amosozi y'urukundo NIKIZA DAVID

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 14 ต.ค. 2024
  • amosozi y'urukundo NIKIZA DAVID

ความคิดเห็น • 33

  • @ArthemondNimubona
    @ArthemondNimubona 9 หลายเดือนก่อน +2

    Irarenze kl❤❤❤ niyiruhukire a mahoro🎉🎉

  • @NahimanaJeanPierre-m8w
    @NahimanaJeanPierre-m8w ปีที่แล้ว +3

    Amahoro abane namwe ,mwese abakiriho ndetse na batabarutse Niki David, Tanga Toni, Kagenda, Chanjo Amissi abo ntashoboye kwibuka mumbabarire kuko igihe gishize niki nini ariko izi ndirimbo za mabano zinyibutsa byinshi mubuzima bwanyje, amabano Imana ibahezagire

  • @nzobamwitajeanclaude6242
    @nzobamwitajeanclaude6242 2 ปีที่แล้ว +2

    Umuziki ubika son originalité et sa popularité des années et des années !

  • @nkurunzizaeric886
    @nkurunzizaeric886 3 ปีที่แล้ว +4

    Biragoye kusubira kuronka abaduha indimbo nkiyiii niwigire warasize izina!!

  • @constantinnicoiconoppa587
    @constantinnicoiconoppa587 ปีที่แล้ว +3

    Ni 2023 ndiko numviriza iyi ndirimbo imaz imyaka irenga iyo mfise. Namwe mur 2050 muyumva gute?

  • @sylvestreciza6089
    @sylvestreciza6089 ปีที่แล้ว +2

    Ndamukunda David

  • @cedibrown5067
    @cedibrown5067 11 หลายเดือนก่อน +4

    The Legend never died 😢

  • @aristidesindayigaya6638
    @aristidesindayigaya6638 4 ปีที่แล้ว +5

    Niwigende wari warahawe impano idasanzwe,ndagukunda.

    • @aristidesindayigaya6638
      @aristidesindayigaya6638 3 ปีที่แล้ว

      Murakoze KO commentaire yanje yabaye sélectionné.

    • @mbonimpaibrah4336
      @mbonimpaibrah4336 3 ปีที่แล้ว +2

      Abo nibo baririmvyi. Apana ab ubu baririmbishwa n itabi

  • @misagosylvestre3356
    @misagosylvestre3356 3 ปีที่แล้ว +4

    watching 2021 indirimbo zidahera akanovera

  • @12NZEYIMANA
    @12NZEYIMANA 2 หลายเดือนก่อน

    👍

  • @emmanueltungukobiri1036
    @emmanueltungukobiri1036 3 ปีที่แล้ว +3

    Ça fait vibrer le cœur !

  • @sonzohumud4700
    @sonzohumud4700 3 ปีที่แล้ว +1

    Indirimbo nziza. Mwakoze cane

  • @leonardndikumukiza9183
    @leonardndikumukiza9183 11 หลายเดือนก่อน +1

    Abaririmvyi nkaba gusubira kuzobaronka ntibizobaho

  • @shadiahborandi2687
    @shadiahborandi2687 3 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe

  • @VitalMinani
    @VitalMinani ปีที่แล้ว

    Birababaje igendere tuzohora tukwibuka

  • @dusabumuremyivenuste2830
    @dusabumuremyivenuste2830 3 ปีที่แล้ว +2

    Irimo amagambo meza y'urukundo

  • @VitalMinani
    @VitalMinani ปีที่แล้ว +1

    Narahonvye kuva ntamukubisijisho

  • @FabriceNiyonkuru-d6o
    @FabriceNiyonkuru-d6o 4 หลายเดือนก่อน

    Cane gos

  • @JoyMuga
    @JoyMuga 4 หลายเดือนก่อน +1

    Hy

  • @nzoyisabaferdinand9671
    @nzoyisabaferdinand9671 2 ปีที่แล้ว +2

    😭😭😭

  • @pacionthemic4030
    @pacionthemic4030 5 หลายเดือนก่อน

    Original🎉

  • @valeriengiriyabandi335
    @valeriengiriyabandi335 3 ปีที่แล้ว +2

    Indirimbo ya original idasubiyemwo. Waririmvye neza. Icombwira iyo uyu mugabo ageze. Kandi aracariho ndibaza?

  • @willynshimirimana-pt6rm
    @willynshimirimana-pt6rm ปีที่แล้ว +1

    57567

  • @rosaliebiniga5543
    @rosaliebiniga5543 หลายเดือนก่อน

    None original ninde ? Niki David canke , kidumu?