔🤔iyi ndirimbo irimwo ubumote bwimana
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉nice songs 🎵 👌
reka nitambireee❤
Terambere hejujuru hashobok🎉🎉🎉🎉
Ninyaruke Mana weee turayinyotewee
Hejuru caneeee Kuri uttar
Indirimbo yuzuye ubutumwa bwiza 🎉🎉🎉mbega imbabazi nagiriwe ntazibereye🥺🥺🥺
Kure cane niho tukwipfurije kugera
Kure cane niho ndakwipfurije
keep it up Muro🎉
glory glory ❤❤
Waooh Nice song
Yoooo ehe basha yongeye kuturyohera wamuhungu wacu🥳🥳🥳 congratulations uttar ubikor nez
Imfura yacu shn hezagigwa kangezeko courage wagure imbibe🎉🎉🎉🎉
🎉🥳🥳🥳🥳Niwe atuvugira imbere y'Imana
Waoooooo wonderful song God bless you man of God ❤
Ayiiiiweeeeee yesu wenyene niwe amvigira🎉🎉🎉🎉🎉 Imana ishishikare ibakoresh👏👏👏
Amen Amen narababariwe knd niwe amvugira lmbere y'lmana nzima
❤❤❤numva ntanguye kuryoherwa itaranasohoka
Nanje nukuri
Imbazi twagiriwe ntitwar tuzibereye🥺🥺🥺mbega indirimbo
❤❤❤Aminaaaaa
Niwe amvugira Imbere y'Imana nzima.....Arankunda, aransengera,Ankikije impande zoseMbega urukundo ❤Ewe Yesu we,WaranashejeHinge mvuze inanga
Glory to god
nanje warambabariyee Yesu mbegurukundoo
My favorite song
Powerfull message brother. Go ahead.
🎉🎉🎉mamamam, Hallelujah
nice song🎉🎉
Yes niwe amvugira imbere y'Imana. Mbe urukundo
Yeyyeyeuueyeyeyyyy My Song My Song Inanga 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Big Congratulations Dear Brother Ibwina Kure Caane Ukomeze Ugasare ❤❤
bwana jewe iyi song inteye amakenga kbx kuberako ayomagambo araremereye cyane pee
Cane arimo ubushobozi buhebuje
Shimwa mana turaguhaye icubahiro
🎉fire
What love🤭🤭🤭God bless you mukozi w'lmana
Warampariy Mana warambabariye
Hinge nitambire Yesu yaranesheje🤗🤗😃😃
Niw arwany abansi bampagurukiy Kandi niw amvugir imbere yImana nzima uw yesu aradusengera mbeg urukundo🎉❤
Ameeeeeen😭👏👏
❤❤Inanga 💃💃
ndabakunda cane from 🇷🇼🇷🇼
Nzokwama nivugiriza inanga kuko nzi ico Ndiho yakoze m'ubuzima bwanjeThanks Uttar for the song
Ndagukeje muvukanyi muter’imbere cane
Inanga a great Song that reveals sth in me
Amen amen
🔥🔥vyank bikunda ndazi numukant tukakir 🔥🔥 song yubwiza
Amen Amen Amen 🙏Reka mbe uwambere ayibnye 🔥🇧🇮abo natanze bampe like
Waaaaaaooooohh igihe Niki Abo tuvyumva kumwe mumvugire ngwi Mana🎻🎻🎻🎻🎻✔️✔️✔️🎉🎉🎉🎉💃💃💃🤲🙌🙌🙌
Imana
Brother ndi umu Musliman gusa numva nokwizera kubera iyi ndirimbo❤❤❤😢😢😢
Amen amen.Aho uri urashobora kwatura uti mwami Yesu , ndakwariye imbere umwami n'umukuza mu bugingo bwanje, ufute izina ryanje mugitabo c'imanza uryandike mu gitabo c'ubugingo wamusi niwahamagara izina ryanje nzorisangemwo mwizina rya Yesu Kristo, amen.
