#Burundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • #Burundi : Igiporisi cafashe umugore aba mu #Gasekebuye muri zone ya #Musaga igisagara ca #Bujumbura, yagirizwa ko ariwe yicishije umugabo wiwe yishwe arashwe kw'igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, aho nyene mu Gasekebuye. Abamurashe bamusanze aho aryamye mw'ijoro, mu cumba ciwe.

ความคิดเห็น • 132

  • @herveniyokindi3512
    @herveniyokindi3512 3 ปีที่แล้ว +9

    Nta n'isoni ugira aho uvuze iki? Muri abagome kabisa, uwutazi ivyisi avyita ivyiwe kandi ngo buraca bugacana ayandi nsaba Imana ko yobasubiriza mu nkoko

  • @fanunana6820
    @fanunana6820 3 ปีที่แล้ว +9

    Muramubeshera basha nimuvuge ukuri

  • @simonmuhizi9500
    @simonmuhizi9500 3 ปีที่แล้ว +7

    Imana ibane niyonzirakarengane Y,umudame.ubu uwivye niwe mugabo yagiriza abandi k yibwe.Christa kaneza Imana ntiyakwibagiye niyo izi ivyawe kurusha uko abana babantu babizi umunsi umwe izokurenganura.

  • @kalisacharles6002
    @kalisacharles6002 3 ปีที่แล้ว +9

    Uyu Mupfasoni biragaragara no mumaso ko ibyo mumushinja ntabyo yakora Mushishoze ntimurenganye uwo mumama

  • @alainbigero8609
    @alainbigero8609 3 ปีที่แล้ว +5

    Twabonye inkinamico nyishi zisumba ako.
    Ukuri guca muziko ntigusha kandi uko woguhamba kwose kurateba kukigaragaza. It's a matter of time.

  • @nzobikorapapalove9720
    @nzobikorapapalove9720 3 ปีที่แล้ว +1

    Ninumwana kabisa ntibigaragarak yobayarabikoze kabusa.nanj mbonak atar ukuri kabisa.ababibonankanj nimumpe like

  • @Reine257
    @Reine257 3 ปีที่แล้ว +1

    Imana gusa imutabare muramukindagiye kumuvyimba mugere kumwicira umugabo en plus de ca ngo mumufunge ngo niwe yamwishe 😭😭😭😭I am so sorry dear women are strong keep going ntamvura idahita God is with you 😭😭😭

  • @nemanemi9213
    @nemanemi9213 3 ปีที่แล้ว +3

    Imana igendere imitima yabo yaremye

  • @claudemanirambona5985
    @claudemanirambona5985 3 ปีที่แล้ว +6

    Wapi izo ni montage zanyu kbs ntabwo vyunvikana nagato gusa Imana niyo izi ukuri mumureke agende kurera umwana wiwe mwoba mugize neza

    • @nyirishemajeanclaude6455
      @nyirishemajeanclaude6455 3 ปีที่แล้ว

      eeeeeeeh Claude uyumugabo mubi uragirango bazamurekure mbegaweee uteye ubwo kabisa

  • @TheChampion53
    @TheChampion53 2 วันที่ผ่านมา

    Kand yambay ishapure walah😂😂😂😂

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว

    Imana ishimwe KO yaciriwe kutaguma afunzwe,ibisigaye lmana izokwerekane ukuri.

  • @rodrguezingabire7319
    @rodrguezingabire7319 3 ปีที่แล้ว +5

    Ikibi sabatwara ikibi nugutwagwa nibitiyumvira ninde yohenduwundi nitatabazi kunkinamico mwice nkuko mwamupfakaje.nayo akokagugu ngonakamvugizi ... hahaha umushumba yataze sebuja gupfa uraka werewere vraiment.ahuri convaincu yivyuvuga vraiment ? ??uwomuryango mupfiki vyakweri rabibindubesha urabifise mureke kubeshera christa....

  • @someaafrika.3379
    @someaafrika.3379 3 ปีที่แล้ว +1

    She is beautiful ohh

  • @brigittengendankazi861
    @brigittengendankazi861 3 ปีที่แล้ว +8

    Madame ihangane kuko akarengane urigukorerwa ,imana izokurenganura.

