kirezi c'umugenzi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 ก.ย. 2009
  • เพลง

ความคิดเห็น • 128

  • @rastamangilbert3384
    @rastamangilbert3384 ปีที่แล้ว +13

    Abariko bumva iyi ndirimbo muri 2022 mpa like ndabe

  • @operationsunidis6931
    @operationsunidis6931 4 ปีที่แล้ว +9

    Ndabahaye yambu caane abari kuri runo rubuga!!!Imana ibahezagire kandi iduhere uburuhukiro bwiiza incuti yacu Canjo. hama nagomba gusaba uwoba azi uwo Canjo yariririmbiye iyo ndirimbo "HORA IHORERE" kuko ndashaka kumenya l'histoire yiyo ndirimbo kuko benshi turiko tukivuganako umwe wese avuga uko abvishatse.Hakaba hari abakera ngaha baduhe umuco.murakoze

  • @maombiaimee-gs6lo
    @maombiaimee-gs6lo ปีที่แล้ว +2

    Nkumbuye U Burundi bagabo,Nubwo ntar'umurundi,Agahogo kiwacu❤❤❤❤❤

  • @nlambert69
    @nlambert69 9 ปีที่แล้ว +40

    Am rwandese but one thing is sure burundian artists are so far away comparing to rwandese artists!Very very talented and highly appreciated!Keep it up!

    • @ntagandatwaha9322
      @ntagandatwaha9322 9 ปีที่แล้ว +2

      You being rwandan doesn't mean that you know every thing about Rwandans. I was born and raised in Burundi, and I can tell you that many of these Burundian artists are Rwandans. Take an example of Musoni Evarist, how many of you knew that he was Rwandan?

    • @krc0607
      @krc0607 8 ปีที่แล้ว +7

      +Ntaganda Twaha Iyo upfuma wihorera...

    • @safarinyubaha5109
      @safarinyubaha5109 6 ปีที่แล้ว +6

      Ntaganda Twaha none na Canco ni umunyarwanda? Anywhere niba ari abanyarwanda babaye forme nuburundi ivyo ntawovyirengagiza

    • @therwandannoble2034
      @therwandannoble2034 6 ปีที่แล้ว +3

      Emmy Ishimwe
      u Rwanda n' u Burindi bisana vyinshi kurusha ivyo bitandukaniyeko, mugabo ukuri kuravugwa. U Burundi ni murumuna w' u Rwanda, kandi si bibi habe na gato.

    • @akiteretsearsene3637
      @akiteretsearsene3637 5 ปีที่แล้ว +1

      O.M.G ...thanks

  • @zakiyahamisi0506
    @zakiyahamisi0506 2 ปีที่แล้ว +6

    I miss my country😭

  • @markoviskyhernandez9706
    @markoviskyhernandez9706 ปีที่แล้ว +3

    My favorite song from my childhood and forever!!

  • @africanrebirth334
    @africanrebirth334 4 ปีที่แล้ว +7

    Absolutely connecting to the ancestral land.

  • @ruzage
    @ruzage 14 ปีที่แล้ว +4

    Turagukumbuye burundi bwacu. what a nice songs we used to listined and enjoying a lot!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

  • @emerypacifique1
    @emerypacifique1 13 ปีที่แล้ว +10

    il etait le meilleur compositeur du burundi mais peu connu.

  • @gaellakubwimana9324
    @gaellakubwimana9324 2 ปีที่แล้ว +4

    Ese ikirundi ingene ari uririmi rwiza mugabo abavyeyi bino myaka bagashaka ko abana babo bovuga ururimi rwo mumahanga!!!