Uzoba uhejeje
Niwe muvugizi wacu
Uyo Yesu nda❤❤ cn
Hingeeeeeeeeeeeee niryamire Yesu yaraneshejeee 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
jeho unteye nubwoba kuberako ntusanzwe ariko ndumva ndayinyotewe pepepe umusi wejo umenga noca ndawusunika ukanyaruka kugirango ndayirabe numve numudiho wayo
Ego cane Yesu niw amvugir imbere y'Imana Nzima. Hinge mvuz'inanga.mrc bcp
Yesu niw amvugira Imbere ya data,reka niryamire mbere kuk yaraneshej❤❤❤
Gumamwo son of Heera ten félicitation encore
Wamusore uri igitangaza kbsa urinyishu muri Gospel yuburundi..... Utuze gusa wikorere ivyawe bucece
mbega impanoooo utter numv ibigumbagumb vyukukubonaaaaaa nimpan waremanw
Gumuza brothér Yannick ❤from Epimack
Halleluuaaaa 🙌🙌🙌yesu abandanye akwagurira brother
Amane giye kuragiza umwaka niberey mumashimwe inanga❤❤❤🎉🎉💐💐🔥🔥💥💥
Inanga ❤❤❤🔥🔥🔥 ngwino bwana uttar zamuka vrt
Onesime Msolo wacu ndamutegereje. Ndi i Gitega I Bwoga.
Mbega revelations 🎉❤
Watunyoteje iyo uyishirako ubunyene
Komeza uduhezagira mwana wiwacu twareranywe
Ooooooh waaaaaaaaoooooooo Yannick Uttr Félicitation vrm Imana ishimwe cane kubwiy ndirimbo Inanga aka reo ngo hinge nitambiiiiire Yesu Yaranesheje ayayayayaya😂😂😂😂😂😂👌👌👌👌👌👌👌👌👌
Waouuuuuu🥳🥳🥳powerful song🥳🥰
Nice song ndafise uwumvugira
Nasanze umengo ntibikwiranye kwari jw yobikorera , mumishishqgu yow nkira ingwara zose , egoo warambabatiye mwami mbega urukundo rwimwami yesub❤❤❤
Amen Amen Amen
Congratulations for this Song,
Blessed You are
Nasanz umengo ntibikwiranye ko arije ubikorera🧐🧐mbega urukundo 😮😮
Yaaaaaayayayayaya nguru urundi ruriro Uttar aradutayemwo
Aradutayemwo peee
Igisasuuu
God bless u sir🙏🙏 mr uttar tera ujimbere
Gusa vrt keep on m'y Brother you are s blessed mukozi w'Imana
Oohhh my God mbega uburyohe🧐🧐🧐 indirimbo itekeye ubuzima
Good song brother keep going
Ndayirindiranye igishika nukuri my Brother kuko warahezagiwe 🔥🔥🔥👌
Naje nuko kweli iyo ndirimbo irarenze
Niwe amvugira imbere yimana nzima,
thank you Anick Utar you are the best I love you so much
Uttar indirimb zaw zirankomeza mukwizera. Respect🎉🎉
Yoooo wewe ndazi ntuduta hasi mukozi wimanaaaa
Uyu abikor neza ndamwizeye kabxa ntaraduta hasi
Hinge mvuz'inanga yesu yaranesheje Amen nice song is song of year kbx 😍😍
Whaouh YESU Ashimwe kubwawe Frère
Atuvugire imbere y'Imana ku bwubuntu 👏
This song deserve 1Million views
Hallelujah Hallelijah God bless you so much my brooo kabisa urampezagiye🎉🎉🎉🎉❤
Hinge nivugirize inanga 🎷📯📯📯📯📯 nice song 🎵 👌
Inanga ❤❤❤❤ twari tuyinyotewe vrt waooooo
Waaaou Yesu niwe angwanira akankiza abansi bampagurukie🎉🎉
Arankunda arasengera niw amvugira imbere y'Imana nzima💓
Haleluyaaaah 🙌🏻🙌🏻🙌🏻Mbega urukundo koko yakunze kd akomez kumvugira
My God.
What a song.
