Umve aya majambo akomeye Prophète Evrard avuze /bata umwanya ku bidakenewe/ku bigisha b’ibinyoma🤔

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ก.ย. 2024
  • #prophetevrard #sirenvibestv

ความคิดเห็น • 61

  • @konakunzeornella3164
    @konakunzeornella3164 2 ปีที่แล้ว +8

    Merci bcp hosy kur Man of God utuzaniye,uze uturonderere Apôtre Ferdinand Brigth wa spirit garden canke Patrick(GGC)

  • @mickeyboss0503
    @mickeyboss0503 2 ปีที่แล้ว +2

    Evrard ivyo ariko aravuga vyinshi nivyo, bravo! Ariko abanyavyaha ntibazi kwari abanyavyaha,Mpwemu yera niko kazi kiwe ko kwemeza abanyavyaha kwari abanyavyaha kugira babimenye hanyuma bihane!
    Ako niko nabonye yihenzeko!

  • @doncaimanseriousboy3181
    @doncaimanseriousboy3181 2 ปีที่แล้ว +3

    This interview is so important 🇧🇮 🇿🇦
    Umuntu siwe ahindura abantu+
    Ni
    Imana ihindura abantu+
    God first
    Glory to God 🙏

  • @MerlyDevy
    @MerlyDevy หลายเดือนก่อน

    Cngrts Prophet❤

  • @mbonimpaantonella675
    @mbonimpaantonella675 2 ปีที่แล้ว +4

    Hosy merci beaucoup 🥰🔥🔥🔥ijambo ryubakaa knd rihindura 🔥🔥

  • @sadockgahomera2843
    @sadockgahomera2843 2 ปีที่แล้ว +2

    Waouh ikiganiro ciza kirimwo inyigisho nyinshiii kandi kiryoshe, merciii bcp hosy✨

  • @jeandemashaka7799
    @jeandemashaka7799 2 ปีที่แล้ว +1

    Sitwebwe duhindura abantu n, IMANA ihindura abantu thank you man of God

  • @kenny-gofficiel8287
    @kenny-gofficiel8287 2 ปีที่แล้ว +5

    Merci Hosy🙌 Sois bénie, ikiganiro kirimwo inyigisho nyinshi!

  • @inspirestarsacademyrwanda
    @inspirestarsacademyrwanda 2 ปีที่แล้ว +3

    Look how his humble my prophet i love you much much respect..i m humble

  • @ruberintwarithierry5698
    @ruberintwarithierry5698 2 ปีที่แล้ว

    Wow wow wow wow urandyohe cane prophet! Duharira kubintu bitari ngombwa

  • @Sixelaflo1908
    @Sixelaflo1908 2 ปีที่แล้ว +4

    😭😍💥💥💥sirenn vibes encore merciiiiii,Wisdom 🫶🏽🫶🏽🫶🏽papa

  • @dociledushime
    @dociledushime 2 ปีที่แล้ว +6

    merciii beaucoup hosy pr cette belle émission😍😍😍😍

    • @valerecedrichayimana
      @valerecedrichayimana 2 ปีที่แล้ว +1

      Hosy azogire umusi azoze aratumira abantu babigisha ijambo ryImana....siko?

  • @arianenishimwe252
    @arianenishimwe252 2 ปีที่แล้ว +3

    Thank uu s much hosy🙏🙏w appreciate it so much

  • @diellamicheleharerimana9048
    @diellamicheleharerimana9048 2 ปีที่แล้ว +2

    Hosy wakoze cane kukiganiro😗💕😗😗propht b blessed💕💕imana igume iguhezagira

  • @ness-renelcitegetse9358
    @ness-renelcitegetse9358 2 ปีที่แล้ว +1

    Ijambo ry'Imana ritanga ihishurirwa ry'Umwana w'Imana

  • @سنتياالشهري
    @سنتياالشهري 2 ปีที่แล้ว +1

    Mr6 bcp muhezagirwe cane kk nabikurikirany cane.

  • @DonavineKagene
    @DonavineKagene 8 หลายเดือนก่อน

    Dady❤❤❤❤❤🎉🎉

  • @dj_arshal
    @dj_arshal 2 ปีที่แล้ว +1

    Waoouh ari wise kbsaa 🙏🏾🔥 merci kumw'invita 🙌🏾

  • @ntsinzielvine9995
    @ntsinzielvine9995 2 ปีที่แล้ว +3

    Ndakumva gose prophète

  • @florianebunganimana9440
    @florianebunganimana9440 2 ปีที่แล้ว +1

    Merciiii bcp Hosy♥️, vraiment murampezagiye🙏🙏🙏🙏

  • @juleschretien1963
    @juleschretien1963 2 ปีที่แล้ว +3

    Thank u prophet for being a good example for us

  • @desireekantore9642
    @desireekantore9642 2 ปีที่แล้ว +1

    Thank you Hosy, stay blessed ndamukunda can prophet evrard

  • @Sandy-uq6my
    @Sandy-uq6my ปีที่แล้ว +1

    That's my Dad♥️
    I do Love God

  • @lavieprincendayisenga9973
    @lavieprincendayisenga9973 2 ปีที่แล้ว

    Hosy thank you so much that's an example for us.....💥💥💥💥💥 That's Our Prophet... Higher Truth

