Bitebe bitebuke, Abarundi bazokwikura igikenye ca CNDD-FDD (Bamvuginyumvira)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.ย. 2024
  • Umugambwe CNDD-FDD uratinya Agathon Rwasa. Ni co gituma uwo mugambwe uri ku butegetsi udashaka guhiganwa na we mu kumwaka umugamwe CNL wiwe. Ivyo bishikirizwa na Frédéric Bamvuginyumvira, arongoye CFOR-Arusha. Ku bwiwe, CNDD-FDD igabura imigambwe mu gushinga za « Nyakuri » biva ko uwo mugambwe ata vyiyumviro ufise, ata kindi ugamije atari uguhungabanya demokarasi. Ariko Bamvuginyumvira aremeza ko bitebe bitebuke, Abarundi bazokwikura igikenye ca CNDD-FDD.

ความคิดเห็น •