ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Love from BUKEYENEZA OFFICIAL ♥️ Akamanyu k'Umushaha kadushwayemwo reka ntore agatebe ndabe
Hhhh wirabe ingn urir😂😂😂
Mr sammy Courage uwomupfubuz naw arikwabikor nez cyan Gays mwubahwe
Sammy wacu disii❤ubu rero mwimosheje kubera akazi 🥱mwubahwe peee nkunda ukuntu mwitangira igikogwa canyu ❤❤nkuri uri pasteur wa film mazeu ubutumwa turonkera mur film zaw ntibusanzwe peee 🥰 IMANA igushoboze kubandanya wandika film nziza ikutuzigamire mazeu 🥰🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉tora amashugwe yawe mwizaa ndabakunda cane mwese mweseee peeee
Thx
Ntanguy gutwdnga aruko igitangura 😊 naho ndayiravye naratevye ntaco mr sammy courage
Non samy na ciza mwimoshej kuber film😳🤣imitwe yanyu yabaye nka pasteke noneho😂😂😂akazi kubahwe kabisa👌mwarakoze kugir colabo n'ab basaza bacu bo mur ninde👍courage
Nanj nazinduts mbay uwa5 abaz munyuma musig like nabatanz
Ingene Kanyana yikumagura umenga nuwo kugatumba nyene Chantal nawe 😢😢ibihe sivyiza kuri we 🎉🎉anashurwe yanyu💐💐🍾
Love from mr sammy nigiki cakuryohey murino film yacu nshasha
Icaryoheye nuko mwaikinye n'kaninde mumico kama akoniko karanga kiwacu❤❤
Ndafashijwe cyane courage can nawapenda sana🥰🥰🥰🌹🌹🌹🌹
Nukuri Sammy jewe ndafashijwe kuko kwihangana birafasha nukuri pe ❤❤❤
Nuko Imana yama iduha ubutabazi ndetse nimugihe tubona ko vyanse ikahaseruka buy the way ndabakunda kuk mubikora neza
Nakunze akaranga kiwacu amatisi ibitambata❤❤❤imyungu nihatari
Sammy courage vrm mubikor nez kur can nih mbipfurij gushik 🙏🙏🙏
Basha ubuhoho uratwemeje film nziza cane courage🎉🎉🎉🎉
I love this movie akeza karigura kweli nakunzeko mwashizemwo abakinyi baninde nkunda movies zikiniwe runguru ibaye number one
Abi murukund n yibflim mumpe like twimanukiraa
Courage courage ndabona nisawa muyiduheye neza akamanyu kumushaha iranezereye
Courage nn sammy kuberiki wimosheje uko?so courage Kandi na umuzi w'umusalaba mwayitebany
Courage and strength of the day today
Abo tuyitanguranye muze tumenyane. #dutemwe tv
Courage mr.Sammy mubikora neza
Courg ❤kanyana ubikora nez cn❤❤❤❤❤❤❤❤
Naracerewe 😢mbega film nziza w🎉🎉🎉🎉❤
Courage team Mr sammy
Bandanye imbere niheza ni jewe kapaya wa rumonge minagoo komeza
Uwobabona mubiguturiya biraho ntiyobabona mwaza 🤐🤐🤐🤐😅😅😅❤❤
Gatwekabi manayanje ndafuye gatwekabi ngonumufubuzi karuhariwe❤❤❤❤❤❤🎉🎉 umusa wubahwe pe
Zebedeeee oyeee😂😂😂igipara ndemboooo courage bantu bacu turabakundaaaaa caaane
Respect Sammy👏👏 Gihetaaa,Gitega kwetuu
Mbega filmer iryoshe 😅 sammy imana ikutuzigamire uzuduha inyigisho niwirambire niwakire🎉🎉🎉🎉🎉🎉urayakwiriye pe❤❤
Sammy wacu shaaaa courage beza🎉🎉🎉
Manshalla 😂😂😂😂 Much Love Guys ❤️❤️❤️❤️❤️❤️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🇸🇦🇧🇮
Courage 🎉🎉🎉🎉
Yoooo ugire kuresha nukuja kuryayo? Hagiye gushaaa akamanyu kumushaha hejuruuu
Nakamanyu kumushah kwel 😳 yamar zebede urwo nurugamb ❤❤
Uwanyuma kwer Niho nkiza 🎉🎉🎉❤
mbaye wacum nababir abaz inyum yanj mump like ❤❤❤❤❤
nazindutse kukamanyu kumutsima. fromu. saudi
Nukuri mwari mwamvyitondeye turabona akaranga kuburundi🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Abagiye m'urukundo n'AKAMANYU KUMUSHAHA mumpe like kugira tumenyane
🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️🇧🇮
Ndabemeye pe kandi courage mwese
Ariko Mana Kanyana urabiryoshya ❤❤❤❤ uri nyiranjya iyo bigiye I love you for free ❤😘💖💖
Masha Allah ireretsi itesa piga makofi kwa sammy wetu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Love from Gloire to Gogo Love Official.
