wa Musore aryosha Imanza zi Bujumbura || Uno musi yaje yambaye umwambaro w'urubanza kugira atwemeze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 74

  • @Gahungujacques
    @Gahungujacques 4 หลายเดือนก่อน +4

    Musore mwiza courage urashoboye

  • @chantalkakunze259
    @chantalkakunze259 4 หลายเดือนก่อน +3

    Mana weee, akaraga kiwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Trésor bandanya uko. Igihugu cacu ndagikunda cane. Urakama muhungu wanje💞

  • @francineirankunda7826
    @francineirankunda7826 3 หลายเดือนก่อน +6

    Komera caaaane 🎉mbega vyizaaaaa😍😍😍😍😍 ndagushimiye caaaaane ndakunda uwukunda agateza Imbere igihugu cacu🌹 yemwe wubahw🙏

  • @DianaNingabiye
    @DianaNingabiye 4 หลายเดือนก่อน +2

    Tresor hejur cane nakayambu bamba akazin nitw mbabasiw😅😅😅😅😅😅❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @YvonneMugisha5055
    @YvonneMugisha5055 4 หลายเดือนก่อน +4

    Tresor❤

  • @yussufnimbona3247
    @yussufnimbona3247 3 หลายเดือนก่อน +1

    Waooo ndagukunda Can uzoz uturamuts Igitega

  • @DesireK89
    @DesireK89 4 หลายเดือนก่อน +3

    Basha jewe ndumva namacanrya. Nta kanovera birimwo

  • @ClaudetteNzeyimana
    @ClaudetteNzeyimana 4 หลายเดือนก่อน +4

    Uvyina neza ncuti. Tera imbere cane iyo n'impano

  • @adolphentibasharira9719
    @adolphentibasharira9719 4 หลายเดือนก่อน +5

    Urakoze cane mon fils Trésor mon fils uradukoreye mungata kibondo

  • @IrasayanganyeIdon-nw8mk
    @IrasayanganyeIdon-nw8mk 4 หลายเดือนก่อน +2

    Quel bon talent je suis fiere de mon pays

  • @AlexandreNiyongabo-j5g
    @AlexandreNiyongabo-j5g 3 หลายเดือนก่อน +2

    Iyo mu petit arazi kuvyina agis ljwi ryza niyaba atabizi yige ibicuba yige n'amajambo y'ikirundi calera nyaco vyoryoha gusumba

  • @IrakozeLionel-e8d
    @IrakozeLionel-e8d 4 หลายเดือนก่อน +5

    Número za Tresor zirihe? Merci pr l'emission. Journaliste prefere

  • @chantalkakunze259
    @chantalkakunze259 4 หลายเดือนก่อน +2

    Top👌abarundi twubahwe❤

  • @GubinNindorera
    @GubinNindorera 3 หลายเดือนก่อน +2

    taga nct wubahwe urashoboye kbx

  • @TresorAkayezu-bm5di
    @TresorAkayezu-bm5di 3 หลายเดือนก่อน +2

    Kwl niwubahw nukur uratunezerez kwl mazin yanj❤❤❤❤

  • @iradukundajeanine1812
    @iradukundajeanine1812 4 หลายเดือนก่อน +3

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮kubukw bwanj ndagukeney ❤❤❤❤❤❤

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 3 หลายเดือนก่อน +2

    Nukuripe urashoboye ❤

  • @primemajambere8250
    @primemajambere8250 3 หลายเดือนก่อน +1

    Courage vrt

  • @francinebayubahe-p4r
    @francinebayubahe-p4r 4 หลายเดือนก่อน +3

    Hejuru cane Tresor. Umwana yariko akuraba aciye ambwira ngo Maman nanje arandamukije Trésor . Bagumye bakuramutsa

  • @TresorAkayezu-bm5di
    @TresorAkayezu-bm5di 3 หลายเดือนก่อน +2

    Kwl niwubahw nukur uratunezerez kwl mazin yanj❤❤❤❤

  • @BettyNiyonzima
    @BettyNiyonzima 4 หลายเดือนก่อน +3

    Courage lmbere niheza nzogutumira nimana yanteriteka niho batonwa nyishi

  • @ndayisengatheogene9796
    @ndayisengatheogene9796 3 หลายเดือนก่อน +2

    Yubahwe Ndikumana. Gukunda igihugu n'akaranga kaco ni vyiza cane. Aratwigisha bikomeye cane akwiye gushigikirwa cane.

  • @SalmaIsmail-i8d
    @SalmaIsmail-i8d 3 หลายเดือนก่อน +2

    Courage ❤❤❤❤

  • @Afro_Sonie
    @Afro_Sonie 2 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @fiacrenduwimana7905
    @fiacrenduwimana7905 4 หลายเดือนก่อน +2

    mbega impano!!!!! komera cane mugenzi

  • @jeanbosconimubona3029
    @jeanbosconimubona3029 3 หลายเดือนก่อน +2

    Hezagirwa narugira

  • @cizaevelyne4494
    @cizaevelyne4494 4 หลายเดือนก่อน +2

    Uyumu type ndamukunda kueli

  • @gaellalove
    @gaellalove 3 หลายเดือนก่อน +1

    🇷🇼🇷🇼Love ur voice, ur smile and ur patriotism

  • @audrineiradukunda308
    @audrineiradukunda308 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤

  • @Afro_Sonie
    @Afro_Sonie 2 หลายเดือนก่อน +2

    Tresor ❤❤❤

  • @EmelyneComedy-vd9ij
    @EmelyneComedy-vd9ij 4 หลายเดือนก่อน +3

    Mumpe nimelo yuwo muhungu nzamutu nzamutumire

  • @jeaninekanyange186
    @jeaninekanyange186 4 หลายเดือนก่อน +2

    Duhe I numéro

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 3 หลายเดือนก่อน +2

    Dufashe inimero yiwe

  • @AlineNdayiragije-cu3st
    @AlineNdayiragije-cu3st 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤

