SOLUTION COUPLE💝:TESTIMONY Part2//waooh IMANA IRATANGAJE Norasque na Fanny Lavine Nawe yogutabara🥰

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • Solution couple :
    Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
    Fanny Lavine:+257 79 210 295
    WE ARE FEARLESS GENERATION

ความคิดเห็น • 132

  • @user-km9kr3dj2o
    @user-km9kr3dj2o หลายเดือนก่อน +5

    Wao nimureke Imana yitwe Imana sindabazi ariko ndaryohewe kubwanyu❤❤❤

  • @Cycy129
    @Cycy129 หลายเดือนก่อน +6

    Uyumunsi nazindutse nanje iyintahe rero niyigitangaza Uwizey Imana ntamaramara kbs

  • @aliaalr6366
    @aliaalr6366 หลายเดือนก่อน +4

    Iyintahe irafashije nukuri kandi ndabakunda cane bashisti bacu💞

  • @GyslaineGahimbare
    @GyslaineGahimbare หลายเดือนก่อน +2

    Iyoooo😭😭ngo ico nobwira Ama couple akirindiriye umwana🥺🥺turakwumva disii Imana iratubona knd merciii🙌

  • @AdelphineNiteka
    @AdelphineNiteka หลายเดือนก่อน +4

    ❤ndabakunz cn izo couple kuk nanj navyay hahez iyo myak 4ub nanj ndamufis Iman ishimwe cn ❤❤❤

  • @user-sc1jg6pn8e
    @user-sc1jg6pn8e หลายเดือนก่อน +2

    Waooooo vyiza cane mukomeze kwikundanira maze Di juste basha mwizerimana irakora Fanny zawitwengera nkukonyene diii sinaribwabone uryohewe nkuko

  • @hatangimanajordan3503
    @hatangimanajordan3503 หลายเดือนก่อน +3

    Iyo couple iratesa yaciye mubibazo iravyihanganira imana ibahezagire

  • @IshimweBrigitte-zn1vr
    @IshimweBrigitte-zn1vr หลายเดือนก่อน +4

    Fanny nukuri yaryohew nkajewe ❤ficofico rongora wikurakagaye😂😂😂

  • @KwizeraConsolate
    @KwizeraConsolate หลายเดือนก่อน +2

    😢😢😢 gwarukundo gwanj shaaaa murafashij pe reka ndamirize murantey intege 😢😢😢😢😢😢

  • @AliceBarabwiriza
    @AliceBarabwiriza หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe niyintahe kwr,amajamb ambany make arik uwo Yesuu twizey arakomey🎉

  • @MugishaDiane-wu6tt
    @MugishaDiane-wu6tt หลายเดือนก่อน

    Sinkunda kugira commentaire,mais iyi couple iranryoheye, témoignage iryoshe,courage kuma couple yose bari muri ico kigaragezo,naragiciyemwo ntiyoroshe,mais urikumwe n'umushingantahe agutahura,biragenda neza,big up sana kuba shingantahe bose bahagaze neza mu ngo zabo,les dames mu kirindiriye aba bébés namwe Yezu azobaha kuko afise aba bébés benshiii nabanyu barimwo,kandi arabakunda,et courage kuri solution couple

  • @alineniyonzima1740
    @alineniyonzima1740 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibahe umugisha kwer

  • @GyslaineShurweryimana
    @GyslaineShurweryimana หลายเดือนก่อน

    Yesu agira nez mana nukur ze muratubwira impanuro nizo ndaryohew nubw nkir umukobw♥️♥️

  • @AliceNiyibizi
    @AliceNiyibizi หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂Ewe Fanny shaa.uratwenza vrmt.
    Umugabo yarabaye intwari caane,bituma n'umugore adacika intege.Imana yarakoze yariheshej icubahira mu muryango🙏🙏

  • @AliceCuki
    @AliceCuki หลายเดือนก่อน

    Justin na madam waw Imana izibagez kur mwarihanganyep mushinz intah nziz pe mukomej aband🎉🎉🎉🎉🎉🎉 norasque and mamalao ndabakunda❤❤❤❤❤❤ Imana ibageze kur namw🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o หลายเดือนก่อน

    Woouu murandyoheye cane nukur muratesa kandi vraiment IMANA ibakomereze urukundo nukuri ❤❤❤❤ nanje nuwanje dufise intahe ikomeye cane 🎉🎉🎉

  • @BernadetteUngere
    @BernadetteUngere 27 วันที่ผ่านมา

    Yooo intah nziza caane sinar bwayirab iranyuz pe courage muduh nizind kwl namw Imana ibandany ibongera inkomezi ndabakund caane

  • @user-xb5ib9pd2e
    @user-xb5ib9pd2e หลายเดือนก่อน +1

    Ndaryohew kubwiyintahe❤❤❤

  • @euphemieningenza7637
    @euphemieningenza7637 หลายเดือนก่อน

    Imana yarakoze kwishura nk'Imana! Ntitetereza abayo! Iyatugize abavyeyi yarakoze!!!

