(Choix du conjoint) IBINTU VYO KWITWARARIKA MBERE YUKO UHITAMWO UWO MUZOBANA by Alberick

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 16 ก.ย. 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

ความคิดเห็น • 9

  • @larakezamutima8066
    @larakezamutima8066 2 หลายเดือนก่อน +1

    Murakarorero keza ndazi couple yanyu muri El chaddaii,mubandany muroranirwa

  • @benignekanyange8779
    @benignekanyange8779 2 หลายเดือนก่อน +1

    Merci Albéric merci pour ton témoignage

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 2 หลายเดือนก่อน +2

    Uyo mugabo yaragize amahirwe ataronka bose❤❤

  • @DanielaKamikazi
    @DanielaKamikazi 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ivyo nivyo mon frère abatarubaka bunve impanuro.mercii bcp biratwibatse.

  • @sibyllentungane59
    @sibyllentungane59 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ma Inès, une vrai femme de valeur

  • @Iraeli-mp9rd
    @Iraeli-mp9rd 2 หลายเดือนก่อน +1

    Urumuntu wumugabo caaane

  • @francineihorihoze932
    @francineihorihoze932 2 หลายเดือนก่อน +1

    Very good testimony.Thank you Iriba ryiza

    • @iribaryiza1
      @iribaryiza1  2 หลายเดือนก่อน

      Welcome, Amen ❤️

  • @neillaakimana4756
    @neillaakimana4756 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ngo uriko ura maquilla uronka maquillage 🤣🤣 Nivyo vraiment. Uvuze ukuri Mr Albéric. ☑️☑️