Vous pouvez suivre des petits videos et paroles d’encouragement en vous abonnant sur ma page Facebook en passant ici: facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Nzoshinga intahe kuko ndi mubabohokeye kuri TH-cam. Yezu Kristu ashimwe cane adukuyeko malediction ikomoka kubavyeyi no kuri ba sokuru Bacu. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Aaaaamen
Amina rwose Reka nanje nkomeze gusenga nizeye,gushika iyi yeriko iri imbere yanje isenyutse ,mw Izina rya Yesu -Iyi nyigisho vyukuri iranteye intege zo gukomeza gusenga no kwizera Mpwemu Yera Akwongere inkomezi no guhishurirwa muvyeyi , mw Izina rya Yesu .
Ndakiriye umuhezagiro wa Data wo mw'ijuru Se wa Yezu Kristu. Ndashimiye Imana ko mumuryango wacu dukuweko malédiction ikomoka ku bavyeyi Bacu no kuri ba sokuru Bacu. Yezu Kristu aradukuyeko umuvumo . Halleluyaaaa. Halleluyaaaa Halleluyaaaa. Amen. Ndakiriye imigisha myinshi yari yarugawe kubera malédiction. Yezu Kristu arambohoye kandi arabohoye ab'iwacu bose. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Amen. Mu misi mikeyi cane cane nanje ngiye gushinga intahe y'intsinzi n'ukubohoka . Shimwa Yezu wambohoye.
Thank you man of God today I got deliver I felt the the presence of the lord,I had been praying for lots of things when I was praying I felt God opening the doors for me
Woow homme de Dieu Chris Ndikoumana, restez toujours béni 🙌🙌 Vous êtes une bénédiction pour l'Afrique et pour le monde! Je ne comprends pas mais je dis Amen 🙏
Hallelujah man of God ,I like your preachings and I love you so much .Am always guard ring down to pray for your ministry so that it maybe protected by the Angels of heaven ,I also pray for you with your helpers including the partners to endup your mission in the guidance of Jehovah .May the God Almighty highest keep on using you with your good talent until you may have everlasting life in Jesus name ,be blessed
🥺🥺😭😭 Mais ouin ! Y a pas de traduction pour nous? S'il vous plait 🙏🥺? Soyez richement béni ! Gloire à Dieu qui a béni ce ministère et qui bénit tous ceux qui l'écoutent! Par Jésus notre Roi ! Amen!
Bonjour pasteur Je beni le seigneur pr votre vie Merci beaucoup pr l enseignement de la femme sunamite c était en français svp pouvez-vous prêcher plus en français Merci restez beni Homme de Dieu
Shalom frère est soeur je demande la prière pour ma délivrance je besoin de ma change je passer beaucoup des tant dans ce monde je ne rien trouve pasteur prié pour moi je la fois que je Cère délivré que Dieu vous bénisse richement merci
Vous pouvez suivre des petits videos et paroles d’encouragement en vous abonnant sur ma page Facebook en passant ici: facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Ibyanjye naanjye urabishoboye yesu!
Nzoshinga intahe kuko ndi mubabohokeye kuri TH-cam. Yezu Kristu ashimwe cane adukuyeko malediction ikomoka kubavyeyi no kuri ba sokuru Bacu. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Aaaaamen
Imana yaragutiye kugira umenyeshe ubukuru bwayo biciye mujambo ryayo yakoze cyaane noe i Burundi hazosubira kuba igikorane cyigisho za chris ryari?😊
Yesu Christo ashimwe cane,kubw'umukozi wayo yaduhaye Chris Ndikumana, Imana ibandanye kumukomeza Kandi izomuhe iherezo ryiza.
God bless you dear servant of God 🙏
Nanjye musengere
Amina rwose
Reka nanje nkomeze gusenga nizeye,gushika iyi yeriko iri imbere yanje isenyutse ,mw Izina rya Yesu
-Iyi nyigisho vyukuri iranteye intege zo gukomeza gusenga no kwizera
Mpwemu Yera Akwongere inkomezi no guhishurirwa muvyeyi , mw Izina rya Yesu .
Ndakiriye umuhezagiro wa Data wo mw'ijuru Se wa Yezu Kristu. Ndashimiye Imana ko mumuryango wacu dukuweko malédiction ikomoka ku bavyeyi Bacu no kuri ba sokuru Bacu. Yezu Kristu aradukuyeko umuvumo . Halleluyaaaa. Halleluyaaaa Halleluyaaaa. Amen. Ndakiriye imigisha myinshi yari yarugawe kubera malédiction. Yezu Kristu arambohoye kandi arabohoye ab'iwacu bose. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Halleluyaaaa. Amen. Mu misi mikeyi cane cane nanje ngiye gushinga intahe y'intsinzi n'ukubohoka . Shimwa Yezu wambohoye.