  • @AmissaNduwimana-wt6ud
    @AmissaNduwimana-wt6ud หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe muhezagirwe turaremye kubwanyu
    Nanyuma ya zéro irakora yitwa Ndiho🙌🏾🙌🏾

  • @user-by6vu5pe4s
    @user-by6vu5pe4s หลายเดือนก่อน

    Mbega intahe itunguranye nukuri reka Imana yitwe Imana abantu nabo bitwe amazina yabo❤

  • @user-ht7uf6zv4w
    @user-ht7uf6zv4w หลายเดือนก่อน

    Ndaryohew caaaane Imana ikomez ibahezagir caaane

  • @christella5092
    @christella5092 หลายเดือนก่อน

    Ficofico wacu uzomugwaza umutima nukuri ❤❤bamumureka😢😢

  • @user-ds9qh9su9f
    @user-ds9qh9su9f หลายเดือนก่อน

    Iyi couple yubahwe IMANA Ihabwe icubahiro

  • @denadena7727
    @denadena7727 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi ntahe mubo ifashije cke izofasha ndimwo muzobagarukane batubwire nibindi 🙏

  • @NdayikengurukiyeSandrine-w5x
    @NdayikengurukiyeSandrine-w5x หลายเดือนก่อน +2

    Turabakund ❤❤❤

  • @JombaJomba-ls8vn
    @JombaJomba-ls8vn หลายเดือนก่อน

    Mwubahwe esimana yobongerinkomezi mukama muhanuringo nyishi zifisibibazo❤❤❤❤

  • @ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn
    @ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn หลายเดือนก่อน

    Nukuri ndabashimiye

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii หลายเดือนก่อน

    Jewe Nkunda mupenda demu Fiko fiko

  • @theresiakarwera2279
    @theresiakarwera2279 หลายเดือนก่อน

    Mwarihanganye rwose mukomeze mugire urugo rwiza rushimwa n'Imana

  • @DonavineNiyonsaba-yr4pw
    @DonavineNiyonsaba-yr4pw หลายเดือนก่อน

    Murakoze muzobandanye mutwigisha

  • @BukeyeNadine-dg6bd
    @BukeyeNadine-dg6bd หลายเดือนก่อน

    Waoooh ndafashijwe nintahe Nukur lmana ibishimirwe yoyo yabanye nabo ibaha kwihangana ntivyari vyoroshe ariko lmana yabanye nabo

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 หลายเดือนก่อน

    IMANA ihabwe icubahiro cane ikomeze kubana namwe murugendo rwanyu

  • @medybayemere
    @medybayemere หลายเดือนก่อน +1

    Ndaryohewe kand ndafashijwe

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 หลายเดือนก่อน

    Fico fico ikure akagaye urongore kwl 😅😅😅😅 wikure akagay ka Norasque na Fanny😂😂😂

  • @user-zm3nh2vp1q
    @user-zm3nh2vp1q หลายเดือนก่อน +1

    Iyo ntahe iranyubast mama lao hama fiko fiko arihh naw narongor kuvaho nola yama amutera uburoho

  • @ClaudineNahimana-kz9nw
    @ClaudineNahimana-kz9nw หลายเดือนก่อน

    Imana ni Yaaaahhh🎉🎉

  • @daniellanininahazwe109
    @daniellanininahazwe109 หลายเดือนก่อน

    Murakoze kuduha 2ème part

  • @user-xr3xc2kz1q
    @user-xr3xc2kz1q หลายเดือนก่อน

    Imana muzayirlngire yarabatabaye peee

  • @AmidaMukamusoni
    @AmidaMukamusoni หลายเดือนก่อน +1

    Imana ninziza cane kandi yishurira igihe.iyo ntahe ninziza cane.Uwizeyi Imana ntazokorwa nisoni.ndabakunda cane