    • @tigizigigim1527
      @tigizigigim1527 3 ปีที่แล้ว

      Ubizi gute ko atariwe yabikoze reka sha reka uwomukobwa nubona k ataco bimubwiye jewe nibaza uwo mugore riwe yarabirimwo gusa nuko batatubwiye motive iyariyo

  • @jimmynahimana9294
    @jimmynahimana9294 3 ปีที่แล้ว +1

    Iri nirementanya kubera ingene avuga vyagenze womenga yari mucumba. Kuba bavuga ibitandukanye nuko harimo ababesha. Courts nizo zonyene zovuga yuko ariwe wishe umugabo, akazi ka police nugukora amatohoza. Ewe Burundi!!😢

  • @ferdinandndihokubwayo3209
    @ferdinandndihokubwayo3209 3 ปีที่แล้ว +2

    Naw kowumva bahataye terefone muzogire amatohoza muje muri ARCT murabe communications bagiriraniy avant ! Mbega batazi inzu binjih aho gt? Mubabajij bababwiye kobahashitse gt? Nimba boba bahashikanyw nuwo mugore, ngo yari yabemerey iki??? Yoba yamujij iki?

  • @herveniyokindi3512
    @herveniyokindi3512 3 ปีที่แล้ว +2

    Inkuru yukuri irazwi ba mureka kudendekeranya, amaraso mwamenye ni menshi kuburyo mutotinya kurementanyiriza umuntu agandaye, birababaje kwicirwa abamwishe akaba aribo bagucira urubanza gusa Imana izobasubirize mu ndumane

    • @ndayishimiyerichard5680
      @ndayishimiyerichard5680 3 ปีที่แล้ว +1

      Nkurunziza yakubisy ninkuba kubera ububisha bwiwe none Never ntacirwa vyamuhaye? Harageze niba hatarenze ko mwereka ababiligi nako abadagi bavuga ko mutazi gutwara ko mubereka le contraire.none kweli mu bantu barwaniy démocratie surtout 1993 aba bagira aya marementanya nibo mwari mufise gusa.birababaje kweli ariko urugamba rukomey ruba rugiy kurangira Imana irazi Uko izobigenza ubu bugome bwabicanyi batwara burarenze Mana dukize izi nyeshamba uduhe abantu atari inyamaswa k'ubutegetsi.Hariho abahutu b'umutima atari abatukisha abandi

    • @herveniyokindi3512
      @herveniyokindi3512 3 ปีที่แล้ว +1

      Birababaje vrm, ntanaho wohera ubivuga inzirakarengane bakoreyeko ni nyinshi pe, si seulement ivyo bahoye la famille(bidakenewe kudondagura ariko bizwi) bazobibahambana vyoba vyumvikana ariko.inda baraguye wagira.ngo ni stock bariko barakora, je ndasaba bamureke agende arere umwana ubona ko uwari kumufasha bamwiyiciye

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi1990 3 ปีที่แล้ว +1

    Mbega Akarenganee

  • @Mwanaume676
    @Mwanaume676 3 ปีที่แล้ว +3

    N'ubugesera
    umengo ni film
    Ijoro ribara uwariraye

  • @davidndaruhutse2659
    @davidndaruhutse2659 2 ปีที่แล้ว

    Imwe munkuru zambabaje cyane uyu mukenyezi birabonekako ntanimbeba yakica

  • @gatlar628
    @gatlar628 3 ปีที่แล้ว

    Nibutse wamusazi bagiriza ngo yishe ababikira mukamenge,bisa nibi!gusa ayo marementany mugira umusi umwe muzobon ishavu ry'Imana

  • @wandaclifton6685
    @wandaclifton6685 3 ปีที่แล้ว

    Biteye iseseme kandi Imana irababona

  • @peacepeace755
    @peacepeace755 3 ปีที่แล้ว +2

    ICUBIBA NICO WIMBURA . Kandi ingeroyicaha nurupfu.

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 4 หลายเดือนก่อน

    Nibara kumutemere😢😢😢

  • @francinenshemezi487
    @francinenshemezi487 3 ปีที่แล้ว

    Mashariki muzobwire nkurikiye Ut uwo mupfakazi ushinyaguriye azoguhumira.ndamwifurije mumis Iza kwabiwe boshinyagurirwa nkuko mugize iyo nzirakarengane.nkurikiy ubwo sintavyara???