Sammy courage urashoboy kbc 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤💯💯💯💯🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage courage cn vrmt ndaba❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage Sammy ndakunda ukuntu utuba hafi
Mr sammy banza urangize Umuzi wumusaraba ❤❤❤ Maze dukomeze Love from Nairobi ❤❤❤❤
Courage vrt sammy uraberew kukapar vrt😂mwubahw k kamanyu k umushah vrt😊😊😊
Courage Sammy umus twobabuz muri flm vyotubabaza
Akamanyu k'umushaha ndabona hagiy gusha pe🔥🔥🔥🔥
Courage beza ndabakunda muraduteramisha❤️❤️❤️
Mmmmmmm nwikubise mubitisi kweri gatwe kabiweeee ivyobipara vyamwe nassmi birarenze. Ibishayoti😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤
bwabundi umushatsi urahisha!ndabakunda mwese❤❤❤❤
Courage Mr Sammy ❤Akamanyu k' umushaha ❤❤❤
Love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI 🇧🇮
Courage vrt ariko sammy azarareke kugara kubantu bamukurikirana iyo bahuye
Nacerewe kwel reka ntore agatebe nicare ndayirabe neza ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Erega Nar naratevye yemwe kumbeee❤❤❤
My brother from Burundi pick up man🇿🇦🇧🇮
Courage vrt
Mwavyifashemwo nez duken iyo vyaherey
Neza Can ark uyomutam apunguz kuzohomboka Kiko imyaka iramaze kumubana imyaku😂😅😂
Turakunda can❤mbaye muwambere ndavye iy film ije itavyorosha reba vuba muduhe iyikurikira muriko mubikora neza pe Can 🎉🎉🎉
Courage , ark muzoze muraduh ibind bice mudatevy
Umutwe wa Sammy rero 😮 uranyishe😂😂😂😂😂
Ooho vyiza cn abakinyi ba Ninde? Mwabamariye muma film 😂😂😂 kimwe zan iyoyind serie
Kanyana ndagukunda caane; urakina ugakina ibintu uvyiyunvamwo
Yooo ni umu🔥🔥🔥ico mbona hose😢😢 sabe iman ibarinde kugwara canke icaricocose cobabera intambamyi ❤❤ utewe inda numwan wumusazi ucuvyar musaz mura🤣🤣
Sammy courage niyireresi akamanyu kumushaha ninziza
Courage vrt ndbakund ❤❤
Mubirimwoneza. Cutizacu❤❤❤🎉🎉🎂🇧🇮🇧🇮💗💗🎈👑🍾🍻
Nibon kwl courage❤❤❤🎉
Courage kaka sammy
Gatwekabi😄😄 so mr Sammy kuminota ntiwadusondetse kandi courage bcp💕
Courage Mrs sammy
Mbega kanyana weeeeee!!!!!!
