DON'T FORCE LOVE (Ntugahate Urukundo)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 4 ก.ค. 2024
- Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hano
/ @iseke257
© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS)
#abel #Rwandanmusic #Mwanafunzi
#iseke films
#Isekefilms
#Mr Sammy Officiel
#Fanny lavine
#Rukundo tv
#Mugisha
#Nsoro the hero
#Inkingi tv
#Inkinzo tv
#Mashariki tv
#Afrimax tv
#abel
#Abel nduwayo
#Ihuriro tv
#Erico tv
#bollywood
#Burwood tv
#Diamond
#Gasikiri
#Nyaxo Comedy
#Pattyno Comedy
#Shema pattyno
#Comeback
#Gasore
#Freefire
#Fresh tv
#Rukundo news
#Brenda
#Rocky kirabiranya
#Mwanafunzi
#Agasobanuye
#Film
#Burundi
#Burundinews
#NARIHUSE SÉRIE
#Rwanda
#Rwandagospel
#Rwandanmusic
#RWANDA documentaire
#Rwandacomedy
#Rwanda Films
#Burundian films
#tanzanianmusic
#Tanzania FILMS
#urugendotv
#dontforcelove
#don'tforcelove - บันเทิง
Uwambere mu rwanda 🇷🇼 mumpe izo like 🎉❤😂
Mureke inzigo naho mbaye wa 56 mumpe twa tulink tuhatwike non force love
Ndabakunda cyane ndi hano murwanda Zoe jyerajyeza wibuke ibyo cris yagukoreye wibuke ibyo devo yagukoreye nibwo uramenya ibyo urigukora nutitonda urisanga uri wenyine
Wamukobwa wacu yahinduye ubu avuga neza courage vrt film rer ubu yaryoshe ❤
Abantu bakunda iy film nkanje mumpe twatuntu bash🎉🎉gus nyen barab bongez umwanya barek kutwicish umunezero baduhay gato gus nyen courage beza❤❤
🎉🎉🎉
Iseke ndi murukundo namwe 🎉🎉🎉🎉🎉iyaba mfise amahera nobagurira indege murigisha gose gose mubikora neza cane🎉🎉🎉🎉
Ubundi ivyo bintu vyokutikura kuba ex ni bibi kabisa namba umuntu mwarakunda ukaja kwubaka nuwundi umenyeko ubutangiye ubundi buzima 😢😢😢 rero ntampamvu yokuguma ukubuna nabo mwegendanye😊😊😅😅😅
Cane vraiment nibaze barekura barekuye kbx ivyahez bikabacbihez ubundibwo nikibaz gikomey can
Deve i love u so much,vrt ndakund uburyo ukina like sivyo wigirish ahubw bikurimwo❤
Oya namwe muratwivye imi nuta kand sivyiza. Nukuri ababibony tumenyan ngah🎉🎉🎉 zoe ham pol san ndabon urimuyabira.
Nacerewe Gus abaza ubwanyuma munsigire utuntu twitwikire
Nc
Zoe karamubanye kbisa😂😂😂😂😂😂😂, courage vrmnt 💪💪🥰🥰🥰
courage iva ndagukunda kabisa
Nkunda ukuntu wandika ibintu biba mubuzima , Joe akira mwana🎉
Abaza nyuma ❤❤❤ don't force love
Reyi rekamugore wabandi yoooo ndapfuye barabafashe 😭😭😭😭
Reyiiii 😂😂gezaho❤❤😂😂😂😂😂🎉🎉🎉kuvyonga rukundo gwabandi
🎉🎉🎉🎉 amashugwe nayanyu gus muradutevy
iyi film iratesa kl. Mwe big up turabakurikirana cane ; at Algeria
Harahiye warahi❤❤❤❤❤❤
Ndabafana bantu banje
Ndabakund abarundi lmana ibazigam
Akijuru umukobwa mwiza cane ndagukunda cane
🎉🎉
muranyic 😂😂😂😂 ndabakund kumpanur zanyu🎉🎉🎉
Courage bakunzi
Lay reka gusambura urugo rwaband knd utubats hama mukina nez knd courage tubarintuma
Courage mukina neza cane muga Zoé rekana n'a Ex wawekuko ex ntacakimaze mubuzima bwaw kuko waramaze guhitamwo .uwo agomba kugusambuza vrmt .