  • @jeannshimiyimana7408
    @jeannshimiyimana7408 3 ปีที่แล้ว

    Sha wamugabo we uyu mugore urigushinyagurira azaguhumira mumwiciye umugabo none uje kukarubanda uramwagiriza koyamwiyiciye nkwifurije kuzahura nugoyahuye narwo wakigoryi cumupolice

  • @asumanitito2504
    @asumanitito2504 3 ปีที่แล้ว

    Nibwabwok bokumusag

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 ปีที่แล้ว +7

    Ibi mugaragaza abantu bataracigwa urubanza ni amakosa!!!
    Hari
    1-ukurerwa,
    2- ukwagirizwa
    3-Ugukubitwa Intahe
    Igipolisi cacu kirarenga akarimbi kaco!
    Ejo Sentare isanze bera, abo Bantu bobitwarira ko mwabambitse iceyi 🤔
    Ba mushiikiriza Sentare niyo Izomenya Kubacira urubanza!
    Ahandi ho muriko murahubuka!
    Abo Bantu kubagaragaza batarakubitwa Intahe ni amakosa. Kuko gushik ubu ntawuzi ukuri.
    NI AKAZI KA SENTARE

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 3 ปีที่แล้ว +2

      @@someaafrika.3379 Watu Duniani wanatushangaa🤔🤔
      Sinzi igituma Igipolisi ciwacu kitazi Aho akazi kaco kagarukira!? 🤔
      Akazi kigipolisi ni ugufata uwuregwa. Nokumushikiriza ubutungane.Hapo, Kwisha Mchezo !
      Ubutungane nibw bumenya uwakosheje canke uwadenderejwe!
      Ahandi tuzosanga turiko twiha amenyo y'abatwenzi, kuko abantu Barazi uko m'ubutungane bigenda. Kiretse Uyu Muyobozi avugira Igipolisi 🤦🏾‍♂️

  • @ttttuuuu4894
    @ttttuuuu4894 3 ปีที่แล้ว +4

    Reka ntimukabeshye umugore wimyaka 20 yapanga kwica umugabo we nimwe mwabikoze bizabahame mwabagome none murimo gushinyagura

    • @zainabukubwimana4861
      @zainabukubwimana4861 3 ปีที่แล้ว

      Uribeshe cane mbe wibqza KO gukora icaha bihera kumyaka ingahe ?uriko gushigikira amakosa

    • @zainabukubwimana4861
      @zainabukubwimana4861 3 ปีที่แล้ว

      Bâ ubanza ishishoze canke ubaze neza imbere yo gushoka uca urubanza

  • @jeannshimiyimana7408
    @jeannshimiyimana7408 3 ปีที่แล้ว

    Mwabicanyi mwe mwatikije inganda none umwana muto nkuyu koyokwiyicira umugabo ndumiwe nurubanza uraruciye urahejeje

  • @rahmaclaudine9984
    @rahmaclaudine9984 2 ปีที่แล้ว

    Numugore yariyanutse

  • @tigizigigim1527
    @tigizigigim1527 3 ปีที่แล้ว

    Shaaa nari mumigambi yo kubaka ariko ndabona umengo shatse noba ndarindira🤔😥

  • @alicengozi1606
    @alicengozi1606 3 ปีที่แล้ว

    Harihint bitunvikan nuwuhe mugabo yokwemera kumugore yatsa amatara nimiryango ikarara yuguruw oy nububesh bariko barengany uwo mugore kabis

  • @leonidashatungimana9424
    @leonidashatungimana9424 3 ปีที่แล้ว

    Uri umucamanza mukuru wo kwisi yuburundi.....

  • @awezayesu1779
    @awezayesu1779 3 ปีที่แล้ว

    Hhmm i can't believe it 😭

  • @jeannshimiyimana7408
    @jeannshimiyimana7408 3 ปีที่แล้ว

    Ariko muzi kurementanya inkuru kwataraburana se muramushinja ubwo abomubona bafise ubushobozi bwokumwinjirira murugo ntimunamaramara muteye isoni bazavyivugire

  • @floribertniyongabo7725
    @floribertniyongabo7725 3 ปีที่แล้ว

    Hmm.

  • @LPMagical
    @LPMagical 3 ปีที่แล้ว

    Imbere yo kuvuga ko arivyo canke ko atarivyo tubanze kwumviriza versiıon yuwo mudame hano. ivyama sentiment tukabanza tukabishira iruhande tugakurikirana ukuri gusa aho kuri..kuko jewe kushika ubu iciyumviro kiri canse kumva kumutwe ni..ni gute bashoboye kwinjira murugo batarize kubomora n urugi narumwe ? comme bigaragara ko bari bien organises ni gute bagize icaha umugore "temoin du crime" akaba ari indemne ? İkindi gihe nkibaza nti umugore akiri muto nkuyu muri affaire nkiyi ntibitahuritse. nkakumwe nabivuze birasabwa ko twumva version kumpande zose kuko ntakidashoboka kuri iyisi.

