Ni izihe mvo zatumye uwiyita Umuvugishwa Modeste Kayihura yirukanwa mu Burundi ubutarariye?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 พ.ย. 2024

ความคิดเห็น • 16

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 2 หลายเดือนก่อน +4

    Nn koyagarutse ubu arahomugihugu yaraye yubatse Uruguay numukobwa wasiyoni berisa

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 17 วันที่ผ่านมา

    Polici yuburundi wubahwe ❤❤🎉🎉😂😂😂

  • @raissafabien4285
    @raissafabien4285 4 ปีที่แล้ว +1

    Ukuri gutsinde mwizina rya yesu

  • @jeanpaulmajambere9608
    @jeanpaulmajambere9608 5 ปีที่แล้ว +2

    Ariko bigenda gute ko umuntu yovukira mu Burundi akahiga akahakurira kandi ivyangobwa vyose yari afise vyarivyo uburundi kandi atariwe numva ari hatari kko jewe sindabitahuye

  • @Simvura
    @Simvura 18 วันที่ผ่านมา

    Modeste kumbe yari yarambaye menottes😂😂😂

  • @محمدالدوه-ج1ل
    @محمدالدوه-ج1ل 3 ปีที่แล้ว +1

    Ivyo iyo vyar gukor umuhutu ntangoran birazwi abakira kuber we nibesh murek guping iman

  • @iriyazimanapascal7098
    @iriyazimanapascal7098 19 วันที่ผ่านมา

    None ko yasubiriye Ubu naho muzomwirukana kandi ?ko mwamworukanye mukamugarukana kubabera umukwe !

  • @christiannsengiyumva2658
    @christiannsengiyumva2658 5 ปีที่แล้ว

    amaremenkanya yanyu turayamenyereye mumwirukanye kubera ari umunyarwanda ivyo navyo bindi umubeshera vyumviriza abayoboke banyu kuko twebwe turabazi. mbe mumbonera ari umututsi?

  • @dianekwizera9531
    @dianekwizera9531 5 ปีที่แล้ว +1

    Nimba ari amarementanya nasenge kandi yizeye Imana izomweza kuko ntawayiringiye yakozwe nisoni ico nzi kuruyo muntu naho ntaramubona ndazi neza ntashidikanya ko hariho abo yasengeye kugera bakize ingwara zidakira kwamuganga rero nimba bamwirukanye kubera ukutavuga rumwe kuri hagati y'Uburundi n'Urwanda canke concurrence y abandi ba pasteur bazobibazwa igihe kizogera aho umwe wese azokwimbura ivyo yarimye

  • @umulisachantal7215
    @umulisachantal7215 ปีที่แล้ว

    Nuko ahanura bigasohora

  • @kf7018
    @kf7018 3 ปีที่แล้ว

    Uri umu Illuminati urwanisha Imana.
    Umuntu wese umwa Africa aremewe kugira karanga muntu hoose ashaka. Twese turi Abafrica.
    Mukureho bucakabiri twese turi abavandimwe.

  • @akbardasilva2028
    @akbardasilva2028 5 ปีที่แล้ว

    😂😂umuvugishwa nyabaki?

  • @ernestdesirenininahazwe4897
    @ernestdesirenininahazwe4897 5 ปีที่แล้ว +2

    Amashi menshi kugipolisi cacu

  • @naftalnshimirimana5817
    @naftalnshimirimana5817 5 ปีที่แล้ว

    Jewe nkumukozi w'Imana mbabazwa abadutukisha biyita abakozi b'Imana bigatoma abantu uwuzoza arababwira kwarumukozi w'Imana bizozabirafata umwanyamunini kugira bavyemere look kwarumukozi w'Imana.
    Jewe ndabona amasegero yose aziko yiyemera arakwiye kuvamugacerere yiyamirize ibibintu vyabaguma babatukisha, ariko nanje sinokwirengagiza iyomwenibi bitiba Imana yobibaye umubeshi kuko vyaravuzweko bizoba tubisoma muri bibiriya yera/nda nukontazigusoma igikorowani ngiranayo ntibuze ahobabivuga kuko nomubisiramu hariho abifata nkuko bitajanye nukwemera bagenderako.