Karabaye kbx courage rro iratanguy kuryoha 😘❤️
Curange ❤❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤🎉
Courage mubirimwo nez ❤❤
Abarinyuma gonga like hapa rwanda tunawabari sana🇨🇩🇨🇩🇨🇩
❤❤❤❤❤❤❤
Ndakunda Christella vyimazeyo ❤❤❤❤❤
Ivyarumunezero bihindutse amarira kwl😢 Zoé urabura kutikur uwo mu ex wewe ubundi uzobur imbw nimbwebwe
Courage
Respect
Film ndundi ahandi hantu kbs gus mutwongereze iminota kuk muradusondeka
Chichi ndakw❤
Erega mwararos umwigisha muramudutiza AZ kutwigisha aha igitega emw arantwengej ngwambara utujipo tugufi ngwambara ikora emwe ibintu bizohava biparangana iva azohavarwa mumitego estela courage urashoboye kandi uracaruwambere
courage
Very nice story
Sky Joël wew turakwemera
Merci
🎉🎉 courage.
Courage 🎉🎉❤❤
Courage ❤❤❤❤
Akijuru wanj we love you
Zoe uragowe 😢
Courage ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Muze muyiduha mwihuse🤏
Ndabakunda cyn mubikora neza
Courage beza bacu❤❤❤❤
Va kumugore wabandi Reyi
Waooo vrmt muduhe ep 2 par semaine
Zoe karamubanye ndake 😂😂😂😂
❤😮😮
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage ndabakunda caneee
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Mukina nez vraiment gusa uyumugabo wa Zoé arihangana cane kk iyaba nkajew haraikuyaga amakofe
Zoé shn ndagukund cn 😘
Ivyinkundo nihatari
Karabaye barafashwe kabis imi yigisum nimiro40🎉🎉😢😢😢😢😢😮😮😮😅😅😅
Namwe mwazinduye pee!!❤❤❤
🥰🥰🥰🥰🥰
Ndabkunda cn vyan ukunt akin aranyic kand courage
Niba harikintu kimwe nugusubirana nukuntu mwatandukanye,ninkokoga amazi atobamye
Joël uzotuzanire na WINNY Umwe mwahora mukinana Iyomwahuye muri Scènes Twararyohegwa murabizi UKUNTU WATERA IMITOMA Vyari bitesa🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Joe uranyica maz iminsi ntahari 😢😢ariko ngire ndayihere kuri Épisode yambere ndavuga nyuma mpejj
Film yigisha cane🥰🥰mrci bagenz kunyigish iy grp yany ndayikunda iduh film zirimw impanuro🙏🌹🥀
Reyi hejuru and yvan for akijuru mwese ❤❤🎉🎉🎉
Yoooo nukuri ibayento
Courage ❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
Courage ❤
ℕ𝕥𝕒𝕧𝕪𝕒𝕓𝕒 𝔼𝕩 𝕜𝕨𝕖𝕝𝕚!
ℍ𝕒𝕞𝕒 𝕛𝕖 𝕤𝕚𝕟𝕤𝕒𝕧𝕪𝕖 𝕒𝕞𝕒 𝕝𝕚𝕜𝕖𝕤,𝕒𝕙𝕦𝕓𝕨𝕠 𝕞𝕗𝕒𝕤𝕙𝕒 𝕦𝕜𝕠𝕣𝕖 𝕜𝕨𝕚𝕗𝕠𝕥𝕠 𝕪𝕒𝕟𝕛𝕖 𝕦𝕟𝕥𝕖𝕞𝕨𝕠 𝕒𝕘𝕒 𝕤𝕦𝕓𝕤𝕔𝕣𝕚𝕓𝕖!
🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Mutunyarukirij iyikurikir
🎉🎉❤❤❤
Vyiza cane film iratomoy irimwo inyigisho arik muraraba mwongereze umwanya kuk imara akanya gato ok muhezagirwe🙏🙏🙏
Wa kwanza mimi
❤❤❤❤🎉🎉🎉🔥🔥🔥🔥🔥
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉
😂❤
Urashoboye
Reyi
❤❤❤
Uzigukina neza cane
Courage mubirimwo neza
Good
Courage vantubanje Yvan ndakufanape ubirimwo neza Zow wewe urabeneza urafatwa 💔😭🙆♀️
❤
Oooohwiiiiiiii ndahageze
🥰🥰🥰😘😘💕💋💋💋
Good mubikora neza
Aaaahwiiuuuuuu komengumusuma agirafatwe😅😅😅
Turabasavye muduhe iyikurikira basha
Zoe😢 ❤❤❤