  • @eugenebertrandbazera5706
    @eugenebertrandbazera5706 9 ปีที่แล้ว +12

    Iyi ndirimbo ndayikunda cane. Au fait les ançiens artistes Bdais baririmbaga neza kandi bafite texte nziza

  • @kaburahegerard5695
    @kaburahegerard5695 2 ปีที่แล้ว +2

    Bereki Niko kazina bamwita
    ENG Nykabiga Rtnb
    Canke Magarama Home
    Gitega waragezagiwe
    Wavyaye abaririmvyi inoubliable
    Souvenir zica ziba nyishi

  • @MrMELCHIADE
    @MrMELCHIADE 12 ปีที่แล้ว +7

    an amazing song! Cheers the Burundian artists!

  • @user-im8jo2ye9z
    @user-im8jo2ye9z 9 ปีที่แล้ว +5

    La musique burundaise est incomparable

  • @bagerard1
    @bagerard1 13 ปีที่แล้ว +5

    This singer's name was HAKIZIMANA Jea Berchmas , oui ilest vrai qu'il etait peu connu mais was one of the best composers

  • @ntldx922
    @ntldx922 8 ปีที่แล้ว +7

    Mbega indirimba nziza! Kera abiwacu bakiririmba, abubu bobo ntakintu. Nzokwama ndayikunda nazimwe za 80s na 90s, those were and are still the best.

  • @luxurytodaychannel
    @luxurytodaychannel 5 ปีที่แล้ว +9

    Ndakunda uburundi cane.Nova uzaze iwacu mu Rwanda

  • @michelinemanirambona7799
    @michelinemanirambona7799 10 ปีที่แล้ว +4

    Iyindirimbo inyibukije vyinshi, nice song

  • @ezechielndikuryayo684
    @ezechielndikuryayo684 5 ปีที่แล้ว +6

    Haaaaaaa ahuri uruhuke amahoro iyi nayo irarenze 2019.....mbegijwi amajambo aruhura ..

  • @lethissia
    @lethissia 14 ปีที่แล้ว +10

    Tumenya aga chiro kindirimbo ziwachu uyo turi hanze eka indirimbo zo muburundi zakera zira ryoshe barakwiye aga shimwe abatakiriho nibarondere ama family babahe kabisa

  • @martinnshimirimana947
    @martinnshimirimana947 2 ปีที่แล้ว +1

    Nice song,nice country !

  • @bahatinyamuzinda3155
    @bahatinyamuzinda3155 12 วันที่ผ่านมา

    Ngira ndamuririmbe ooonkamuyaga mubandi by David Nikiza

  • @isidoremanirageza8852
    @isidoremanirageza8852 6 ปีที่แล้ว +4

    Zifise akanovera Aba baririmvyi Bari bakwiye gushimirwa n'igihugu

  • @dushimechrista8742
    @dushimechrista8742 6 ปีที่แล้ว +4

    it makes me miss my home...

  • @sylvestreniyonkuru5326
    @sylvestreniyonkuru5326 6 ปีที่แล้ว +1

    Imana ibahezagire kbsa mwebwe baririnvyi bâ kera ,muririmba indirimbo zumutima ,kandi mwabikorana ubwitonzi nubwira nurukundo,,mutandukany nabubu

  • @user-nw5jl1vq6v
    @user-nw5jl1vq6v 4 หลายเดือนก่อน

    Ndayikuze❤❤❤

  • @thegift292
    @thegift292 3 ปีที่แล้ว +1

    les meilleurs artistes du passé

  • @j3aypee
    @j3aypee 7 ปีที่แล้ว +1

    every time I hear this song, l lose it,..l miss home.

  • @chanellendayiragije122
    @chanellendayiragije122 5 ปีที่แล้ว

    Ooh indirimbo ziruhura..zakanovera!!!bari bashoboye abakera vrmt

  • @bnkundwa
    @bnkundwa 5 ปีที่แล้ว +1

    Umugenzi, incuti la famille burundaise est très grande.

