Imana ishimwe kunsiguro Iramvuye turonse yo kwiherera mu gusenga no Ku burorero bwinshi bwingene twokwifata mugusengera ahiherereye mu gusenga Ndiho IMANA yacu Amen 🙏
Imana ibahezagire kk muradufasha twebwe tudashobora kuja mu nzu y'Imana. *Ico cipfuzo nanje ndagifise, video muze muhereza ku masengesho kugira natwe dusengane kk tuba twabanye mu nyigisho* Murakoze.
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
amen amen chris imana ibandanye iguha imbaraga zukutwigisha warahezagiwe❤
Nanje vyukuri ndashaka kugendera mw ibanga ryo gusenga mu mpisho kuko Ndiho akunda kandi yishura amasengesho yo mu mpisho
Tumusaba ngo yame avomerera umukozi wiwe Chris Ndikumana amajambo y ubuzima nk aya , kugirango turushirize gukura mu Mpwemu no kwama ivyamwa vyinshi kandi vyamaho. Amina kandi amina
Shalom Shalom ,ndafashijwe cane ngiye gutera intambuko mukwihererana n'a Ndiho.
Imana igumane nawe mukozi wa Ndiho.
Chris urumwigisha mwiza imana ikongere amavuta.
wigisha neza cane imani nkwongere amavuta ubugira kandi
Imana yacu ntikorera mukajagari biradusaba kuja ahiherereye mumpisho lmana ibongerere amavuta nimbaraga mwizina rya yesu muraduhezagira cane 👏👏👏
Imana yacu irakomeye cane . Ndakunda inyigisho zanyu ziraruhura zirasubiza ivyizigiro .
Kumenya Kanguka no kuyikurikira ni umugisha mwinshi. Ndashima Imana ko yaduhaye Kanguka iyicishije muri Chris Ndikumana. Imana Ijye ikomeza Imuhe ijambo ritubohora. Amen
Amen amen warahezagiwee Chris Imana igukomeze cane!Pio urasoma nkumva mpezagiwe vrema
Mr. Chris, muhezagirwe cane. Mufise ingabire ikomeye cane yo kwigisha ijambo umuntu agatahura bien bien ♥ 👌 👏 🎶
Yoo IMANA ishimwe mbonye puyo
Yesuashimwe.canznanje.nanezerejwe.ninyigishoyanyu.nanjenahora.nihererana.nimana.arikoubuntantege.ngifite.naraburetse.niyombikozentabihe'nkivya.mberenkigira.mumfashegusenga.mwoba.mukoze
Imana ishimwe kunsiguro Iramvuye turonse yo kwiherera mu gusenga no Ku burorero bwinshi bwingene twokwifata mugusengera ahiherereye mu gusenga Ndiho IMANA yacu Amen 🙏
Imana yongere umugisha umukozi wayo yaduhaha Natwe ituronse kugendera izo nyigisho zubuzima Amen 🙏
....yaduhaye (x..yaduhaye) nanditse Nabi gato imbabazi Ndiho ahe umugisha uwo wese yafashe akanya kwumviriza iyi nyigisho twezere KO izoduhindura Muri vyinshi amen
Amen amen
Nukur inyigisho yunomus haraho inkuye naho inshikanye mukozi w,Imana Imana ibandanye igusiga amavuta
Dukeneye abantu nkabo,basizwe amavuta nka Eliya, Élisa,Dawidi,Samuweli,Daniyeli n'abandi...; isi yoba ihiriwe.
Ikintu maze kubona iyo uriko wumva izi nyigisho,,mpwemu w'Imana muba murikumwe narabibonye ndabihamya🙌🙌🙌Izina rya Ndiho rihabwe Icubahiro Amen Amen
Murakoze cane mwigisha
Mbonye pio IMANA iguhe umugisha Chris nukuri nabikoraga gacye ariko ngiye kubigira breakfast gusenga mugitendo 🙏 muhabwe umugisha muri byose 🙏 YESU ndagukunda ndagukunda paka nkubonye 🙏🙏🙏🙏🙏 amaso ku maso 💕
Imana yarabahezagiye. Nduzuzwa n'inyigisho zawe... Mudusengere mukozi wa NDIHO.