  • @htvshow
    @htvshow 2 ปีที่แล้ว +2

    Twakiravye cone Hosy Nukur Ego twahezagiwe vrt Egoo

  • @muhozaemelyne7902
    @muhozaemelyne7902 2 ปีที่แล้ว +1

    Hosy nukuri merci beaucoup
    Dieu te bénisse 🙏🙏❤️🥰

  • @EvrardnkengurutseEvrardnkengur
    @EvrardnkengurutseEvrardnkengur 9 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉

  • @nancymwizero6940
    @nancymwizero6940 2 ปีที่แล้ว +3

    Imana ntiyaje kutumenyesha imyambaro, yaje kutumenyesha Umwana wayo.... Halleluiah

    • @andremis8023
      @andremis8023 2 ปีที่แล้ว +3

      Hanyuma tumaze kumenya umwana wayo ace atwigisha kwambara kuko icaha kitwambura imyambaro.

    • @VianneyNdayishimiye-i6i
      @VianneyNdayishimiye-i6i 9 วันที่ผ่านมา

      Yeah that s true

  • @nibarutaedward3435
    @nibarutaedward3435 2 ปีที่แล้ว +2

    Come on my prophète

  • @MerlyDevy
    @MerlyDevy หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @musicaderelajacion353
    @musicaderelajacion353 2 ปีที่แล้ว

    Namye mfise iyo ndoto merci bcp hosy

  • @Stunna4Hoey
    @Stunna4Hoey 2 ปีที่แล้ว

    Wow the Prophet is so wise, may God bless him abundantly, but Hosy you have to prepare your show uhereye kuri your Questions hamwe na Way u move your corps.... Thn bless up to y'all.

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana8527 2 ปีที่แล้ว +1

    Hosy,nari ndgkumbue shaa

  • @durantrd3199
    @durantrd3199 2 ปีที่แล้ว +1

    Turashaka utumire pasteur stanley niyongabo

  • @olamideegidelogie9793
    @olamideegidelogie9793 2 ปีที่แล้ว +1

    Wow

  • @gahungurichard1519
    @gahungurichard1519 2 ปีที่แล้ว +6

    Mbega nta TV en ligne atangirako ubutumwa muyiduhe?

  • @Now25772
    @Now25772 2 ปีที่แล้ว +1

    amen 🙏🏽

  • @itekalandry
    @itekalandry 2 ปีที่แล้ว +1

    Prophet

  • @iranzifanny9008
    @iranzifanny9008 ปีที่แล้ว

    Amen amen

  • @ngabojoel4752
    @ngabojoel4752 2 ปีที่แล้ว +1

    I love your talk shows siren vibes...keep up the great job 👏 you're going blessings 🙌

    • @ngabojoel4752
      @ngabojoel4752 2 ปีที่แล้ว

      A great job you're doing I meant kudos 👏...your Rwandan brother appreciates 🙏

  • @humblespirit6182
    @humblespirit6182 2 ปีที่แล้ว +1

    🙏🙏🙏🙏

  • @ColinCleo
    @ColinCleo 2 ปีที่แล้ว +1

    🤲🤲🤲🤲

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 ปีที่แล้ว +1

    Bavuga iSaha 8 Z'umuhingamo
    Not z'umugoroba

  • @irmaiteriteka8295
    @irmaiteriteka8295 2 ปีที่แล้ว

    👌🏾👏🏾✨

  • @MunezeroAnitha-d8i
    @MunezeroAnitha-d8i 5 หลายเดือนก่อน

    Duhe numéro de téléphone zanyu

  • @tuyishemezeirispascal8461
    @tuyishemezeirispascal8461 2 ปีที่แล้ว

    👌🏾

  • @keyllakimana4638
    @keyllakimana4638 2 ปีที่แล้ว +2

    Bless you 🤍

  • @carinekaneza565
    @carinekaneza565 2 ปีที่แล้ว

    Turafashijwe kweri

  • @rutayisirejeanmarievianney6735
    @rutayisirejeanmarievianney6735 2 ปีที่แล้ว

    Ikiganiro cyiza

  • @valerecedrichayimana
    @valerecedrichayimana 2 ปีที่แล้ว +1

    "...Bibiliya urashobora kuyigisha utariko wigisha ijambo ryImana...,ahubw urashobora kwigisha ijambo ryImana utariko wigisha #Ubutumwa_Bwiza biratandukanye cane
    Hama ikibazo nomubaza niki ahejej kuvuga ati kuva mwItanguriro gushika muri Apocalypse harimwo inkuru imwe yUmwana wayo...so Mwoba mwigisha ubutumwa bwiza kuva muri Bibiliya yose ahari hose muba mwasomye...?
    Ico ndakibajije kuber nigez kwumviriza muriko murigisha sinumvisemwo ubutumwa bwiza nukuri numvise amajambo yo kudushusha muri make kuduza kamere kacu aho kutuma tukica (sinumvise ko muriko muravuga inkuru nziza yumwana wImana...)

  • @DonavineKagene
    @DonavineKagene 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 2 ปีที่แล้ว +1

    🙏🙏🙏🙏