    • @ICGLRGERARD
      @ICGLRGERARD 5 ปีที่แล้ว

      Kuvyiyamiriza ni kimwe ariko twomenya ko ivyanditswe bitegerezwa gushika. Abavugishwa b'ibinyoma bamyeho n'imbere ya Yesu Kristo hari abavgishwa b'ibinyoma. Usomye muri Amosi 5, ukaja no muri Mika n'ahandi urabona ko atari ivy'ubu. Yesu Kristo rero abantu nk'abo yabavuzeko nawe kugirango abantu batarwa mu rudubi. Bibiliya irerekana neza ko hariho abadandaza Ijambo ry'Imana, abatekamutwe mugabo ingeso zabo bagendera mu vyaha: 2 Abakorinto 2:17. Ivyanditswe bitegerezwa gushika, ahenshi ikigiracumi n'ayandi maronko birabiciye, n'amazosi barayacana kubera inyungu mbi. Ariko Hoseya 4:6, Haravuga ngo Abantu banje baranduwe no kutamenya,...Kandi ngo mugihe c'imperuka abantu benshi Ijambo ry'Ukuri rizoba ribarya mu matwi, hanyuma bace bironderera abigisha bahuje n'ivyo ivyipfuzo vyabo (Bibiliya, 2Timoteyo 4:3). Abantu nk'abo rero ntabwo bakorera Yesu Kristo. (Car de tels hommes ne servent point Christ notre Seigneur, mais leur propre ventre; et, par des paroles douces et flatteuses, ils séduisent les coeurs des simples. Bible, Romains 16:18). Abantu nk'abo rero ntibakorera Yesu Kristo. Bakorera inda zabo, zikaba n'Imana zabo. Abantu bahenzwe, bambuwe bakiriko kuko badashaka Ijambo ry'Ukuri. Turakeje Igipolisi c'Uburundi. Abamenja badandaza Ijambo ry'Imana ni benshi. Ariko bomenya ko biruhiriza ubusa (Zaburi 50:16-18), kandi ko:" Indya z'ibinyoma ziraryohera umuntu, ariko hanyuma zikamuhindukira urusekebuye, 'gravier', mu kanwa." Bible, Imigani/Proverbes 20:17.
      Ikindi nuko n'abazi ko bigisha Ijambo ry'Imana mu kuri, ntimushire agati mu ryinyo hari igihe bazobabeshera kandi bakabashengeza ivyo babarega bigafata bakabatonagura, no kwicwa mu kicwa. Muzokwagirizwa n'abanyeshengero banyu mu binyoma, kuko mw'ishengero ryose hama harimwo ibivange kumwe vyari nmuri rya gugu ry'abisirayeli. Uwufashwe wese rero s'ukuvuga ko azoba yakoze amakosa. Jewe nibaza n'igituma abakozi b'Imana benshi bumva umengo biraoroshe bidimamiye baratinye kuvuga ukuri.
      Yesu Kristo ati: '' RABA MBATUMYE MURI NK'INTAMA MU MABINGIRA HAGATI. ....MWIRINDE ABANTU. BAZOBASHENGERANA MU MANZA, BAZOBATONAGURIRA MU MASINAGOGI (MU MASHENGERO) YABO. BAZOBAJANA IMBERE Y'ABAGANZA BABAMPORA,....UMUNTU AZOSHENGERANA UWO BAVUKANA NGO BAMWICE, NA SE W'UMWANA AZOMUSHENGERANA, N'ABANA BAZOGABAGABIRA ABAVYEYI BABICISHE. MUZOBA MWANSWE NA BOSE BABAHORA IZINA RYANJE; ARIKO UWIHANGANA AGASHITSA KW'IHEREZO NIWE AZOKIRA" Bibiliya, Matayo 10:16-22. Hazogera igihe amategeko yo mw'isi abe umururazi kubakozi b'Imana b'ukuri.

    • @naftalnshimirimana5817
      @naftalnshimirimana5817 5 ปีที่แล้ว

      @@ICGLRGERARD,
      Urakoze cane.