I

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ธ.ค. 2023
  • Mu gisagara ca #Bujumbura hagiye kwubakwa ibindi bibuga bibiri bishobora gukinirwako umupira w'amaguru. Muyenge Alexandre arongoye Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu #Burundi yabishikirije mu gihe yariko avuga aho ibikorwa bigeze vy'ukwubaka Stade Intwari. #FFB #Burundi #Football #StadeIntwari

ความคิดเห็น • 7

  • @Sadamman-ii7tq
    @Sadamman-ii7tq 6 หลายเดือนก่อน

    Aba nyagihugu ninzara ishaka kubicha mubahe ivyokugya stade kandi inzara nirahera imana irababona ari ijuru nomukuzim uzakorera imana tuzahurira mwijuru

  • @siimon559
    @siimon559 6 หลายเดือนก่อน +2

    Habuze igitoro ect mugabo ibi bi hutu makaki bigiye kwubaka ama stades, niyambere itarahera

    • @Bigdeal123
      @Bigdeal123 6 หลายเดือนก่อน

      You're a big ignorant of 21st century 😂😂😂😂 ivyo biracakuraza ishinga?
      Naho nakagendeye kabisa hari ibikigoye birengeye ubwenge nkamacakubiri

    • @joelnzeyimana7791
      @joelnzeyimana7791 25 วันที่ผ่านมา

      mbewewe mukanwa kawe hama mwibitutsi nutikebuka uwomunwa uzocika

  • @Kwantare257
    @Kwantare257 หลายเดือนก่อน

    Comment ziraho ziraryoshe

  • @sevelinshimirimana1745
    @sevelinshimirimana1745 6 หลายเดือนก่อน

    Ariko ubwenge bwabategesti bacu bukora gute amabarabara yaraheze igitoro ntaco hama ngi bibuga vyumupira manawe

  • @ukosataniarikuvurugaabantu8602
    @ukosataniarikuvurugaabantu8602 6 หลายเดือนก่อน

    Nuko biriko bitegurwa gukora ntaco bifasha umwenegihugu wohasi .