ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Yesu nashimwe ndanezerewe kukubona nahora nkumviriza ntazi isura yawe ndakumenye imana ikuzigame
Amen 🙏🙏🙏 muhezagigwe cane ❤❤❤
Amen 🙌 ndafashijwe Imana mushoboravyose ikomeze mumurimwo wayo ongera amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta icubahiro nikibe ica Yesu ibihe vyose 🥰🇦🇪
Haleluaaa krise ndagusabira Imana izoguhe iherezo ryiza kuk uduha ijambo .nkatwe tutagira ahodusengera .tukaronka ijambo ridufasha.izabironkere impera mwijuru
Aamen nditeze kuzobohoka kuri vyinshi mana icubahiro kibicawe kubuyumusi bikunzeko numvubutumwa bwose Asante mungu
Murakoze,cane mukozi wimana muratwibukije ivyo twaha umwanya muto.
IMANA IRAKOMEYE CYANE, ICYUBAHIRO CYIBE MWIJURU NO MWISI.
Haluya yesu naganze muritwebwe.
Imana .itubabarire cane
Mungu ni mungu to asante Chris🙏
Amen ❤ ndiho Yam ari ndiho
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 imana imbabarire kuvyahavyaje vyose
Haleluya Yesu ❤❤❤❤❤❤
Murakoze kutwigisha ko Ndiho twomutura ivyatunaniy guheba akabodukiza.Imana ibazigame n,umuryango wanyu
Imana igumuze umukozi wayo mu bwiza bwayo
Amen ndiho arashoboye kdi arakora dushoboze mwami
Nyagasani nshoboza kugera kubyo wasezera nyije
Kukuntu nkukunda noba nka petero MURAKOZE kwijambo ry,Imana mudushikirije
Imana iguhe umugisha
Amen Aman Ndiiho arashoboye
Amen Amen
Amen amen
Ameen
Amen
Ameeeeeeeen
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️
Imana iduhe gukizwa
Haleluya!Tureke NDIHO abe NDIHO muri vyose na hose. Amina.NDIHO Arushirize kugusiga amavuta hamwe n umurwi Kanguka wose, muvyeyi wacu Chris. Amina kandi amina
amen
❤️❤️🙌
komeramukozi wimanaturagukundacane niwigishabagore guhebakwimonora nugusukimishasti murakoze
Amen Amen 🙏 Iman iduh Ubuntu n'inkomez tubash gushbozw nayo mur vyose.
Reka Ndiho abe Ndiho nukuri ndasavye Ubuntu bwawe Mana uzobukoze Amen Amen Mana
Amen 🙇👌👏❤️
AMEEEN AMEEEN AMEEENAAA🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
HhhhhMbega♥️💥🔥🔥 Reba hano:th-cam.com/video/7eZ6oPoOHX0/w-d-xo.html
Amen. Hallelluya . Imana Iduhe inkomezi kandi ize ifate controle muri byose.🙏🙏
Icyubahiro nicyawe MWAMI WANJYE nshoboza mwuka wera aganze muri njye 🙏nshoboza gukora ibyo ushaka nibyo wishimira. 🙏🙌🧎♀️🤲 uri’IMANA muri byose 🙏
Icubahiro nicandiho
Ameeen muramezagiy muhezagirw namw knd Ndiho anshoboz kutayifasha icubahirokibe ica Ndiho gusa ameeen
lmana izokwama ari Mana ibihe vyose ntawuhwanye nawe Mana icubahiro nukuganza nivyawe amen🙏🙏🙏
Amn ndiho azokwa ati ndiho ibih vyos amn inyigisho ziradihondur cn imana ikongez imbaraga
Ni ndiho amen 🙏
Amen 🙏🙏
Habwicubahiro Mana
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen!
Ego oya
Shimwa Yesu kowemey kwitanga kubw ishengero
Imanibazigame
Amee
Mungu akubariki sana mutumishi wa Bwana .Neno lako ni cakula mono kwa maisha yetu ya Kila siku Barikiwa Tena.
Ewe Chris warahezahiwe kweli. Imana iguhishurira niyubahwe
Ibyanjye byose bibaye bishyashya. Amen. Mbaye icyaremwe gishya.
