ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Natanguy gutwenga nkibona émission nukuri😂😂😂😂😂😂😂merci sana Béni nukuri wavuga nuko tutumva ariko un jour bizoteba bihinduka😢😢😢...kaboss uhezagirwe bkp
Nukur 🤣🤣🤣🤣mwari mutubwiy impanuro nziza zirimwo numunezero wogutwenga🤣🤣🙏🙏❤️❤️🇧🇮🇧🇮buja nibisubireko kk umenga Bari kwisoko
En tout cas mu biganiro vyose iki ni number one 💯
Urakoze Benny, naguy mumazi c tout🤣🤣🤣🤣 Kaboss big up
Kaboss weee🤔😄zirafat ubuseriy Tonton hunger out,utwenga caaane 👌🏿🙊😴
Yoooh. Ndarize 😭😂😂😂😂ikiganiro cari giheze natwenze kbisa 😂😂😂
Dutunze abakobwa canke dutunze impene😂😂😂😂😂😂ndapfuye nogutwenga🤣🤣tonton beny uvuze ukuri kwuzuye je ndagushikiye 100%nakare échantillon iguma mugiseke bakagura irifundikiye😂😂Thx saana kaboss for real👌Hang out ndayifana🔥🔥
Ikiganiro ciza😍
19:18😂😂🤣kaboss natubwire uburyohe bwavyo😂🤣🤣🤣🤣Really ni hang Out yahaaatali🔥💪🏿
Tonton Benny merci pour tes conseils trop instructifs,en tout cas émission iryosh sana
Benny 🔥🔥🔥🙏
ikiganiro ciza canee 🔥🔥🔥🔥
😂😂tonton Benny wubahwe😂🙌💯
Nic kbs Karibu kandiii Benny ibiganiro vyanyuuu biratwigish vyinsh
Ndabakundunda cane keel bany niyubahwe keep ndamukunda cane kwel
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Nukuri murahature pe🔥🔥🔥🔥🔥👏👏👏
beny wubahw kuk uraduhanura can
Ben nukur mugir nez impanur zany zirumvikan nahacu kuzikurikiz🙏🙏Kaboss uzomugarukan vrt atubwir ibnd vyinsh
Hahahah abahungu baba majeur bakundana naba mineur...basigaye babita ngo zéro kilomètres
Merci pour l'entretien plein de conseils
Best best best 👌 🔥
tufulai tumalizanye😀😀😂😂😂
Some respect to Beny fr!! Da best one 💯
Wow🥰 hang out ya haaaatali🔥so courage yamingii kaboss💪
Merci Monsieur Bény👌
safi sana tonton!
Oncle Beny afise ukuri kurenze😂 batubwire karimpene🤌Wubahwe vrt
Naho tumerewe nabi muriyi misi😂😂😂nukuri naje nciye ndagufana cane😊😊 Kaboss none ko iyi émission yarinze itangura gushika ihere utwenga ni comment ????🤔🤔
😂😂😂😂😂😂😂ntaguye gutwenga ntararaba nikiganiro
Hama abahungu muhonja mutagura mwirabe🤣🤣🤣🤣🤣
Uri iwimponjo waguhonje mpaka🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣merci beaucoup
So Kaboss tureke kwifotoza 😂
Ben.imana.iguhezagire
👌👌👏👏
oyee barça😂😂nubw tumerew nabi
kaboss and jimber try to divid this kind of document which has one hour pleas make it one or two parts
fact!! they should figure out
For sure
Buja we share😂😂😂😂hama muri kasque ibandanye plz😭😭😭😭
Kaboss ategerezwa kubona like arabikwiy nongere mbisubiremwo " hangout" itegerezwa kumwubakira izina kbsa
😍😍😍
Courage kaboss 🔥
and then look at sharing a contact and address of beny kumunt ashoboa nkokumukener
eti nini ?hhhhhhhhhhhh

Some respect to Beny fr!!
Da best one 💯