  • @Primitive-jj5sb
    @Primitive-jj5sb หลายเดือนก่อน +1

    Intah nindend kur Justin Iman ninziz ibih vyos

  • @christella5092
    @christella5092 หลายเดือนก่อน +3

    Ariko satani urumugome urabona ikintu citwa umuryango ingene ari ciza??Mana yacu nuhimbazwe nukuri nanje undemere umuryango muzima wanje

  • @ConcilieNiyogakiza
    @ConcilieNiyogakiza หลายเดือนก่อน

    Imana ninziza cane

  • @user-dt1vg9hk7s
    @user-dt1vg9hk7s หลายเดือนก่อน +1

    Ndabakund vrt❤❤❤❤

  • @user-ty3rd5qs6w
    @user-ty3rd5qs6w หลายเดือนก่อน +1

    Uyumudamu avuganezap fanny uramutuzanir mur filim

  • @donavinensabimana6692
    @donavinensabimana6692 หลายเดือนก่อน

    Iyi sujet Fanny ari intéressée sana😂😂

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p หลายเดือนก่อน

    Merciii🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 หลายเดือนก่อน

    Intahe irafashije ❤❤❤

  • @HakizimanaClairejoy
    @HakizimanaClairejoy หลายเดือนก่อน

    Imana ikomez kwivanga muvyanyu
    Ndabafana mwes...

  • @emilyKay8
    @emilyKay8 หลายเดือนก่อน +3

    Thank youuuuuuuuuuu so much my family 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤

  • @user-kf6gc4tp5e
    @user-kf6gc4tp5e หลายเดือนก่อน

    Bon témoignage

  • @user-ty3rd5qs6w
    @user-ty3rd5qs6w หลายเดือนก่อน

    Fanny uyumus yaryohew nukuriyintah iraryohey Iman ntihebuwabo❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @SaydatSaid
    @SaydatSaid หลายเดือนก่อน

    Ndanezerewe kuberaababenendata

  • @alaineIngabire-gq2li
    @alaineIngabire-gq2li หลายเดือนก่อน +1

    Mbaye mubambere 🎉🎉

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 หลายเดือนก่อน

    Iyintahe kwl😢😢😢😢 Imana ikora nkimana peee🎉❤

  • @IteritekaGyslain
    @IteritekaGyslain หลายเดือนก่อน

    Mb bashaa nnj umugor amez uk nzomukurah klii😢😢😢ah buja cnk?😢😢😢😢😮

  • @BenissaTWAGIRAYEZU-ez5nf
    @BenissaTWAGIRAYEZU-ez5nf หลายเดือนก่อน +1

    Iyi ntahe nayo irarenzeeee❤🎉

    • @user-dx8pw6kd9n
      @user-dx8pw6kd9n หลายเดือนก่อน

      Iyintahenayoirarenzeeee❤❤❤❤❤❤

  • @ChancelineKubwimana-rj5jr
    @ChancelineKubwimana-rj5jr หลายเดือนก่อน

    Solution couple Kure cane vrt❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @IshimweBrigitte-zn1vr
    @IshimweBrigitte-zn1vr หลายเดือนก่อน

    Nora burya arakunda cane ficofico❤❤❤

  • @igiranezachantal6810
    @igiranezachantal6810 หลายเดือนก่อน

    Mrcii bakunzi❤Imana yacu NINZIZA ibihe vyose

  • @user-wf9ur5wl7k
    @user-wf9ur5wl7k หลายเดือนก่อน

    Good 👍

  • @NadraNadia-ed1bj
    @NadraNadia-ed1bj หลายเดือนก่อน

    Good

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii หลายเดือนก่อน

    Sha iyonkuru yabo iraryoshe

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 หลายเดือนก่อน

    Nihonkishik rek ntoragateb numvirize❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @RehemaClaudine-pe1tl
    @RehemaClaudine-pe1tl หลายเดือนก่อน +1