  • @ZiggyMugabo
    @ZiggyMugabo 4 หลายเดือนก่อน

    Kirezi c'umugenzi!iwacu mu burundi

  • @godiseverything9763
    @godiseverything9763 10 ปีที่แล้ว +7

    numva nshaka gusubira kuba mumyaka ya 80 na 90s

  • @emmanuelnduwimana5957
    @emmanuelnduwimana5957 7 ปีที่แล้ว +2

    Nice song!!

  • @rukimiranacome8939
    @rukimiranacome8939 6 ปีที่แล้ว +3

    It remind me when i was young in one village(Gihanga)

    • @rukimiranacome8939
      @rukimiranacome8939 6 ปีที่แล้ว

      Amezing song surely

    • @Bakariijr
      @Bakariijr 4 ปีที่แล้ว +2

      Same here gihanga home burundi

    • @NtaconayigizeNoe
      @NtaconayigizeNoe หลายเดือนก่อน +1

      Indirimboo nziza cne ntaworeka kuyishima burundii sagamba urimwo abagabo bintwari .shinga icumu mu m'ashinga???

  • @karemerajean9696
    @karemerajean9696 9 ปีที่แล้ว +13

    ndakumbuye ubu burundi bwo muri za 1990 niho numva izi ndirimbo zaba jean Berchmas, mosoni evariste, ciza, canco, nova, etc...

  • @ericniyokwizera2342
    @ericniyokwizera2342 6 ปีที่แล้ว +3

    Igitangaje nuko ata media nimwe tucumvako izi ndirimbo ziryoshe zitwibutsa akahise!!!!!!Birababaje pe

  • @vanilladushime2272
    @vanilladushime2272 3 ปีที่แล้ว +1

    Kirezi c'umugenziii😍😍😍😍😍

  • @jeanbyamungu2787
    @jeanbyamungu2787 7 ปีที่แล้ว +1

    Agafuni kabagara ubumwe nakarenge ....................

  • @user-fy4jy7ht3q
    @user-fy4jy7ht3q 12 วันที่ผ่านมา

    Très bien

  • @masterbe3923
    @masterbe3923 7 ปีที่แล้ว

    Awesome song

  • @miratv3493
    @miratv3493 7 ปีที่แล้ว +1

    belle music

  • @abodetidings8392
    @abodetidings8392 3 ปีที่แล้ว +1

    komeza wangu

  • @petero.wandeka1602
    @petero.wandeka1602 3 ปีที่แล้ว

    iyii ndirimbo ko atimbona iyonshatse kui dawlonding

  • @jonathanmanirambona5196
    @jonathanmanirambona5196 ปีที่แล้ว

    Kameze neza

  • @jeannshi
    @jeannshi 13 ปีที่แล้ว +2

    Peu sont de la meme trempe de cet artiste!

  • @emmanuelkadoyi6335
    @emmanuelkadoyi6335 4 ปีที่แล้ว

    Uburundi buraririmba!!!

  • @aminiwise_guy_respect_musi2254
    @aminiwise_guy_respect_musi2254 7 ปีที่แล้ว

    nanje ndadukunda cane naho ndi mumahanga nitwo tunyibutsa iwacu mu Burundi

  • @venybebeto9044
    @venybebeto9044 8 ปีที่แล้ว +2

    iwacu ni heza.

  • @ntwarintare
    @ntwarintare ปีที่แล้ว

    aka karirimbo wokumviriza umusi wose ntikakurambire

  • @Belina-ye8mb
    @Belina-ye8mb ปีที่แล้ว

    Old is gold

  • @user-mp6hg5sx3t
    @user-mp6hg5sx3t 7 หลายเดือนก่อน

    Tuzokwama tubibuk

  • @pascalsuwabose8153
    @pascalsuwabose8153 9 หลายเดือนก่อน

    Il fut mon prof de Kirundi mais je ne sais pas s'il est toujours en vie?