Thank you man of God today I got deliver I felt the the presence of the lord,I had been praying for lots of things when I was praying I felt God opening the doors for me
L'homme de Dieu allez de l'avant avec beaucoup d'élévation au nom de Jésus Amen ooo
Cameroinaise.
@@mariejosee6269 pA bb
Urakoze Yesu,ubomoye impome z'ubushomeri murugo gwanje,ndafashe Yeriko yakazi mw'Izina rya Yesu.Amen
Urakoze caane 🙌🏻 Yesu ashimwe caane
IMANA nanje unkoreko ibimeze nka yeriko birimbere ysnje
Amen Yezu urakoze
Umfashe nshobore kubomora yeriko yanje mwizina rya YeZu🤲🤲🤲🤲
Je n'ai rien compris mais je reçois au nom puissant de Jésus Christ
Ecris: "PRENDS TON JERICHO", comme ça tu suis ça en français
Mukozi w'imana iyagutoranije nguyikorere nibandanye igusuka kwamavuta irushirize kukongra inkomezi nokuyikorera biyishimisha
Mwami wange nditeze kugendererwa na we🙏🙏
Nange IMANA inshoboze kutitotomba kd ikureho igihome cya yeriko imbere yange nakire amenaaaaaa❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amen Amen Amen ndakiriye kubohoka mwizina rya YESU Christo umwami numucunguzi wacu 🙏🙏🙏
Amen 🙌 ndafashijwe Imana mushoboravyose ikomeze mumurimwo wayo murimwo ongera amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta amavuta icubahiro nikibe ica Yesu ibihe vyose Amen
Merci kangoka je suis contente de cette émission merci
Imana ibandanye igusiga Amavuta
Ubandanye uturosa inyigisho nokudusengera
Ize iduhe iherezo ryiza twese🙏
Amen
Imana ninziz ibihe vyose 🙏 🙏🙏
Chris Ndikumana, l’homme de Dieu, Que Dieu te bénisse!!!🙏❤
Mukozi wimana ndasavye undungi kire amasangesho ndimva merewe Nabi izina nkabanitwa mariserina +61478047165
@@paulkabura5126 , Ushobora gutelesharija Application KANGUKA via App Store cg App Store, kugirango ujye ubonaho amasengesho ya buri Samedi.
Chris NDIKUMANA asengera abantu bose muri rusange, bityo abafite UKWIZERA guhagije bagakira indwara, hamwe nabo isaha yabo yo gukira iba yageze nabo bakira indwara zitandukanye.
Imana Iguhe umugisha!
Nafashe YERIKO yanjye YESU yanyije irwara YOSE yariri mumubiri wanjye 🙏
Niho yaraguhezagiye cane,ndakwipfurije kurangiza neza kuko ukiza imitima ya benshi. Ndiho azogufashe uhindure amahanga menshi.
Woow homme de Dieu Chris Ndikoumana, restez toujours béni 🙌🙌
Vous êtes une bénédiction pour l'Afrique et pour le monde!
Je ne comprends pas mais je dis Amen 🙏
MANA ntubwo ntarakira ndacyakwizeye ndacyari imbere yawe 🙏🙏
Nyagasani nanjye unjyenderere nusige❤
Imana iguhe umugisha uhoraho Chris Ndikumana wowe n'abomufatanya uyu murimow'imana. Turahabohokera muri byinshi Imana ibongere amavuta kandi ibarinde.
Merci beaucoup ❤
Nkurikiye online ariko nfafashijwe pe. Imana ikwagurire imbago mukozi w'Imana❤️
Ntanguye kumviriza ubutumwa vuba nukuri mubuzima bwanje irikintu cahinduste. chris Ndikumana Imana yakutuzaniye hageze uhezagirwe
Hakuna Mungu kama wewe Baba, Hallelujah🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌
YESU ngwino niwanje ubomore ibihome vyubu célibataire nubuchomeri, ngwino ngwino iwanje mfate yeriko yanje
Amashimwe nayawe Yesu 🙏🙏🙏
God bless Pasteur Chris n umuryango we.Amen
Abagomba gufata yeriko nkanjehano muriyi2022 tumenyane Yesu numwami Ibihevyose
Ndihano cane
Mana yanje ndakwirigiye hari yeriko irimbereyanje yokubura umwana ibyo wakoze nibyo byari bikomeye . Ndakwizeye amen
Imana inkurireho yeriko y indwara mfite.Amen
Asante yesu kwakuniponya roho yangu namwili mungu akupe nguvu mtumishi
Imana yarakoze kuturonsa umuntu nkawe tukuronkerako vyishi vyakamaro yedu agukomeze cane turagukunda
Imana ikomeze kukwagura, kuko ndanezerewe mu mutima wange. Ubu mpinduye imisengere yange guhera ubu. Ibi bintu biramfashije cyane :kureba, Kumenya, gukurikiza, gufata.
