Intahe itangaje cane ya Apôtre EMMANUEL guhura na YESU wo mukuzimu|| gucakira bisigura ibintu……

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 7

  • @AliceKanyana-gf6kk
    @AliceKanyana-gf6kk 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ameen

  • @ananiaskabura1755
    @ananiaskabura1755 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amen muhezagirwe
    Muvyeyi turabakurikira5/5

  • @EdouardNduwayezu
    @EdouardNduwayezu 2 หลายเดือนก่อน +1

  • @EmmanuelNduwarugira-t3f
    @EmmanuelNduwarugira-t3f 2 หลายเดือนก่อน +1

    Twiganire muvyeyitwetwabisobanukiwe arikoturizeranezako nabataratahura umwamiwacu yesukristo abafashegutatuhura

  • @alanduke2176
    @alanduke2176 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ni vyiza cane ko watanze urugero rwo kumenya uwutari uwarungitswe n'Imana bigahera wewe nyen ubirenzeko. Wavuze ko umuntu w'Imana yicisha bugufise ariko ntushobora kurenza iminota ingahe utiyemeye.

  • @tresornemerimana2072
    @tresornemerimana2072 2 หลายเดือนก่อน +1

    Aho rero nukugira Abantu bayobe kuko muzi ko watuye izina rya Yesu christu rikubita abadayimoni bagasha Ubu rero imitwe yaratetswe kugira ntibasubire kurivuga ati tubabesheko ikuzimu hariyo umudayimoni yitwa yesu?bakristu turi mubihe vyimperuka mube maso murivuge mutababarira Abo bazimu bashe.deja abadayimoni bumvise izina Yesu birukira rimwe ,none ngo ntibakarivuge.batureke ntaco turivuge.mbega urwo nurukundo badukunda?😂ariko ga yemwe Imana irihanga😂 .nubu ndabivuze mwizina rya Yesu Christo abadayimoni nabazimu niyo myuka mibi ishe ishane nasewabo satani