Amen amen Mana uri Ndiho ibihe bidashira Komera Mukozi w’Imana Ndiho Abandanye kugusiga amavuta ngo natwe tubandanye kubohoka mw’Izina rya Yesu 🙏
Hallelujah👏👏
Ndiho ashoboze gutsinda kamere
Mwarahezagiw
Merci beaucoup
Amen🙏🙏🙏🙏🙏icubahiro cos kibe candiho🙌🏾🙌🏾🙌🏾
Ndatsinzwe n'ijambo ryawe Mana.rek ube Ndiho mubuzima bwanje
Imana ishimwe cane
Amen mwami yesu turwanirire mwami igihugucyu Burundi n Rwanda n congo mwami bisakazemo amahoro
Amen amen nukuri izabikora yongere iduhuze ikureho ibibazo byose
@@meetruthtips❤😢😮
Amen🙏🙏
Mwami Yesukristo dushoboze tuve mubyaha Amen
Sainte Esprit adufashe tureke Ndiho abe Ndiho mu buzima bwacu
Icubahiro nic imana Chris muhezagirw cne inyigisho zawe ziranyubaka nanj ndizeye ko yesu Ariko arashiramwo ibirungo muvyanj amen
Imana igira ubuntu bwinshi
Amen Ndiho ubongere amavuta turahembuka kubwanyu 👏God bless you so much 👏👏👏👏👏
Imana ibandanye kukugirira neza n'umuryango waw ndakunda ukuntu utwitaho mukudushikiriza ubutumwa bwiza
Hareruya
Umusonda arabiziko?yabonye AMAZI
ndashima Imana yanyoboye kuri kanguka nabwo narinyizi nukuri nafashijwe
Ndagukunda caaane imana izokuzigame ikomeze kutubera umuco wisi
Ndiho komeza ube Ndiho muri vyose vyanje
Nidiho ego amena
Amen umugisha waNdiho ukubeko waraheza giwe
Mama ndakuretse ube ndiho mubuzima bwanje 🙏
Munsengere maze ndiho ankize uburwayi bumereye nabi
Imana ikomeze kuguha inkomezi nombaraga igusigamavuta Akwiye
AMEEN ✊ ✊✊ you're blessed
Mana ongera amavuta kugikoresho cyawe
Hallelujah 🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️👏👏👏👏
Amen amen alléluia
Ameni ndafashijwe Ndiho aguhe umugisha
Amen 🙌🙏🙏🙏
Amen amen iman a ikwongeramavuta ndafashishwe
Amen mrmwarahezagiwe
Haleluyaaaaa shimwa mwai
Yesu ashimwe ndanezerewe kumenya grupe isenga
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏 amavut p
Icubahiro nicawe Mana yanje ibihe bidashira
Amen amen 🙏🏽 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Yesu nashimwe ndanezerewe kukubona nahora nkumviriza ntazi isura yawe ndakumenye imana ikuzigame
Amen 🙏🙏🙏 muhezagigwe cane ❤❤❤
Amen 🙌 ndafashijwe Imana mushoboravyose ikomeze mumurimwo wayo ongera amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta icubahiro nikibe ica Yesu ibihe vyose 🥰🇦🇪
Haleluaaa krise ndagusabira Imana izoguhe iherezo ryiza kuk uduha ijambo .nkatwe tutagira ahodusengera .tukaronka ijambo ridufasha.izabironkere impera mwijuru
Aamen nditeze kuzobohoka kuri vyinshi mana icubahiro kibicawe kubuyumusi bikunzeko numvubutumwa bwose Asante mungu
Murakoze,cane mukozi wimana muratwibukije ivyo twaha umwanya muto.
IMANA IRAKOMEYE CYANE, ICYUBAHIRO CYIBE MWIJURU NO MWISI.
Haluya yesu naganze muritwebwe.
Imana .itubabarire cane
Mungu ni mungu to asante Chris🙏
Amen ❤ ndiho Yam ari ndiho
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 imana imbabarire kuvyahavyaje vyose
Haleluya Yesu ❤❤❤❤❤❤
Murakoze kutwigisha ko Ndiho twomutura ivyatunaniy guheba akabodukiza.Imana ibazigame n,umuryango wanyu
Imana igumuze umukozi wayo mu bwiza bwayo
Amen ndiho arashoboye kdi arakora dushoboze mwami
Nyagasani nshoboza kugera kubyo wasezera nyije
Kukuntu nkukunda noba nka petero MURAKOZE kwijambo ry,Imana mudushikirije
Imana iguhe umugisha
Amen Aman Ndiiho arashoboye
Amen Amen
Amen amen
Ameen
Amen
Ameeeeeeeen
Amen
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️
Imana iduhe gukizwa
Haleluya!
Tureke NDIHO abe NDIHO muri vyose na hose. Amina.
NDIHO Arushirize kugusiga amavuta hamwe n umurwi Kanguka wose, muvyeyi wacu Chris. Amina kandi amina
amen
❤️❤️🙌
komeramukozi wimana
turagukundacane niwigishabagore guhebakwimonora nugusukimishasti murakoze
Amen Amen 🙏 Iman iduh Ubuntu n'inkomez tubash gushbozw nayo mur vyose.
Reka Ndiho abe Ndiho nukuri ndasavye Ubuntu bwawe Mana uzobukoze Amen Amen Mana
Amen 🙇👌👏❤️
AMEEEN AMEEEN AMEEENAAA🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
HhhhhMbega♥️💥🔥🔥 Reba hano:
th-cam.com/video/7eZ6oPoOHX0/w-d-xo.html
Amen. Hallelluya . Imana Iduhe inkomezi kandi ize ifate controle muri byose.🙏🙏
Icyubahiro nicyawe MWAMI WANJYE nshoboza mwuka wera aganze muri njye 🙏nshoboza gukora ibyo ushaka nibyo wishimira. 🙏🙌🧎♀️🤲 uri’IMANA muri byose 🙏
Icubahiro nicandiho
Ameeen muramezagiy muhezagirw namw knd Ndiho anshoboz kutayifasha icubahirokibe ica Ndiho gusa ameeen
lmana izokwama ari Mana ibihe vyose ntawuhwanye nawe Mana icubahiro nukuganza nivyawe amen🙏🙏🙏
Amn ndiho azokwa ati ndiho ibih vyos amn inyigisho ziradihondur cn imana ikongez imbaraga
Ni ndiho amen 🙏
Amen 🙏🙏
Habwicubahiro Mana
Amen
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen!
Ego oya
Shimwa Yesu kowemey kwitanga kubw ishengero
Imanibazigame
Amee
Mungu akubariki sana mutumishi wa Bwana .
Neno lako ni cakula mono kwa maisha yetu ya Kila siku
Barikiwa Tena.
Ewe Chris warahezahiwe kweli. Imana iguhishurira niyubahwe
Ibyanjye byose bibaye bishyashya. Amen. Mbaye icyaremwe gishya.
Amen amen
Amen amen Mana uri Ndiho ibihe bidashira
Komera Mukozi w’Imana Ndiho Abandanye kugusiga amavuta ngo natwe tubandanye kubohoka mw’Izina rya Yesu 🙏