Imana iguhumugisha nanjye uwiteka nshyigikira njyensenga mwijoro bujyagucya umuririmbyi niwe waririmbye ngo nimuze mwenyine twihererane munsange ahantu hatarabantu imana ishimwe
Amen Amen, Mukozi w'Imana. Tuyisenga mw'ibanga,ikatwishura ku mugaragaro🙏🙏🙏
Inyishu ku bibazo vyanje. Ndahezagiwe
amene Cris inyigish zaw zirashik kunyot imana igukomez yoger iturind imbaraga za satani mwizina ryay ryera,amene,amenee.
Amen murakoze cane inyigisho zanyu ziranyubaka cane NDIHO abongeramavuta harivyinshi vyahindutse mubuzima bwanje kuberinyigisho zanyu. Hama nagomba mbaze nkuwufisikibazo agomba kubaza nimero ya Chris twoyironka gut?harikibazo mfise nipfuza kwampumuco sumutwaro kand samasengesh. Murakoze
Hari numero atanga ku amasengesho ya samedi iyo aheze urayihamagareko bazoguha umuco Murakoze
Amen imana ibahe umugisha ikonger amavuta kurugero rwanyuma uradufasha caneee gos
Uwiteka ujye utuba hafi ibihe byose.Amen
Amen nibyo rwose iyo umuntu yiherereye ntavirayo aho
Ndiho abitwararike mukozi w'Imana
UWITEKA anguhe Kurama umugisha kandi azaguhe iherezo ryiza Mukozi W'IMANA
Amena mukozi w'imana
Mana nkiza kutizera indememo kwizera unshoboze Mana no kukwiringira, Amen🙏🙏🙏
Amena🙏 Imana iguhe umugisha
AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Mwarahezagiwe
Uhoraho akomeze kubahezagra 🙏🙏🙏
AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
IMANA ibandanye iguhezagire murakoze
Uko nukuri kuzuye mwongegw,amavuta
Amen amen ,inyigisho zawe zidusubiza imbaraga Mushumba
Urakoz can muriz nyigish zirafashije mu mutim Amen Amen Amen 🙏🙌🙇♀️
Imana ibagirire neza chris kunyigisho zanyu zidusubizamwo intege zo kwegera lmana 🙏🙏🙏
Amen, ndi kigali murwanda munsengere nkizwe, kd mbanumva mbishaka
amen ❤❤❤❤❤ narabibonye kuko vyambayeho kwihereranya nimana bifis agaciro kanini❤
Amen! Abakozi b Imana nkaba nibo bakenewe igihe nkiki.Imana iguhe umugisha mukozi w Imana
Yesu aguhe Inkomezi agume agusiga Ubwiza budasanzwe
Inyigisho zawe zinsubizamo imbaraga! Imana iguhe umugisha
Nshimirimana Libérate .Amen!Amen!
Amen muvyeyi yakwibarutse lmana imuhe umugsha❤
Amen 🙏 🙏
Merci kubw iyinyigisho uhezagirwe
Mutumishi wa Mungu.
Amen ikiganza cimana kibonek kumukoz wacu wimana ikiganza ciw ndiho agisigiririze amavuta natwe twumv ivyo ndih amurungikanye biduhindure ndumva nuzuy ishimwe amasengesho inyigisho ihez mukozi wimana vyodufash gusumvyaaa
Imana imbabarire cane aho navugijinzamba kugikogwa kanaka
Ameeen ndafashijwe cane IMANA ibakomeze
Guseng imisi yoos🙏🙏kuj ahihererey n'Iman ynjee🙌🙌mu mpishoo hariho ibanga👍🙏🙏mrcii seigneur kur iyi nyigishoo👏👏👏
Iyo ndi muntegenke nshaka inkomezi zo gusenga mbaza kuraba ivyo wigishije ndaronka ubishobozi bwo gusenga
Amen Mana yanje mpa umwete wo kwihereranya nawe.
