RAOUL le Comedien : kuba celibataire imyaka 40 sicaha,birandambiye umukobwa ari tayari naze

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 ธ.ค. 2020
  • Uripfuza ko dutera imbere,please kora subscribe, like,share na comments kuri channel yacu.
    ukeneye ico ubaza canke ico uterera (+25779402636)
    follow us @ on facebook, instagram and twitter
    #magicchannelTv#Entertainment

ความคิดเห็น • 55

  • @fleuryb8706
    @fleuryb8706 3 ปีที่แล้ว +1

    Murigisha Gasore KO muri interview ataburofa buzamwo.big UP kuri Raoul et kiging mugutanga interview

  • @gratienjunior8261
    @gratienjunior8261 3 ปีที่แล้ว +4

    Noe ko Raoul asa na Kigingi ga yemw basan ik ?

  • @Mel5555.
    @Mel5555. 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndakunda ukuntu Raoul atwenga ivyo avuga!!! 🤣🤣🤣🤣🤣 birankuraho! J'espère k show yiwe yagenze neza. Thanks Minouche 🎈

  • @vanessarusengwa565
    @vanessarusengwa565 3 ปีที่แล้ว

    Magi bulagata je ndayizi gose,NDAKUMBAGAYE TROOO

  • @felixhatungimana6479
    @felixhatungimana6479 3 ปีที่แล้ว +2

    Wazanyumuntu ange nukuri wewe urashoboye

  • @carnotndikumana5102
    @carnotndikumana5102 3 ปีที่แล้ว +2

    Iryo Raoul ‘’tout court ‘’ niryo zina ryiwe ryikirundi mumbarire muzoba mukoze

  • @paulettemugisha6388
    @paulettemugisha6388 3 ปีที่แล้ว +3

    Ni bon courage

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 ปีที่แล้ว +1

    Ubushikiranganji bw'amagara y'abantu irakwiye kubashigikira kuko gutwenga birakiza ingwara zo mu mutwe. Imico kama ibahe agaciro abo ni bamwe bavuga ngo "botwenza uwuvuye guta nyina."

  • @vianneyniyonsaba7316
    @vianneyniyonsaba7316 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda canee Magic c tv ark ndakumbuye Keke plz

  • @simplicerutanonga4393
    @simplicerutanonga4393 3 ปีที่แล้ว +3

    Afis igabirana nkiyakigingi

  • @nshimirimanamwajuma4612
    @nshimirimanamwajuma4612 3 ปีที่แล้ว +2

    Ange mumbarize ico aphana n'a kigingi mbona basa

  • @samial-khusaibi772
    @samial-khusaibi772 3 ปีที่แล้ว +6

    Nanje bambaye 3 uwomusore asa nakigingi 🇧🇮🇴🇲

  • @fofofrancine5725
    @fofofrancine5725 3 ปีที่แล้ว +3

    Jewe nshaka kuyaga na Raoul impa numero yiwe Minouche

  • @cedricajis9250
    @cedricajis9250 3 ปีที่แล้ว +4

    basha basa na kigingi kubi

  • @jacquesntabagara3091
    @jacquesntabagara3091 3 ปีที่แล้ว +5

    Wesha Raoul, Minouche nuwiwanje ivyobirazwi.

  • @athanasenshimirimana107
    @athanasenshimirimana107 3 ปีที่แล้ว +4

    Kobasa na Kiging bapfan ikii ????

  • @gerardinefafa7656
    @gerardinefafa7656 3 ปีที่แล้ว +1

    Raoul jtm chr 😘😘💋❤️

  • @bullarbdi7969
    @bullarbdi7969 3 ปีที่แล้ว +1

    nagira wize socartier?!

  • @Alice-vl2kn
    @Alice-vl2kn 3 ปีที่แล้ว +1

    Raoul 😃😃😃😃😃😃urasetsa

  • @henrietteuwamahoro8018
    @henrietteuwamahoro8018 3 ปีที่แล้ว +2

    Iyo ticket niyanje yimpe mbaye uwambere

  • @lisanden7320
    @lisanden7320 3 ปีที่แล้ว +1

    Ndakwifurij gutera imbere Raoul. Imana igufashe. Usa n umuntu nzi yitwa Bingwa, harico mupfana?

    • @vanessarusengwa565
      @vanessarusengwa565 3 ปีที่แล้ว

      Hhahahaha arantwenza akaba yantanz gutwenga😂😂😂 funny le gar....i like

  • @claudehakizimana5265
    @claudehakizimana5265 3 ปีที่แล้ว +1

    Kirahuri

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 3 ปีที่แล้ว +3

    Umomu type ararenze nugusetsa ikiriho mutubarize icafana na Kigingi😂😂

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 ปีที่แล้ว +1

    Comedien mu Kirundi ni ngwiki? Tubite abatwenzangona 🤣🤣🤣

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว +7

    Noe kuberiki mudashiraho ama link yabo mukoresheje ibiganiro

  • @nebajizzo1968
    @nebajizzo1968 3 ปีที่แล้ว +1

    Ako ga snear karatuderaja mutwihanganire muje murakagabanya

  • @ngogaprince9305
    @ngogaprince9305 3 ปีที่แล้ว +2

    What about me in usa

    • @Cla257
      @Cla257 3 ปีที่แล้ว

      💋

  • @nadiaabraham5389
    @nadiaabraham5389 3 ปีที่แล้ว +2

    Aho uwo mugabo ntaco asana na na kiging?

    • @egideniyonkuru9705
      @egideniyonkuru9705 3 ปีที่แล้ว +1

      Jew nkimubona dircmt naciyenibaza kwar pt ffr wakigingi nibatubwir nukuri

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 3 ปีที่แล้ว +1

    😘😘😘😘😘

  • @alicendayishimiye5369
    @alicendayishimiye5369 3 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂

  • @fofofrancine5725
    @fofofrancine5725 3 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣🤣🤣

  • @bercafricain
    @bercafricain 3 ปีที่แล้ว +1

    Umuti wo kuvavanura nibisamaza ugakora akazi kare canke umugambi wawe uyekanye maze ugashika kuco ushaka gushikako mu buzima bwawe fyonda link hano hepfo 👇🏻👇🏻👇🏻
    th-cam.com/video/JiuUtOZaEIA/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 3 ปีที่แล้ว +1

    😀😀😀

  • @Midwife257
    @Midwife257 3 ปีที่แล้ว +2

    Ibi bintu ntuze ubikate hhhhhhhhhhhhhhhhhhh

  • @gerardinefafa7656
    @gerardinefafa7656 3 ปีที่แล้ว +2

    Minouche mpa nume za Raoul plz jew ndumva ndamuknze nzomuha ninkwano ankwe kbsa kndi nzomwitaho kukirakintu cose plz