Imanq ihirike Yeriko imbere yanjye mbashe kubona ukuboko kwimana
Shalom shalom lmana ibampere umugisha niherezo ryiza ndahezagiwe cane🙌🙌🙌
Mana iguhumugisha mukoziwimana Chris ndikumana imana igukomeze cane
Hallelujah man of God ,I like your preachings and I love you so much .Am always guard ring down to pray for your ministry so that it maybe protected by the Angels of heaven ,I also pray for you with your helpers including the partners to endup your mission in the guidance of Jehovah .May the God Almighty highest keep on using you with your good talent until you may have everlasting life in Jesus name ,be blessed
Hareruya Amena
Mwarahezagiwe mutubera umugisha NDIHO ashimwe cane
Amen inyigisho imbera shasha iyondayunvirije nongey gufashwa can.Ndakize
Warakoze mana kuduha umukozi wawe nkuwo haleluyaaaaa
Hallelujah thanks you God ndabohotse mwizina RYA Yesu
Imana ibe na banu bosse
Amen yeriko yahomvovotse Mwizina rya Yesu🙏
Amen uhezagigwe mukozi w'Imana chris
🥺🥺😭😭 Mais ouin ! Y a pas de traduction pour nous? S'il vous plait 🙏🥺?
Soyez richement béni !
Gloire à Dieu qui a béni ce ministère et qui bénit tous ceux qui l'écoutent! Par Jésus notre Roi ! Amen!
Imana izobahe iherezo ryiza kandi igukomereze murukundo gwayo
Amen amen amen ndakiriy gukira nanj shing intah
Yesu bandanya uhezagira Umukozi wawe
Amina IMANA ihabwicubahiro ndizerakongendewe nanje ukobirikose.
Thank you Lord Jesus Christ my redeemer 🎉🎉🎉
Imana.iguhe.iherezo.ryiza.
Yesu uko wari kera n'ubu ni ko uri kandi niko uzahora
God bless you mukozi w’Imana .Imana izakumpere iherezo ryiza
Ungenderere nanjye Yesu🙏
Thanks very much our God bless you more 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Bonjour pasteur
Je beni le seigneur pr votre vie
Merci beaucoup pr l enseignement de la femme sunamite c était en français svp pouvez-vous prêcher plus en français
Merci restez beni Homme de Dieu
Ndagushimye MANA 🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Ndakunda inyigisho yawe kuko urigisha neza tukumva, imana iguhezagire kweli, naho tutari kumwe mumubiri ariko mu mpwemu turi kumwe ndizeye ko tuzohurira mwijuru
Icompananje nkakira ndazi noshinga intahe kuko ndarushe
Amen🙏🙏🙏🙏ndahezagiwe caneeeeee 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Christ Yesu ashimwe 🙏🏾
Ame
Ico nogusabira mukozi w'imana izoguhe iherezo ry'iza
Shalom frère est soeur je demande la prière pour ma délivrance je besoin de ma change je passer beaucoup des tant dans ce monde je ne rien trouve pasteur prié pour moi je la fois que je Cère délivré que Dieu vous bénisse richement merci
Amashimwe n"ayawe Yesu waturonkeje umukozi wawe ukunda cane ukaduha n'a kanguka. Nubihererwe icubahiro.
Pas em France?
ameeen mukomezwe murindw na Ndiho
Ça SAIT tres bien est trite Dan's le meme tant 😭😭😭😊😊😊
Imana ikongere inkomezi
Chris wa NDIHO
Amen amen imana iguhumugisha kris ndikumana iguhe iherezo ryiza ikwongere imbaraga
Amen amen Chris ijambo ry Imana wigisha riraduhezagira
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah Hallelujah
Mbomoye yeriko ndafashe yerikoyanje amene
Amen Amen🙏🙏 Amajambo akomeye cane🙏🙏
Amena amena amena Sana chris ndikumana urasama imana ikivugira koko
Amen hallelujah hallelujah 🙏🙌
Au nom de Jésus Amen
Mukoze kudutera intege
Thank you Jesus 🙏🙏
Tuyishimire epiphanie
Amen Amen!
Hallelujah! Hallelujah! Hallelujah!!!🙌🙌🙌👏👏
Amina, yishimwe imana
Nyagasani niwowe nizeye ko uri bunyize
AMEEEN AMEEEN AMEEENAAA 🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
IMANA ibahezagir
Be blessed Chis Ndikumana
Amen 🙏🙏🙏🙏❤
Amen Amen ❤❤
dieu est bon et juste crist ndikoumana tu es le premier a faire sesgere miracle
Amen amen🙌🙌🙌
Haleluuyaaaaaaa
Ameen🙌🙌🙌
Amina
Amen Amen Amen Amen Amen Seigneur
Bonsoir papa et tout l'équipe Kanguka Amen Amen Amen Amen