NI IYIHE SHUSHO Y'URUGO MU MUGAMBI W'IMANA !? by Preacher ACHER NIYONIZIGIYE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
    #intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

ความคิดเห็น • 19

  • @AishaAisha-vm4hq
    @AishaAisha-vm4hq 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @KatarSimonDaniel-b9o
    @KatarSimonDaniel-b9o 2 หลายเดือนก่อน +1

    Much Love Pastor
    Ndakwubashe kandi uranyubatse cane
    Imana Ikwongere Umugisha Cane Sir

  • @niyigabatn-ji5sf
    @niyigabatn-ji5sf 2 หลายเดือนก่อน +1

    Izi nyigisho ningenzi, nkabakristo,kwihangana nico cingenzi,Yesu aduhanumugisha

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 2 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤

  • @IrakozeIssa-bj4hv
    @IrakozeIssa-bj4hv 4 หลายเดือนก่อน +2

    Amém,ndakunda inyigisho zanyu😍

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha207 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen merci

  • @GlorioseKANYANGE-g3w
    @GlorioseKANYANGE-g3w 4 หลายเดือนก่อน

    Yesu abahezagire.Mufashije benshi muri iyi nyigishooo.

  • @noelmerciirumva5647
    @noelmerciirumva5647 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ameen!❤

  • @esperancendayishimiye
    @esperancendayishimiye 5 หลายเดือนก่อน +1

    Trés interressant!hezagirwa

  • @ObèdeBukuru
    @ObèdeBukuru 2 หลายเดือนก่อน +1

    Amahoro neza.muzombarize abazi bibre ivyubwami bwo mwijuru.mbega mwijuru hazoba ubwami nkubu tubona mwisi?pasteur desire,ubivugakwiki?

  • @AlineNtakirutimana-po4eb
    @AlineNtakirutimana-po4eb 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ndagukunze weeeeeee.Ndafashijwe knd cane Yesu aguhezagire Mukozi W'Imana

  • @NdayishimiyeEmmanuella-m7y
    @NdayishimiyeEmmanuella-m7y 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mumpe number yiwe mwobamukoze

  • @JeanclaudeMANIGOMBA
    @JeanclaudeMANIGOMBA 26 วันที่ผ่านมา +1

    Ndipfuz numéro ya téléphone yanyu

  • @chadrackIrakoze-rh3br
    @chadrackIrakoze-rh3br 5 หลายเดือนก่อน +1

    Yayaa egooo inyigisho niyoo 😂

  • @AmoniAnatenda
    @AmoniAnatenda 2 หลายเดือนก่อน +1

    Nib😅

  • @ThetigerZz
    @ThetigerZz 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

  • @NdayishimiyeEmmanuella-m7y
    @NdayishimiyeEmmanuella-m7y 3 หลายเดือนก่อน +1

    Mumpe number yiwe mwobamukoze