Irahembura basi
This bro is a Best worshiper dufise hano kubutaka bw'uburundi. Keep on ndahezagiw kino gitondo
Amamara bwana hamwe na kristo dutuma biba Kandi biryoha cane
Imana iguhezagire cane frer Yanick. Vyukuri ndagukund sivyibanga kuko indirimbo zawe ziranyubaka cane. Yesu ni we Amugir imbere y Imana nzima kand niwe agwanya abampamagurukiye.Mbega urukundo...
Kure cane gose niho nkwipfurije kibondo c'Uburundi 👌👏
With christ WE make it happen
Keep it up
Oooh my goodness! Come fast plz❤
Heleluyaaaaaa our Star ⭐️ sing appreciate Brother
Jesus Jesus Jesus🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Muze bro Yanick tumushigikire wherever you are kora partager ✅✅✅
Cane abikor bien sanaaa arakwiye gushigikirwa
Yesu yaratubabariye 😢 mbegurukundowe
Yesu niw amvugira 👏👏
🔥🔥🔥🔥🔥nasanze umenga ntibikwiranye 😢🙏🏼🙏🏼🙏🏼
Ariko basha izo titre wowe uzikura he😀😀😀umve ngo inanga
Mwuka wera niwe umuhishurira
Yesu niwe amvugir imbere y'Imana nzima what a love ?
Maze kuyisubiramwo nka 50fois🤔🤔iyi ndirimbo irimwo ubumote bwimana
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉nice songs 🎵 👌
reka nitambireee❤
Terambere hejujuru hashobok🎉🎉🎉🎉
Ninyaruke Mana weee turayinyotewee
Hejuru caneeee Kuri uttar
Indirimbo yuzuye ubutumwa bwiza 🎉🎉🎉mbega imbabazi nagiriwe ntazibereye🥺🥺🥺
Kure cane niho tukwipfurije kugera
Kure cane niho ndakwipfurije
keep it up Muro🎉
glory glory ❤❤
Waooh Nice song
Yoooo ehe basha yongeye kuturyohera wamuhungu wacu🥳🥳🥳 congratulations uttar ubikor nez
Imfura yacu shn hezagigwa kangezeko courage wagure imbibe🎉🎉🎉🎉
🎉🥳🥳🥳🥳Niwe atuvugira imbere y'Imana
Waoooooo wonderful song God bless you man of God ❤
Ayiiiiweeeeee yesu wenyene niwe amvigira🎉🎉🎉🎉🎉 Imana ishishikare ibakoresh👏👏👏
Amen Amen narababariwe knd niwe amvugira lmbere y'lmana nzima
❤❤❤numva ntanguye kuryoherwa itaranasohoka
Nanje nukuri
Imbazi twagiriwe ntitwar tuzibereye🥺🥺🥺mbega indirimbo
❤❤❤Aminaaaaa
Niwe amvugira Imbere y'Imana nzima.....
Arankunda, aransengera,
Ankikije impande zose
Mbega urukundo ❤
Ewe Yesu we,
Waranasheje
Hinge mvuze inanga
Glory to god
nanje warambabariyee Yesu
mbegurukundoo
My favorite song
Powerfull message brother. Go ahead.
🎉🎉🎉mamamam, Hallelujah
nice song🎉🎉
Yes niwe amvugira imbere y'Imana. Mbe urukundo
Yeyyeyeuueyeyeyyyy My Song My Song Inanga 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 Big Congratulations Dear Brother Ibwina Kure Caane Ukomeze Ugasare ❤❤
bwana jewe iyi song inteye amakenga kbx kuberako ayomagambo araremereye cyane pee
Cane arimo ubushobozi buhebuje
Shimwa mana turaguhaye icubahiro
🎉fire
What love🤭🤭🤭God bless you mukozi w'lmana
Warampariy Mana warambabariye
Hinge nitambire Yesu yaranesheje🤗🤗😃😃
Niw arwany abansi bampagurukiy Kandi niw amvugir imbere yImana nzima uw yesu aradusengera mbeg urukundo🎉❤
Ameeeeeen😭👏👏
❤❤Inanga 💃💃
ndabakunda cane from 🇷🇼🇷🇼
Nzokwama nivugiriza inanga kuko nzi ico Ndiho yakoze m'ubuzima bwanje
Thanks Uttar for the song