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Kanyana ngwimbeba yamutsutwe😆😆😆😆ciza nawe ngonigatwe njombo🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣kabi mwariharuje giramahoro ciza ugiruje kumusengerera mwishamba ngurumupfubuzi😂😂😂😂😂😂😂😂😂courage murajeneza🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Mr sammy bravo iyi film iramara sana
Courage bakinyi beza
Yooo naracerew m muduh iyikurikir vrm🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 team samy mwubahw😊
Akamanyu kumushaha hejur cnee muduh igic gikurikir✌✌
Ivyobipara byabatotse pe🤣🤣🤣🤦 courage gatwe kabi😂😂umupfubuzi mbegawe🤣🤣🤣
Muhezagigwe cane, ndabona iterambere riratanguye kuboneka, nabatumva ikirundi, bashobora gusoma bagatahura, nukuri birahimbaye cane, muterimbere cane
Courage❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤Akalanyu kumushaha Zebedee 😮😮😮
Iyo ndamukanyo rero😂😂 courage vrt ❤❤
Iyi movie iramara 🎉
Love from janvier le comédien
Mbega filim nziza cane weeeeee ndimurukundo niyi filim akamanyu kumuchaha ❤❤❤❤🎉❤❤❤😂
Courage pe inzondamukanya ninshasha kurijewe
Ndabakunda ❤❤❤❤🇴🇲🇧🇮
Non Samy, washaje mumutwe??? Ayo mafilm urayareker abakinyi ba Ninde kweri ! Nahora ndakwemera none wapi kabisa, Ndahojj abakinyi ba Ninde kuba wabateye kugikino cabo, vyobavyiza bakwitwariye kabisa !! Iiiiiipuuuuuuu😢😢
Zebede.sammy film nziza kbx ndabemera kbx
Komera dii Mr Sammy uratwemeje bavuga intore ntindi iyi nayo ije irenze Mwirambire
Courage vrmt❤❤❤🎉🎉🎉
Nkaba ndayitangiye ndayikunzep❤mubidiyoreni😅
Zebede n'a Chantal ngwahe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤
Courage🎉🎉🎉🎉
Mama weee gatwekabi dore umupfubuz mugashamba kwaka rudogo
Courage 🎉🎉🎉 mubikora neza
Iyi yo ni umuriro Aba mama bagurisha abana muragoy
😂😂😂😂😂 crg bant bnj mugum muturyoherez ibint❤❤❤
Much love❤
Courrage ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage mwabikoze nez
Courage mubikor nez can
Love from BUKEYENEZA OFFICIAL ♥️ Akamanyu k'Umushaha kadushwayemwo reka ntore agatebe ndabe
Hhhh wirabe ingn urir😂😂😂
Mr sammy Courage uwomupfubuz naw arikwabikor nez cyan Gays mwubahwe
Sammy wacu disii❤ubu rero mwimosheje kubera akazi 🥱mwubahwe peee nkunda ukuntu mwitangira igikogwa canyu ❤❤nkuri uri pasteur wa film mazeu ubutumwa turonkera mur film zaw ntibusanzwe peee 🥰 IMANA igushoboze kubandanya wandika film nziza ikutuzigamire mazeu 🥰🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉tora amashugwe yawe mwizaa ndabakunda cane mwese mweseee peeee
Thx
Ntanguy gutwdnga aruko igitangura 😊 naho ndayiravye naratevye ntaco mr sammy courage
Non samy na ciza mwimoshej kuber film😳🤣imitwe yanyu yabaye nka pasteke noneho😂😂😂akazi kubahwe kabisa👌mwarakoze kugir colabo n'ab basaza bacu bo mur ninde👍courage