  • @alesnema9596
    @alesnema9596 3 ปีที่แล้ว

    Nimubarase Nabo rero nicogihano bakwiye

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว +3

    Murivyose,justice y,i Burundi yiyubahishe sur l'affaire de cette maman innocente,kurenganya umuntu nkuyu,bikwega umuvumo.une maman aussi jeune nkuyu n'imbeba ashobora kubatoyica,mukama ndasavye na 1ere Dame nimba avyumva,aje muriyi dossier, kugira ukuri kumenyekane nukuri.

  • @josephinegahugano6148
    @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว

    Rekeraho bagenzi,igihano cukwicwa kiragahera iyo caroye,lmana yarakoze,ibaze nkubu bakurenganije ngowishe umuntu,utazi nukubaga inkoko,ugaca wicwa vrtt.

  • @jjnn2199
    @jjnn2199 3 ปีที่แล้ว

    duhe uruhusha nka famille tuvuge ico tubiziko...turashaka intervieuw...

  • @blessingirishuradodo1803
    @blessingirishuradodo1803 3 ปีที่แล้ว

    Mana weee birateye ubwoba kweri oya vyanse nukuri kumugabo numugore bubakana muzoze muborohereza batandukane kuneza kweri hatarinze kubamwo ubwicanyi ngubwo

  • @kigalimvukamo2857
    @kigalimvukamo2857 3 ปีที่แล้ว +1

    nonsense

  • @jeannenirere743
    @jeannenirere743 3 ปีที่แล้ว

    Burya yamugiyeko atamukunda afise icagiye gukurikirana iwe

  • @immaculeeshaka8710
    @immaculeeshaka8710 3 ปีที่แล้ว

    Ninkurikiye yamwishe ntanuwobaza bimugaragarako

  • @kamanzicrouch3881
    @kamanzicrouch3881 3 ปีที่แล้ว

    Mumwicire uwiwe hama mumupfunge ntabwenge mugira

  • @samiauwamahoro5019
    @samiauwamahoro5019 3 ปีที่แล้ว

    Mashariki tv ntabwenge mufita kweli murabon neza kwabantu bakiri aba jeune marié koyohavur yicishiriza umugbo???
    Shaaa nihatali ivyisi kweli

  • @jeanndereye8292
    @jeanndereye8292 3 ปีที่แล้ว +2

    Ayo marementanya umusi umwe muzoyishura.uwamwishe araho none mutaye mumvuto iyo nzirakarengane

  • @rutegekajules958
    @rutegekajules958 3 ปีที่แล้ว

    Nihatari

  • @shakibkhan8606
    @shakibkhan8606 3 ปีที่แล้ว

    Mana ubona iboneka nibitaboneka ukaba umucamanza wukururi uzugaragaze ukuri birarengeye tabara uBurundi

  • @laaatlllt4411
    @laaatlllt4411 3 ปีที่แล้ว

    Mana wee birababaj kl

  • @claudendikumana9315
    @claudendikumana9315 3 ปีที่แล้ว +1

    None, uwo mugore, kwica umugabo wiwe, inyugu yabikuramwo ni iyihe?

  • @ericnyandwi6351
    @ericnyandwi6351 3 ปีที่แล้ว +1

    Nikweri nibabahane babihanize nabandi bafiche itsiyumviro nkico

  • @amidushaban8081
    @amidushaban8081 3 ปีที่แล้ว +4

    Komera police national yu Burundi 🇧🇮

  • @nimbonaemery5419
    @nimbonaemery5419 3 ปีที่แล้ว

    nibara nibahanwe

  • @omansalalah8661
    @omansalalah8661 3 ปีที่แล้ว

    Nibamyic

  • @jcfjbgstjv9505
    @jcfjbgstjv9505 3 ปีที่แล้ว

    Nibara nukuri biteye agahinda nimumuhane bibereye kweli wamugorewe warahumanye nibaguhebere ivomo

  • @janatahmad7048
    @janatahmad7048 3 ปีที่แล้ว

    ewe manawe 😢😢😢😢uwo mugore ntanubwoba afise

  • @gatsinzilavaboy7216
    @gatsinzilavaboy7216 3 ปีที่แล้ว

    Uwomugore azohantwe kuko abagabo twama turarengara tuzira abotwubakanye

  • @fanunana6820
    @fanunana6820 3 ปีที่แล้ว +1

    Uwomugore siwewiyiciye umugabo nabahutu benewanyu

    • @rosentakarutimana2432
      @rosentakarutimana2432 3 ปีที่แล้ว +2

      Ntihica ubwoko,ahubwo nawe vyaragucanze

    • @dorenbronde1605
      @dorenbronde1605 3 ปีที่แล้ว

      Non uvuze kohicubwoko abahutu bushwe guher 1972 nabo banganik?komuvuga nkurunziza mbega buyoya yakoze amak Nawe yarumuhutu?

