Abasirikare b’Abarundi muri Congo bafatwa nk’abacangero (F. Bamvuginyumvira)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ก.ย. 2024
  • Evariste Ndayishimiye ariko afyinira ahafyikiye. Ako ni akagohe ka Frédéric Bamvuginyumvira, arongoye urunani CFOR-Arusha. Abivuze kubera ingendo y’umukuru w’Igihugu mu gufata nabi abasirikare barungikwa kurwanya umuhari M23 muri Congo. Frédéric Bamvuginyumvira yerekana ko abo basirikare bafatwa nk’abacangero, kandi n’ugupfa kwabo ata wukubazwa.

ความคิดเห็น • 4

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 7 หลายเดือนก่อน

    Birateye isoni, n'ibara ku mutemere! N'akumiro!

  • @luizfigo1133
    @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน

    Nki nterahamwe ahubwo

  • @user-dn5tp6ek6b
    @user-dn5tp6ek6b 7 หลายเดือนก่อน

    Ikijuju c'umuhutu

    • @luizfigo1133
      @luizfigo1133 5 หลายเดือนก่อน

      Wow ukaba ikijuju cy’umutwa 😂😂😂😂😂😂