Nanj nazinduts mbay uwa5 abaz munyuma musig like nabatanz
Ingene Kanyana yikumagura umenga nuwo kugatumba nyene Chantal nawe 😢😢ibihe sivyiza kuri we 🎉🎉anashurwe yanyu💐💐🍾
Love from mr sammy nigiki cakuryohey murino film yacu nshasha
Icaryoheye nuko mwaikinye n'kaninde mumico kama akoniko karanga kiwacu❤❤
Ndafashijwe cyane courage can nawapenda sana🥰🥰🥰🌹🌹🌹🌹
Nukuri Sammy jewe ndafashijwe kuko kwihangana birafasha nukuri pe ❤❤❤
Nuko Imana yama iduha ubutabazi ndetse nimugihe tubona ko vyanse ikahaseruka buy the way ndabakunda kuk mubikora neza
Nakunze akaranga kiwacu amatisi ibitambata❤❤❤imyungu nihatari
Sammy courage vrm mubikor nez kur can nih mbipfurij gushik 🙏🙏🙏
Basha ubuhoho uratwemeje film nziza cane courage🎉🎉🎉🎉
I love this movie akeza karigura kweli nakunzeko mwashizemwo abakinyi baninde nkunda movies zikiniwe runguru ibaye number one
Abi murukund n yibflim mumpe like twimanukiraa
Courage courage ndabona nisawa muyiduheye neza akamanyu kumushaha iranezereye
Courage nn sammy kuberiki wimosheje uko?so courage Kandi na umuzi w'umusalaba mwayitebany
Courage and strength of the day today
Abo tuyitanguranye muze tumenyane. #dutemwe tv
Courage mr.Sammy mubikora neza
Courg ❤kanyana ubikora nez cn❤❤❤❤❤❤❤❤
Naracerewe 😢mbega film nziza w🎉🎉🎉🎉❤
Courage team Mr sammy
Bandanye imbere niheza ni jewe kapaya wa rumonge minagoo komeza
Uwobabona mubiguturiya biraho ntiyobabona mwaza 🤐🤐🤐🤐😅😅😅❤❤
Gatwekabi manayanje ndafuye gatwekabi ngonumufubuzi karuhariwe❤❤❤❤❤❤🎉🎉 umusa wubahwe pe
Zebedeeee oyeee😂😂😂igipara ndemboooo courage bantu bacu turabakundaaaaa caaane
Respect Sammy👏👏 Gihetaaa,Gitega kwetuu
Mbega filmer iryoshe 😅 sammy imana ikutuzigamire uzuduha inyigisho niwirambire niwakire🎉🎉🎉🎉🎉🎉urayakwiriye pe❤❤
Thx
Sammy wacu shaaaa courage beza🎉🎉🎉
Manshalla 😂😂😂😂 Much Love Guys ❤️❤️❤️❤️❤️❤️🎉🎉🎉🎉🎉🎉🇸🇦🇧🇮
Courage 🎉🎉🎉🎉
Yoooo ugire kuresha nukuja kuryayo? Hagiye gushaaa akamanyu kumushaha hejuruuu
Nakamanyu kumushah kwel 😳 yamar zebede urwo nurugamb ❤❤
Uwanyuma kwer
Niho nkiza 🎉🎉🎉❤
mbaye wacum nababir abaz inyum yanj mump like ❤❤❤❤❤
nazindutse kukamanyu kumutsima. fromu. saudi
Nukuri mwari mwamvyitondeye turabona akaranga kuburundi🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Abagiye m'urukundo n'AKAMANYU KUMUSHAHA mumpe like kugira tumenyane
🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️🇧🇮
Ndabemeye pe kandi courage mwese
Ariko Mana Kanyana urabiryoshya ❤❤❤❤ uri nyiranjya iyo bigiye I love you for free ❤😘💖💖
Masha Allah ireretsi itesa piga makofi kwa sammy wetu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Love from Gloire to Gogo Love Official.