Imana ihezagire Chris inyigisho zawe ziradushika kunyota
Imana ibakomeze cne ndubatsw niyi nyigisho murakoze cne
Imana iguhe umugisha
Amen amen Imana iguhe imigisha
Ameeeeeeenn yesu habwe icubahiro
AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amen murakoze
Amen amen imbara zawe mana 👏👏👏🙏🙏🙏
Mukoziwimana ndakunda inyigisho zaw ziranyuzuza pe
Uzimisi nabaye munyigusho nkizo zokwiyerekana icowatanze twarutubayeho nkinyagano Arko kumva!
Homenye ibiganiro vyawe
Vyankuye mumzimiza
Ubundatahura ico ndiho
Adushakako❤️❤️❤️❤️👌
Ndiho abahe imigisha myinshi itagabanije ! Shalom
AMEEEN 🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Amen mwarahezagiw murakoz Can
Ndafashijw nukur ngy kwihrerana n'lmana❤
Murakoze kuruzi nyigisho. U are blessed
Imana ibandanye iguhezagire murakoze
Amen Mana shoboza kwihererana nawe iguhe cose
Merci
Chris turagusaba nyuma yo kwigisha uzajye usenga twe abagukurikira kuyi youtube dufanye nawe. kuko abo muba muri kumwe bo ndabizi ko musenga. Murakoze imana ikomeze kubana namwe
Imana ibahezagire kk muradufasha twebwe tudashobora kuja mu nzu y'Imana.
*Ico cipfuzo nanje ndagifise, video muze muhereza ku masengesho kugira natwe dusengane kk tuba twabanye mu nyigisho*
Murakoze.
Ndiho akomez umukozi wayo chriss ndikumana afasha imitima ya benshi ic nsab imana izimuhe kuramba
Urakoz uwiteka adushoboze 🙏🙏🙏
❤❤ imana ihumugish mwish kris
Ndahezagiwe cane urintumwa yayesu kabixa wubahwe ubwami bwuhoraho bukomeze kwanguka
Inyigisho nziza cane.Amen🙏🙏
Muhezagigwe can turabakunda can imana ikomez kubahezagira
Ndakunda inyigisho zawe lmana iguhe umugisha
Komera cane mwana wimana
Shalom shalom ndiho aduhe Mbaraga nubushobozi
Imana iguhezagire cane Kuko urampezagira
Amen imana ikongere impano 🙏🏻
Amen Imana iguhezagire cane
AMEEEN 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽
uhezagirw ndiho akuzigam ndakunda kumviriza inyigisha yaw hamw nakanguka
😅
Mubuzima kuva nakurikira kanguka nabaye mushya
Urakoze kunyigisho imanaikongere amavuta Amina Amina🙏🙏🙏🙏
Imana iguhe imigisha
Uhoraho adufashe ,namwe abafashe.
Aaaaaaamen Imana ibahezagir
Amen Kristo adushoboze
Yesu akumpere umugisha kandi abanzigamire mubuntu byiwe🙏🙏🙏
Manawee ntibisanzwe kubuzima bwajye nejejwe n'Imana mumutima wajye😂❤
Amen ndakumva cane Papa
Amen amen yesu andushoboze kwiherera
Nshaka gusengana nawe buri munsi
Amen amen Yesu ahimbazwe can ndakunda Yesu❤❤
Imana yo mwijuru nihezagirwe
Hanyuma mwigosha wacu muzodusubiriremwo inyigisho mwigishije yo gusenga no kwinginga
Ndabakunda caneee
Amen.uku ni ukuri
Imana ishimwe cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana ibahezagire cane
Yesu na dukomeze👏
Ameeen.uramfashij cn Ameeen
Ndifuza gusengana nawe 🤲
Amen twafashijwe