    • @josephinegahugano6148
      @josephinegahugano6148 3 ปีที่แล้ว +1

      @@rosentakarutimana2432 nivyo,tumenye guterintambwe muvyiyumviro bantu b'lmana,hapfa abantu bubwoko bwose,hakica abantu bubwoko bwose.gushira mumutwe ngo ububwoko nubwicanyi,uzama urushe,kuko niyo yoba Docteur ucuvugati,ntitubusangiye numugesera.

    • @rosentakarutimana2432
      @rosentakarutimana2432 3 ปีที่แล้ว

      @@josephinegahugano6148oui,ntihica ubwoko namba,kuko abarundi turavukana twese,turapfana ikintu twese.Mubwoko bwose rero harimwo intungane ninzirakarengane .

  • @ndayishimiyerichard5680
    @ndayishimiyerichard5680 3 ปีที่แล้ว

    Ewe wamuvugizi w'igipolisi uzosha imyaka myishi mumuriro.wavuze amarementanya meshi ugiy washika.ubu rero murica umugabo mugaca mupfunga umugore n'umwana wiwe.murazi kwica rubozo.Mbega mwebwe kahise ntikabigisha?abatware binkozi zikibi ntamahirwe zigira raba Nkurunziza

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 3 ปีที่แล้ว

      Oya nawe ibaze ukuntu bokwica umuntu murikumwe muryamana ntunavuze induru canke basi ngonamugwanirire unabonekeko nagakomere Kandi kugira ugirirwe nabi bica kumugenzi niwe agutanga aho rero nibintu vyokwitondera nivyamatohoza nyene

    • @ndayishimiyerichard5680
      @ndayishimiyerichard5680 3 ปีที่แล้ว

      @@jeannenirere743 buvuga ivyo uzi ntibari baryamany yari mukiriyo mukindi cumba ufise amakuru yibihimbano yabamwishe baca bacuvya amatohoza

  • @mohmmed01122
    @mohmmed01122 3 ปีที่แล้ว

    Rwe Mukama amaraso y'umuntu arahuma wamugorewe uzopfana agahinda amaraso y'umugabo wawe usheshe

    • @dorineirakoze3608
      @dorineirakoze3608 3 ปีที่แล้ว

      Reka kumucira urubanza Imana niyizi ukuri kwose.jewe mbona kobariko baramurenganya gusa Imana imutabare.

  • @rodrguezingabire7319
    @rodrguezingabire7319 3 ปีที่แล้ว +1

    Ukubesha ububi ububisha,ntacobimazeee nkurikiyee wee;uwomwana mubeshera biraboneka;nomumvugo;kudidiganya gusubiramwivyutatahuye biragaragarako watumwe kubesha.kandi cane,mais ikibabajee wewe uvyitakazi cankumwuga.mugabo bizoguhama wewe nabagutuma numuryango wawe .mugikiboneka biragaragara kurikijuju naje noguhanda ugahendeka. Tête vide. Je regrette du terme 😐😐😐😐

    • @jeannenirere743
      @jeannenirere743 3 ปีที่แล้ว

      Oya gusa gukora icaha ntamyaka bisaba Kandi biragoye gutahura ukuntu abantu bo kwinjira munzu ataho babomoye Kandi ntibinumvikana ariko amatohoza ahera kubomunzu burya kenshi umuntu yicwa nuwobamana yagize incuti yahafi kuko niwe abazi uko ataye rero urwo rupfu ruragoye gutahura Kandi nuwomudamu ntibomwicana umuntu areba ngovyijana baba baramuboshe basi rero amakenga ntiyobura

  • @michaeldb2620
    @michaeldb2620 3 ปีที่แล้ว +2

    Isiyaraheze ahumugore yicumugabo urikivumecumugore ntamahoro uzoronka

  • @ezekielykawage1105
    @ezekielykawage1105 3 ปีที่แล้ว

    Uwushe umuntu nanyene nukwicwa

    • @blaisylesaint8872
      @blaisylesaint8872 3 ปีที่แล้ว

      Uwuvuze ko bica abishe nawe rero tumubwire ko yicwa????