    Ndumva Kweri bitangaje intahe ninde pe

  • @chadiaManirakiza
    @chadiaManirakiza หลายเดือนก่อน

    fany nanj yara mbrotse😅😅😅

  • @user-ny9kg3sr4l
    @user-ny9kg3sr4l หลายเดือนก่อน

    Kbx impanuro nziza muduhayr❤❤

  • @ElycanNiyonkorera
    @ElycanNiyonkorera หลายเดือนก่อน

    Fico Fico Dukor gt twe nawe🤣🤣🤣

  • @user-ty3rd5qs6w
    @user-ty3rd5qs6w หลายเดือนก่อน

    Fiko fiko Rab wikirakagayep😂😂

  • @user-nz4hk7hh8i
    @user-nz4hk7hh8i หลายเดือนก่อน +1

    Muzogume mutumira nabandi

  • @user-jt6ub3ro1e
    @user-jt6ub3ro1e หลายเดือนก่อน

    Iyoooo murakoze cane kwiyontahe

  • @christella5092
    @christella5092 หลายเดือนก่อน

    Mwarimwatevye kutuzanira izontahe

  • @marievioletteinamahoro5795
    @marievioletteinamahoro5795 หลายเดือนก่อน +1

    Uwa 16 ndazindutse

  • @PascalBigirimana-cj2jm
    @PascalBigirimana-cj2jm หลายเดือนก่อน

    Imana ibanj imbere

  • @user-ms2lt5dg6r
    @user-ms2lt5dg6r หลายเดือนก่อน

    Harabantu baba mukiheragezo kugira bibe intahe ikiza benshi murakoze peee

  • @user-wx1il8cy5m
    @user-wx1il8cy5m หลายเดือนก่อน

    🤣🤣🤣🤣🙆 Murankorey umus kwl

  • @NduwayezuJeanClaude-qt7vg
    @NduwayezuJeanClaude-qt7vg หลายเดือนก่อน

    Mwarahezagiw caneeee ♥️💋💋💋💋💋💋

  • @user-ed1xy7kj2h
    @user-ed1xy7kj2h หลายเดือนก่อน

    Mwirambire

  • @Claudine-wd9bc
    @Claudine-wd9bc หลายเดือนก่อน +1

    Iyi ntahe niyo

  • @EstelleIrakoze
    @EstelleIrakoze หลายเดือนก่อน +1

    Solution couple mutumye ntwenga nari nirigwanye amarira kumaso kubwikibazo canje🎉🎉thank you

  • @FatmaFatma-nq1pb
    @FatmaFatma-nq1pb หลายเดือนก่อน

    👏👏👏👏👏👏👏

  • @AnnyLoveness
    @AnnyLoveness หลายเดือนก่อน

    Muheza girw cn

  • @ClaudineNshimirimana-dm1fd
    @ClaudineNshimirimana-dm1fd หลายเดือนก่อน

    Mbaye uwambere

  • @arwamansur8277
    @arwamansur8277 หลายเดือนก่อน

    Amen

  • @GraceIrisa
    @GraceIrisa หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

  • @AngeUwimana-kd4gd
    @AngeUwimana-kd4gd หลายเดือนก่อน

    Ubund nimw banj ndabikundir kand ndakunz iyontah nizer uwuyumvis yamufashij

  • @user-xi4ej1tm8k
    @user-xi4ej1tm8k หลายเดือนก่อน

    Solution couple❤❤❤

  • @user-hh9hb2ub2d
    @user-hh9hb2ub2d หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤

  • @omegatv3381
    @omegatv3381 หลายเดือนก่อน

    Cool ❤

  • @user-zu8xm4us9v
    @user-zu8xm4us9v หลายเดือนก่อน

    Naho nacerewe ndaryohewe nukuri muranyubaka cane mubandanye mugubwa neza

  • @user-qf7nd1et3g
    @user-qf7nd1et3g หลายเดือนก่อน

    Muzohore mutumira Ama couple 😂😂😂😂😂😂

  • @EsperanceHabarugira-ej1zo
    @EsperanceHabarugira-ej1zo หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤

  • @ThamarNdacayisaba
    @ThamarNdacayisaba หลายเดือนก่อน

    Fani umpe nimero yuyu mumama wobukoz

  • @chancelleuwibanga1244
    @chancelleuwibanga1244 หลายเดือนก่อน +1

    👏🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤ nice

  • @zinabou-gy7st
    @zinabou-gy7st หลายเดือนก่อน

    Non nimutwerek amwana bibarutse tumubone

  • @AnnyckTUYIKORERE
    @AnnyckTUYIKORERE หลายเดือนก่อน

    ❤❤🎉🎉,

  • @KercyIteka-qt2qm
    @KercyIteka-qt2qm หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉

  • @SadrineKwizera
    @SadrineKwizera หลายเดือนก่อน

    ♥️♥️♥️♥️🩸❣️💔🥰😘😍❤️😘🥰😍🤜🤛

  • @UwinezaEdith
    @UwinezaEdith หลายเดือนก่อน

    ❤❤🎉🎉🎉