  • @niyomwungerechristian
    @niyomwungerechristian 3 หลายเดือนก่อน +2

    Respecte mzeee ewana uranryohera sana

  • @zakiya-ww5zz
    @zakiya-ww5zz 4 หลายเดือนก่อน +2

    🤣😂🤣narinaryohewe nokuvyina numva ngo uratubeshe ndasetse pe😂🤣

  • @AngeRubeneIrakiza
    @AngeRubeneIrakiza 4 หลายเดือนก่อน +4

    Akaranga kacu sha🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🧡💛💙❤💜🧡💛💙❤

  • @shanthalshanthal1491
    @shanthalshanthal1491 4 หลายเดือนก่อน +2

    Akantu karenze nakikete ngonararyohewe

  • @DianaNingabiye
    @DianaNingabiye 4 หลายเดือนก่อน +2

    Franick ereg nawe uzokwikiriza uzohor umufash adis uzukunt uzikwikiriza weeee❤❤❤😂😂😂😂😂😂😂

  • @muhorakeyecynthia848
    @muhorakeyecynthia848 4 หลายเดือนก่อน +2

    None kuberiki mukunda gukoresha izina Muhorakeye😅😅😅😅😅😅😅😅

    • @muziranengerakiri9693
      @muziranengerakiri9693 4 หลายเดือนก่อน +1

      Ndabona nawe ariko kazina kawe komera mahorakeye

  • @JeanClaudeNdayikengurutse-s5l
    @JeanClaudeNdayikengurutse-s5l 3 หลายเดือนก่อน +2

    K mutaduh numéro yiw erg natw tub tumukeney

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 4 หลายเดือนก่อน +2

    Turakuramukije natwe.

  • @SuavisIrakoze-id5bd
    @SuavisIrakoze-id5bd 4 หลายเดือนก่อน +4

    Woooa we talent ❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤

  • @Viannendayishimiye-r5b
    @Viannendayishimiye-r5b 4 หลายเดือนก่อน +3

    Waooo courage vret

  • @AlineNdayiragije-cu3st
    @AlineNdayiragije-cu3st 4 หลายเดือนก่อน +2

    I love your smile you're so handsome

  • @EmelyneNzeimana
    @EmelyneNzeimana 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤🎉

  • @mrivannkulikiye6436
    @mrivannkulikiye6436 3 หลายเดือนก่อน +2

    Courage cane Mon frere

  • @ruandarwada-yo7hy
    @ruandarwada-yo7hy 4 หลายเดือนก่อน +2

    Jew shak nimer yiw nukur

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ihuruma numubindi bakubita nkingoma bubu bubu bubu bubu uwonumuzi wihuruma

  • @leagacuti2844
    @leagacuti2844 4 หลายเดือนก่อน +2

    We Franick nakayambu najewe ndakuramukije

  • @HenrietteKaneza-sn3ii
    @HenrietteKaneza-sn3ii 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ndagukundaa basii kuberaa ukuvyina pee😊

  • @FaidaNiyokindi
    @FaidaNiyokindi 2 หลายเดือนก่อน +1

    Yambuuu chrei

  • @joselyneningarukira696
    @joselyneningarukira696 หลายเดือนก่อน +1

    ❤️❤️❤️❤️❤️❤️🤌

  • @nkurunzizaserge1656
    @nkurunzizaserge1656 4 หลายเดือนก่อน +2

    Tresor bambasi ndagukeneye

  • @AlainNiyonkuru-z2t
    @AlainNiyonkuru-z2t 2 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤❤

  • @ruandarwada-yo7hy
    @ruandarwada-yo7hy 4 หลายเดือนก่อน +2

    Mufash muyimp pe

  • @elinanyiranzabandora412
    @elinanyiranzabandora412 3 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 4 หลายเดือนก่อน +3

    👏👏👏👏❤

  • @aliceNdayishimiye5369
    @aliceNdayishimiye5369 4 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂

  • @Arlène-l7y
    @Arlène-l7y 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ngutey intege cane ❤❤❤

  • @AstereIrakoze-xi2hs
    @AstereIrakoze-xi2hs 4 หลายเดือนก่อน +2

    bubu ok🙉🙉🙉🙉🙉🙉🙉🙉🙉

  • @ProsperAzipilicueta
    @ProsperAzipilicueta 4 หลายเดือนก่อน +2

    😊 0:0

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo7229 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤iyo muntu ankumbutsa vyishi

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 4 หลายเดือนก่อน +2

    Nakayambuuuuuu nakayambuuuuuuu

  • @JohaSaudia
    @JohaSaudia 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ndagufona San.

  • @CedrickImani-fl4ed
    @CedrickImani-fl4ed 4 หลายเดือนก่อน +2

    Very nice ❤❤❤

  • @AliceUwimana-j6l
    @AliceUwimana-j6l 4 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @aristidekakunze9982
    @aristidekakunze9982 4 หลายเดือนก่อน +2

    Nakayambuuu

  • @ClaudetteNzeyimana
    @ClaudetteNzeyimana 4 หลายเดือนก่อน +2

    N'akayambu

  • @MuvunyiInnocent-d8f
    @MuvunyiInnocent-d8f หลายเดือนก่อน

    Ndakwemera mugano✌️💥

  • @AimableUWAYEZU
    @AimableUWAYEZU หลายเดือนก่อน

    Love❤❤

  • @YvesManirakiza-cr8kh
    @YvesManirakiza-cr8kh 4 หลายเดือนก่อน +2

    Tresor ndakwemera terimbere ❤