Ikigwati kidasanzwe kije guhindura UBURUNDI//Abanyagiriza ubusuma//Ubuhinga vyubatswemwo//Akarusho
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
- Ikigwati kidasanzwe kije guhindura UBURUNDI//Abanyagiriza ubusuma//Ubuhinga vyubatswemwo//Akarusho
@NtareRushatsiHouseTV #diaspora #visitburundi
Courage cane muhungu wigihugu Burundi 🇧🇮 terimbere Imana yakuduhaye ikudutungire❤
Guma abantu nkawe bazaza bubake uburundi ubwo wewe uri impfura komera Imana Irikumwe Nawe 🇷🇼
Nimfura nzima pe😊😊
Respect à toi fabrice.vrai patriote
Du courage fils du pays. N abandi turinyuma
Woow! Congratulations to you Mr Fabrice ! Abantu nkawe nibo dukeneye chez nous. courage !
Congratulations again Monsieur Fablice
Abaguca intege rekana nabo bazokubona mukirere gakomeze kabarye
Duuuu One Love From Kinindo 🇧🇮 Bujumbura
Fabrice umugisha Imana yatanze kugira ahe iyindi shusho uburundi ntiwiteho ibaguca intege komeza umugambi wawe Imana irimurihande rwawe bakuvuga nabi bareke turagukunda kandi urumwizigigwa kuko ivyambere wabishize ahabonako ushoboye keep working bro Imana iguhe kuramba ukore vyinshi kurusha 🇧🇮🇦🇪
Mukore namabarabara kugira tuhatahe duca heza bro
We appreciate your work bro
Woooooo 😊
Félicitations et courage fabrice,ibibintu biranshimishije
Vrement yubahwe🇧🇮💪🥰👍
Nukuri uburundi ndikubona burikiba dubai❤
Bien, complex zadushwayemwo natwe❤
Fabrice vraiment ni umugisha kubarundi. Ariko akora ibikorwa bivuga. Tumureke yikorere kandi tumusabe ntasamazwe n' abantu bacana intege agume akore hanyuma abavuga bahinduke ahubwo nabo bakore tubibone.
Komera komera Fabric bandanya iterambere ntutege amwatwi abaguca intege
We love you fabrice Burundi ❤
Bitu biko bien👏🏿👏🏿 courage juste Gaël
Courage Fabrice Imbere ni heza 💪💪💪
i love this guy.... IGIHUGU KIMURINDE IVYOMUTESHA.
Great
Imana ituzigamire uyumwana wigihugu kumbe Imana idufise kumugambi abarundi
Courage fabrice
Niwige introduction. Hello boys and girls!!!!Icongereza cikirundi
Uwiyibwe naze yitware bamufashye umva fabrisie komera kwibanga ryiterambere nabandi bateyimbere bavuga ngobiba abandi arik bimamatwi bazaruha inyanga burundi gunsa❤
Fabro wubahwe 🙌🙌Imana igume ikutuzigamira🙏🙏
Ndagufana le mukibito😂😂❤
Good work fabrice hope ko hatazojamwo ibintu vyubu escroc nubusuma gusa!! Nivya politique !! Nivyo benshi batinya GOD bless u
Respect
Gae uzobaho vraiment
Fabrice komera kumuheto abakurwanya mwizina Ryan Yesu bazotsindwa
Hey brother big congratulation, I don’t know what to say, God bless you. I hope one day we will see each other face to face, I’m leaving in the USA.
FABRICE WUBAHWE❤❤❤
Projet kumashurw igez h
Turakwiteze Dallas Fabrice.
Fabrice always up
❤❤❤❤
Kuyindi mpWwemu narindamukumbuy
yoo , komera mugenzi , ndagushimiye caane , ukora ibikomeye
Gael mwonshonsa nume ya Fabrice?
Komera fabrice Burundi
Ndipfuza ko Big fizzo yogur'inzu kbs
Muterere none 😂!!
Gira gofundme yinzu ya fizzo
Uyumu type bamuhe muri
so Cartier mukamenge ahahindure p
𝑵𝒊𝒃𝒂𝒓𝒆𝒌𝒆 𝒌𝒖𝒌𝒘𝒂𝒎𝒃𝒊𝒌𝒂 𝒊𝒃𝒂𝒓𝒂
Courage bro
Courage boss
Komera mwubake abavuga bavuge
👏👏👏
Fabrice shikama ukore ibikogwa urekane nabo baguca intege ,abarundi tukuri inyuma
Ahubwo mutuba rise ukotworonka parcelle muri mirror
Nukuri uyu mugabo ni intwariii....
Courage bro umukubito
Izo nzu zirakeney lift kuk ndumv abantu bazozita bomok
Courage my Brother Imana igufashe uzosozere imigambi yawe kk irashemeye nukuri twubake u Burundi bwacu abaca intege abakora ivyiza bamyeho dusavye muduhe Adress yaho twomuronka canke muduhe numero yiwe
Ariko zimwe zambere nizonziza cane
Nibintu bidasanzwe kweri
Bakureke ahubwo uzomuburanye
Fabrice urikanure ube magabo usenge nimana yawe,abantu twarabaye nabi!!!!!
Yesu agume aturabira ryiza imurinde cane
🥰🥰🥰🥰🥰
nimume inomero yafabrise pleas👍
Uyu mujama je ndamwemera faux afise ubwenge bwimana.
Fabrice Jew ndasavye numéro yiwe
Nayandi yo kumashurwe agezehe?
Ndasavye atwubakire izohasi natwe dushikirwe
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮
noe nko gukorera transaction ya plus de 100 millions kuri lumicash 🤣🤣🤣
Nkangahe?
1 muri2 ndaytora
Yubahwe vrt
Plonge papillon 😂
Wubahwe cane
Ni barek kwambika ibara umuntu baj kumwitwarira nimba bumva baribwe hew lumicash isigay ari bank 😂😂😂
Birateyisoni ntamuntu yishuza atukana biragaragara ko arikinyoma
ivyo bijambo vy'uwo mu journaliste birabisha ikiganiro.
Nuyo muziki wugurura ikiganiro uragwaza umutima kabisa
Ntubeshe na gato! Arakwiye guhindura!
Iyobaduha hokwiyubakira hohobikubabakoze twabuzevyose turimuri amerika twagombaho tuzohungukira kandinimiryankomyinshi
Pour prouver votre innocence ,si vous êtes accusé injustement n ayez pas peur de porter plainte car les Burundais disent que
QUI NE DIT MOT CONSENT.
TUZOBWIRWE SUITE Y IVYO BINTU
Ubu agira asubire avyiyitirire canke nivya BHB,ww ni umukozi
Nibamwizere gose twebwetwizeye reta baratumaramaje guhera bibirinacumi numunanintiturabona nirengero nakamaramaza ntimukizigirereta
Iyotubamenyakare ntibababaratwivye turibenshi ivyacu ntawovyunva nakamarramaza
Mwakoze interview nziza ariko mwibagiwe gutanga nomero ya business phone number
Fabrice uri umuntu wumugabo.
Nimba President nzakugira Minister winyubako niterambere.
❤❤