  • @anastaseniyo5937
    @anastaseniyo5937 3 ปีที่แล้ว

    Nibavyice ivyo bipfu kugira na yo vyishure ntibisubire kurya.

    • @dorineirakoze3608
      @dorineirakoze3608 3 ปีที่แล้ว

      Reka guca urubanza kuk nturulucamanza.wosanga harimwo inzirakarengane naho wabaciriye nkurwo wumva wocivyitwaramwo gute?

  • @ezekielykawage1105
    @ezekielykawage1105 3 ปีที่แล้ว

    Ugorugore nibarunyonge wagwice barumanitse imbere yabantu

    • @jeanndereye8292
      @jeanndereye8292 3 ปีที่แล้ว +4

      Uranyonga nyoko!uryo ruhinja ubona rwo kwica umuntu?

    • @ezekielykawage1105
      @ezekielykawage1105 3 ปีที่แล้ว

      @@jeanndereye8292 urumusazi vyagombegwa nawe ufatwe wicwe birumvikana koharicubiziko ubona vyokubako wishe uricwa

    • @jeanndereye8292
      @jeanndereye8292 3 ปีที่แล้ว +1

      Amarira yinzirakarengane imana irayumva

    • @jeanndereye8292
      @jeanndereye8292 3 ปีที่แล้ว +3

      Mbona ivyo kwica ubimenyereye ukuntu ubivuga.ico womenya nuko namategeko atemera igihano curupfu.rero nimba arivyo umenyereye umenye ko nawe urubanza rukurindiriye

    • @mugombozideath
      @mugombozideath 3 ปีที่แล้ว

      i don't believe that you take innocent people to the court

  • @kurubuga6562
    @kurubuga6562 3 ปีที่แล้ว

    Benabo baba bakwiye kwicwa

  • @ezekielykawage1105
    @ezekielykawage1105 3 ปีที่แล้ว

    Ntuvugemwo abagabo ubuvyakozwe numugore wanawake wawajibishwe hao wanyongwe

  • @lsalal2207
    @lsalal2207 3 ปีที่แล้ว +1

    Ubu se yungutse iki nimpimba ntiyoroshe

  • @kaburaberchimas6515
    @kaburaberchimas6515 3 ปีที่แล้ว

    Raba icokigore ukuntu casa neza ntuz kikaca kigira ibintu nkivyo!!
    Birababaje can nukur!!
    Jew ndumva nukurongora nciye mutinya kabisa!!

    • @ndayishimiyerichard5680
      @ndayishimiyerichard5680 3 ปีที่แล้ว +2

      Abahutu murakora ikibi kweli.mwamaze abatutsi babagwizatunga ubu rero muti kugir ihonyabwoko mwatanguy rigende neza muti tuca tuvyagiriza abagore.uwa mwishe vyukuri atumwe nabahabara biwe munyabugete ntakwezi yamaze mugasho aridegenvya.Bandanya amarementanya Imana ihore uwo mupfakazi niyo mpfuvyi musogota mutoneka izobashikane vuba mumuriro udahera kuko amaraso mwasheshe kuva 1993 yabana nabagore ariko arabadudubizamwo

    • @kaburaberchimas6515
      @kaburaberchimas6515 3 ปีที่แล้ว

      @@ndayishimiyerichard5680 non nkivyo vyamoko wew ubizany aha ngobitufashik??nkubu wew uraz kurumuhutu cank umututsi ndetse numutwa?? Konzi aramazina twagiy turahabwa gusa ngo urumuhut cank ngurumututs, ivyo vyamacakubir Jew siyondi nimba icaha kimwagira nahanwe nimba atacah afse arekugwe

    • @dorineirakoze3608
      @dorineirakoze3608 3 ปีที่แล้ว

      @@ndayishimiyerichard5680 oya nawe wasaze ngwabahutu barakora ikibi?ivyubikurahe?mbega mwebwe nimwe mukora ivyiza komukora ivyiza 1972 mwakoze amaki?

  • @turahimanaclaude1531
    @turahimanaclaude1531 3 ปีที่แล้ว

    Abagore bikigihe basigaye ntakaranga muntu bakigira ibintu byitotezwa bisigaye bibera mumiryango mubibere maso kbs