  • @jimimbz2008
    @jimimbz2008 11 หลายเดือนก่อน

    Dvn i love u kirezi cumugenzii 3:53

  • @calachakama
    @calachakama 5 ปีที่แล้ว

    musique de qualité

  • @jamesniyonkuru4214
    @jamesniyonkuru4214 2 ปีที่แล้ว

    haaaa karahanyuze y'iburundi

  • @jeannshi
    @jeannshi 13 ปีที่แล้ว +1

    awsome

  • @nigermain79
    @nigermain79 9 ปีที่แล้ว

    Chantal ndayizeye
    Vyose birashoboka ko we can more enjoy what is good in our cauntry ntitwihebute turi mubihe bigoye ariko bivana nuko tubisha tubishatse ntakidashoboka ndizera ko uwo wese afise inyota yugusubora kubona uburuni bwsbose bushajije buteye igomwe bw.igishika ntankeka bizoshoboka igihugu nticahindutse naco kirakeneye abakibamwo nagikunda kandi bakundana nkakera reka dure intege abo bose bagifise ivyo berekana vyari bigize bwa burundi minyotewe twibagire twirengagize abatuma twibuka ivyabuhinduye bugatakaza za ncuti nabagenzi

  • @annickinamahoro6592
    @annickinamahoro6592 6 ปีที่แล้ว

    Mbega indirimbo ziryoshe

  • @umurungijeanne8916
    @umurungijeanne8916 10 หลายเดือนก่อน

    YOO berchimas disi

  • @nihorimberemichelchristoph4756
    @nihorimberemichelchristoph4756 2 ปีที่แล้ว

    BIRARYOSHE VRT.

  • @barthelemyndayizeye4235
    @barthelemyndayizeye4235 5 ปีที่แล้ว

    Indirimbo zo hambere zizoguma ari izambere kabisa.

  • @meshackirarishikije8118
    @meshackirarishikije8118 5 ปีที่แล้ว

    Armonais music

  • @annickinamahoro6592
    @annickinamahoro6592 6 ปีที่แล้ว

    Ibisigi vyawe nzobitera iteka ntawutera ibuye aho yateretsigisabo

  • @hakizimanaoscar2033
    @hakizimanaoscar2033 9 ปีที่แล้ว +2

    Nkunda cane iyindirimbo mana yanje

  • @rashidfarid9484
    @rashidfarid9484 2 ปีที่แล้ว

    kirezi c'umugenzi

  • @jeanrubeya4882
    @jeanrubeya4882 4 ปีที่แล้ว

  • @kayijukaalfred5234
    @kayijukaalfred5234 6 ปีที่แล้ว

    utu turirimbo turanezeza twabakurambere

  • @schadrackniyonkuru7395
    @schadrackniyonkuru7395 6 ปีที่แล้ว

    uturirimbo nkutu nutwo kwishimira non kuki urwaruk rwub tutofatir kuri izi mpanuro dusangamw?

  • @izerejesusparfait8094
    @izerejesusparfait8094 6 ปีที่แล้ว

    None Izo talents zagiye he?

  • @Belise2004
    @Belise2004 13 ปีที่แล้ว

    @ ntayega it by kidumu

  • @suzaneharerimana4833
    @suzaneharerimana4833 11 ปีที่แล้ว

    Ariko ba disi umuntu yoba azi adresse ya Murekatete Laetitia ayimpe ndabinginze .
    Laetitia si tu as la chance de lire mon message contacte moi dès que possible

  • @egideniyonsaba2662
    @egideniyonsaba2662 7 ปีที่แล้ว

    0

  • @NicodemNzomwita
    @NicodemNzomwita หลายเดือนก่อน

    @nkumurundi wumut2000 tanga like kwinondirimb

  • @habimanavincentstone7218
    @habimanavincentstone7218 8 ปีที่แล้ว

    Indirimbo zo hambere zimeze neza cane gose.Nanje ndi umuywanyi wazo kweli.

  • @muhizi3117
    @muhizi3117 8 ปีที่แล้ว +2

    ndakunda cane indirimbo zo hambere