Sammy courage urashoboy kbc 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤💯💯💯💯🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Courage courage cn vrmt ndaba❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage Sammy ndakunda ukuntu utuba hafi
Mr sammy banza urangize Umuzi wumusaraba ❤❤❤ Maze dukomeze Love from Nairobi ❤❤❤❤
Courage vrt sammy uraberew kukapar vrt😂mwubahw k kamanyu k umushah vrt😊😊😊
Courage Sammy umus twobabuz muri flm vyotubabaza
Akamanyu k'umushaha ndabona hagiy gusha pe🔥🔥🔥🔥
Courage beza ndabakunda muraduteramisha❤️❤️❤️
Mmmmmmm nwikubise mubitisi kweri gatwe kabiweeee ivyobipara vyamwe nassmi birarenze. Ibishayoti😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤
bwabundi umushatsi urahisha!ndabakunda mwese❤❤❤❤
Courage Mr Sammy ❤
Akamanyu k' umushaha
❤❤❤
Love from GOGO LOVE OFFICIAL TO BURUNDI 🇧🇮
Courage vrt ariko sammy azarareke kugara kubantu bamukurikirana iyo bahuye
Nacerewe kwel reka ntore agatebe nicare ndayirabe neza ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤
Erega Nar naratevye yemwe kumbeee❤❤❤
My brother from Burundi pick up man🇿🇦🇧🇮
Courage vrt
Mwavyifashemwo nez duken iyo vyaherey
Neza Can ark uyomutam apunguz kuzohomboka Kiko imyaka iramaze kumubana imyaku😂😅😂
Turakunda can❤mbaye muwambere ndavye iy film ije itavyorosha reba vuba muduhe iyikurikira muriko mubikora neza pe Can 🎉🎉🎉
Courage , ark muzoze muraduh ibind bice mudatevy
Umutwe wa Sammy rero 😮 uranyishe😂😂😂😂😂
Ooho vyiza cn abakinyi ba Ninde? Mwabamariye muma film 😂😂😂 kimwe zan iyoyind serie
Kanyana ndagukunda caane; urakina ugakina ibintu uvyiyunvamwo
Yooo ni umu🔥🔥🔥ico mbona hose😢😢 sabe iman ibarinde kugwara canke icaricocose cobabera intambamyi ❤❤ utewe inda numwan wumusazi ucuvyar musaz mura🤣🤣
Sammy courage niyireresi akamanyu kumushaha ninziza
Courage vrt ndbakund ❤❤
Mubirimwoneza. Cutizacu❤❤❤🎉🎉🎂🇧🇮🇧🇮💗💗🎈👑🍾🍻
Nibon kwl courage❤❤❤🎉
Courage kaka sammy
Gatwekabi😄😄 so mr Sammy kuminota ntiwadusondetse kandi courage bcp💕
Courage Mrs sammy
Mbega kanyana weeeeee!!!!!!
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Kanyana ngwimbeba yamutsutwe😆😆😆😆ciza nawe ngonigatwe njombo🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣kabi mwariharuje giramahoro ciza ugiruje kumusengerera mwishamba ngurumupfubuzi😂😂😂😂😂😂😂😂😂courage murajeneza🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤
Mr sammy bravo iyi film iramara sana
Courage bakinyi beza
Yooo naracerew m muduh iyikurikir vrm🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 team samy mwubahw😊
Akamanyu kumushaha hejur cnee muduh igic gikurikir✌✌
Ivyobipara byabatotse pe🤣🤣🤣🤦 courage gatwe kabi😂😂umupfubuzi mbegawe🤣🤣🤣
Muhezagigwe cane, ndabona iterambere riratanguye kuboneka, nabatumva ikirundi, bashobora gusoma bagatahura, nukuri birahimbaye cane, muterimbere cane
Courage❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤Akalanyu kumushaha Zebedee 😮😮😮
Iyo ndamukanyo rero😂😂 courage vrt ❤❤
Iyi movie iramara 🎉
Love from janvier le comédien
Mbega filim nziza cane weeeeee ndimurukundo niyi filim akamanyu kumuchaha ❤❤❤❤🎉❤❤❤😂
Courage pe inzondamukanya ninshasha kurijewe
Ndabakunda ❤❤❤❤🇴🇲🇧🇮
Non Samy, washaje mumutwe??? Ayo mafilm urayareker abakinyi ba Ninde kweri ! Nahora ndakwemera none wapi kabisa,
Ndahojj abakinyi ba Ninde kuba wabateye kugikino cabo, vyobavyiza bakwitwariye kabisa !! Iiiiiipuuuuuuu😢😢