Ku muntu ataragira ubucuti n’Umwami Yesu ngo amwiyereke mu maso mu yandi, vyo mugora kwemera iyi ntahe. Ariko ubundi Umwami Yesu nuko ateye. Aba hafi y’intama ziwe akazorohereza kugira ntizikekeranye. Yesu ari Umwami mwiza birengeye ubwenge bwacu!! Urakoze mutama kur’iyo ntahe, Imana ibandanye kukurinda
Amen amen lman nishimwe can icubahiro nicimana can lman urama iherezoryiza AMEN 🙌🏼🙌🏼🙏🏼
Yoôo Imana ndayisavye izomp iherezo nkiryuwo mudamu nzoronk imburi yogutah .Yesu aguh umugisha intahe yawe iramfashije .
Yesu weeeeee ndagushimiye iyi ntahe nari narayibuze none ndongeye kuyumva. Imana ishimwe cane!!! Umuco wera ndabashimiye caaane.
Nari maz kuyumva har hahez igihe,naguma rero ndayironderaaa nar narayibuze,iranyubak cane,Yooo mbeg'Imana.irakomeye cane.ndashimiye umuco wera nongey kuyibona kubwanyu,Yesu abah umugisha vyukuri.
Ku muntu ataragira ubucuti n’Umwami Yesu ngo amwiyereke mu maso mu yandi, vyo mugora kwemera iyi ntahe. Ariko ubundi Umwami Yesu nuko ateye. Aba hafi y’intama ziwe akazorohereza kugira ntizikekeranye.
Yesu ari Umwami mwiza birengeye ubwenge bwacu!!
Urakoze mutama kur’iyo ntahe, Imana ibandanye kukurinda
Wewe Yesu aramaze kukwiyereka amaso muyandi?
Yesu nashimwe ahabwe icubahiro 👏👏👏
Iyintahe iranfashije
Byiza cyane. Iyi ntahe ni nziza cane. Imana ishimwe cyane uyu mubyeyi yatashye neza. Natwe twiteguye umukwe ko azaza kutujyana ubundi twezwe
Ameeen
Imana ishimwe caaaaaaane goooôoooose kwl imigabo yayo ni myiza ku Bana bayo iragahezagirwa❤❤
Mbega igishingantahe!
Mbega umuco wera twavuye muburundi iyi TV itaraza peee jewe ndabuze icomvuga nitureke Imana yitwa Imana.🤭🤭🤭🤭
Imana.ishimwe.
Mana.uranpa.iherezoryiza
IMANA Ikora ibikomeye vyukuri,iyo ntahe iranyimuye ikibanza vyukuri,nanje MANA nama nayisavye kuzopfa urupfu rw'Abagororotsiiii
Ndaqfashijwe can
Ibibintu we Imana ikakubwira umusi wogupfa kwawe yebabaw Imana nigitangaza
Amena
Mutama Imana iguhezagire peee
Yoooo!!!!Imana irakomey can mbeg intah ikomey weeee!!! Mana urangirr ubunt nanj muduh nikind gice.
Ariko abanyamakuru mwagiye mureka gukabya, yatashye bavugana ariko yarapfuye baramushyingura, ntabwo yagiye mu ijuru adapfuye. Mbega mwebwe🙈
Ameeeeeeen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Intah iratwubast nanje ndayinginz izamp iherez ryiza
Icompa nkapfa urupfu nkugwuw mugororotsi yafuye imana ishimw ninziza
Mana uzompe kurangizaneza abagororotsi iherezo ryabo ribaryiza
Mbeg ivyizaweeeee ntakintukiryosh nkokuvugana n lmana icompa nkazorangiza neza
Intahe yubaka,Imana iriho kweliiiiiii🙏🙏🙏🙏🙏
Yazize ibyobiro ubunini nirwara nyishi ibinure birica
Ariko se wa mugabo we ntuzi ko umwicanyi arisatani ntabwo Imana yica ahubwo yababaranye namwe icyaha cyazanye urupfu
Imana iratangaje.
urampa iherezo ryiza Mana
Ameeeen
Numutima harabowica batarwaye yazize ibiro
Yooooo
Imna nigitangaza p
Aaaaaaam!!!!
Yoooo iyo ntahe irababaje kandi iraryoshe umwanyumw numunezero uwundi mwanya numunezero ucanze namarir.Mana mpa gusenga ngire nihishurirwa yibizombako
Imana irakomeye bakundwa
umukiranutsi wese agira iherezo ryiza
Imana ninziza ibihe vyose