IBINTU 4 WOKWISUNGA MU GUHITAMWO UWO MUZOBANA(Inyigisho+Intahe) by Past Gustave
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ก.พ. 2025
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts
Amen be blessed paster❤❤❤
Amen
Amen be blessed man of God
Un serviteur de Dieu nspiré !
Ibi ndabikunda biramfasha