ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amen Amen Amen Imana ishimwe cane yoyakutugaruriye👏👏👏❤️❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Amen Uhoraho Imana yarakoz e caneee gose nunvise noshima nsanzwe ndi umupastori ico gitangaza kirahambaye cane habayeho igikogwa cindengera vyiyunviro kuri twebwe abana babantu kiretse Uhoraho we muremyi aha ubuzima uwashatse Amen
Nukuri Imana ininahazwe cane.Imana wakoreye ni umudahemuka kandi Naw uri umukunzi was Yesu.Komera caane
Amen 🙏🙏 Imana yarakoze kutuzigamira umusavyi wayo ! Ntawayikoreye akogwa ni soni
That's great! So sensational. Keep going ahead...
HalelluuuuuuuuuuaaaaahHalelluuuuuuuujaaaaaaahHa le luuuuuujaaaaah🙏🙏🙏🙏
Ukuboko k'umukama kwakoze ibitangaza Imana ihabwicuhiro ibihe vyose 🙏🙏🙏
Imana ishimwe yo yakuzigamye. Patiri. Iracafise umugambi utararangura igomba ko ubandanya uyikorera
Imana yarakoze kubatuzigamira iragahezagirwa ibihe vyose
Imana ikomeze kukugirira neza musasredo wiw
IMANA ininahazwe imisi yose na hose, ishoboye vyose. Ngo hari ingwara zidakira ariko IMANA irazikiza kububasha bwayo Allelua AMEN
IMANA ininahazwe kwisi no mw'ijuru yoyagusubije ubuzima.natwe turimukanyamuneza
Imana,ihabwicubahiro
Yooo warahatswe Patiri Imana uracafise ibikorwa Imana ishaka kugutuma.Imana ishimwe
Urakaninahazwa Mukama Yezu wakijije umusaserdoti waduhaye❤❤❤
Ntakinanira Imana
Imana Ihabwe icubahiro 11:36
Imana ishimwe caaaaneeee.Imana yarahabaye.Ham ikiganiro harimwo induru zabana muze muraraba.Merci bokuuu muhezagirwe
Umwami Yesu nashimwe yabazigamye
Imana ininahazwe kuba yabanye nawe murizo ngwara zibiri yagukijije.
Amen ukuboko kw'umukama kwaratsinze❤
Yezu ni aninahazwe!
Ukuboko kw'Umukama kwaratsinzee, ukuboko kwiwe kwakoze ibitangaza.Imana yarakoze kubakiza
Imana ininahazw irabikwiye
Ugware ukira mukozi w'imana, Imana igukomeze uracafise vyinshi vyo gukora mu kuragira intama zayo ❤
Amen Kristu nimuzima
Ukuboko kw'umumukama kwaratsinzee,Ukuboko kwiwe kwakoz'ibitangaza.Shimwa Mukama
Yooo musaserediti wumukama Imana yarabonye ko tugikukeneye iraheza irakudusubiza Imana ibandanye ibana n'a foiye yose.amen
Amashimwe
Vyose bishobokera abizera
Umukama arahangamye kungoma yikwije ubuninahazwa nahezagirwe we yagukoreye igitangaza. Amen
Imana ishimwe nukuri ❤❤❤
Umukama aninahazwe we yabongeye ubuzima. Natwe turi mukanyamuneza
Amen yezu numukiza ukuboko kumukana kwarakoze ibitagaro
Yezu numukiza 🙏
Umukama Aninahazwe ukuboko kwiwe kwakoze Ibitangaza
Amen !!!
Yezu nintsinzi
Pole nyakubahwa patiri Kana Amand
Umukama n'Aninahazwe arabikwiy e yakoze ibikomey natwe turimukanyamuneza
Imana ibishimirwe cane
Christu nimuzima
Amen amen
Yezu yarakoze turamushima
Yezu aguhezagire
Singizwa Dawe Uhoraho
Umukama n'Aninahazwe,ukuboko kw'Umukama kukwameko Père wacu.Uragakira
Ton père est Jésus seul
Amen
Umukama naninahazwe mwijuru.
Ameeen Imana Ishimwe
Umukama yaraziko tugikeneye
Umukama abishimirwe kukurokora patiri!horana nawe
Ukuboko kumukama kwakoze ibitangaza natwe turimukanyamuneza
Umukama Aninahazwe caaane
Umukama abandanye icoyatanguye muri wewe
Amen Amen Amen Imana ishimwe cane yoyakutugaruriye👏👏👏❤️❤️❤️❤️💒💒💒💒💒
Amen Uhoraho Imana yarakoz e caneee gose nunvise noshima nsanzwe ndi umupastori ico gitangaza kirahambaye cane habayeho igikogwa cindengera vyiyunviro kuri twebwe abana babantu kiretse Uhoraho we muremyi aha ubuzima uwashatse Amen
Nukuri Imana ininahazwe cane.Imana wakoreye ni umudahemuka kandi Naw uri umukunzi was Yesu.Komera caane
Amen 🙏🙏 Imana yarakoze kutuzigamira umusavyi wayo ! Ntawayikoreye akogwa ni soni
That's great! So sensational. Keep going ahead...
Halelluuuuuuuuuuaaaaah
Halelluuuuuuuujaaaaaaah
Ha le luuuuuujaaaaah🙏🙏🙏🙏
Ukuboko k'umukama kwakoze ibitangaza
Imana ihabwicuhiro ibihe vyose 🙏🙏🙏