ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Erega,Ildephonse numugore basi,ariko agura isutiya!!!!!!
Hewe terimbe cane kd wabitoye naburya usanzwiteye nkabo nakwakwihinduramajwi kwawe wowe nisawa pe courage turagushigikiye
Bwabundi mu Burundi turafise ivyiza vyomurwego rwohejuru nukuri! Mengp nova nomugihugu ndimwo kubwokuza kugurira mwiyo shop yi Burundi.Nayo Ildephonse niyirambire.
Uwabonye ko masumbi isutiye yamurotse nampe like 😄
Love from Rwanda
Sije nzobona urameze ubwabwana nukuri kuki iyo wambay nkabakobwa uhita usa nkabakobwa kweri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ndafuye
Hahaaa Unomunsi Kabisa Urongeye kutweza Ariko wangu Ni No (Vodo) Ibisusu Hakuna
😂😂😂😂😂😂
Mamansug Nubushang🤣🤣🤣
Mungu wang wewweee 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 na twenze maka 😁😁😁😁😁😁😂😂😂😂 nuko usa hama uka gira ibintu nivyo 😁😁😁😁😁😂😂😂😂
Maman Love weeeeee...
Nukuri Urakoze Uziko Mukwezi Guheze Naje Iburundi Nkabura Saloon Bashobora Kunja Inzara Narabajije Bambwirango Ndishima Sha Nukuri Urakoze Ndahabonye Aho Nzobariza Mbega Saloon Nziza Urakoze Sana Nico Ngukundira Ww Uduha Ibintu Vyakamaro
ngira wabajij abatabazi ziruzuy
😁😁😁😁Urigitwenza bro nawe ushorera aba demu
😂😂😂😂mbega umu tipe ,un,umukobwa yibereye ngaho,gusa munteye gukumbura home courage mn frère.
Hahahahah da kabibi 😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
Aguze igishanga comunda🤣🤣🤣🤣
Ukoze neza cane muburundi Ubu urudandazwa rwarateye imbere ariko ntibimenya birakwiyeko ukorana nabadadaza bakamanyekanisha ibidadazwa vyabo
Hahaaa soutient yo kibombesha uyumutip je aranyica peee
🤣🤣🤣🤣🤣oya wa ntagisusu cubushanga ufise mada wicaye mumunyu
hahahaaa kazima nja muri toilette bigakunda
🤣🤣🤣🤣🤣🤣gusa ndagufana wanj
Ndababaze npne isutoye yibihumbi cumi hhhh ntivyoroshe
Murankumbuje muburundi ariko uwomubamu wikositime zabana nadupunguze umwana wimwaka itatu nangahe muratwuguruye amaso
Uwo mutip jew arantwenza umnga n'umudemu kwer n'umwanya ata ndevu y'ifitiye.
Urakizungurutse Mupfaso😜Ariko Keep it up🙏Bantu mushaka kumenyekanisha ibintu vyanyu #IldephonseCommedia #Arashoboye
Ha ha ha aramara rede
Hahahaha aratwenz wallah uyumu Comedy
Salon nziza pe 👌🤣🤣🤣🤣🤣
Urarenze man
Imana ikuje imbere akazi kawe urazi kugakora
Hahaha ndabonye ahantu nzoja gu shoppinga murakoze pe
Isutiya yagumikoroka🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Jewe chaka costim yuwukuze
Nawe urazi ivyo kubombesha ?
terimbere uri uwikimazi ku gihugu
ahubw bammpemwo ikibanza nanj🤣🤣
Karibu cane
@@ibrahimkarim1239 vya vrai???nzoz mbaza nd???
@@nusra2574pour plus d info contact ni 72057642
Urarezep
hahaaa arazi gukina kweri
Ewe masumbi idutiye iragukorokana wangu??gusa urakoze nokuntwenza mana weeeee uranyishe neza!!!!
Mamy terimbere sha mugenzi, kubashaka amavuta meza nibakurondere
Nzozaguhiga_agakoti_kumwana_ndabonarisawa_ibintu ni sawa
Bro urakaze
😅😅😅😅🤣🤣🤣🙌🙌
Aho nihehe
😀😀😀
Yarabakorey publicité ikwiy kbx
😃😃😃😃😃
Mukama wikigongwe
Wisera nikidemu disi
None utwara ingodo mugikwembe? Bip up?
mbega amasutiye meza!!uyu mumama afise ibintu nkeneye vrmt
babuvuga inomero zanyu kugira natwe tuba mumahanga tugure ivyo vyiza vyacu iburundi
Ahohant ndahakunze can nihh gayemwe
ni muri ville imbere ya BCB siège
Le parisien
Ndajwikundira💋💋💋💋🇧🇮
Imbere ya bcb siègeContact ni 72057642 canke 79802343
Urakwiye kumera ubwanwa vrmt
Muracafise ikibazo cogupanga ibintu kweri
Ntako batagize dore ko mudashima
Irdefonce unomisi urandangij peee urisi vrmnt
Ninaz burund nzohaz arik mwoduh num zanyu tukahameny abatahaz
Ni 72057642 cank 79802343
Hahahaha
Iyo chopping niyo nzozamw ninatah kbx arik nimub mutang num ya 4ne
Hahahaaaaaa
😂😂😂
Mumpe nimero yabo
Ni 72057642 canke 79802343
😂😂😂😂😂
Iyo salon iri mu Bujumbura canke iri muri ciboriyo ???🤣🤣🤣 I salon isa nkuko niyo mushira muri public nkuko kweli 🤣🤣🤣 Aho ntanisoni mwogira nukuri mubona wanje guhindura iki muzari zihasanzwe yooooh reke kwimaramaza !!!!!!😂😂😁
Ndahabonyumukiza vincent uru mu contre succès wewe!! gato karakura reka nabo babeho !
Ntabwo ibi navuze ko noba nariko ndabasuzura cnk ndabagaya kuvyo bakoze oya ,ntabwo nashatse kuvuga uko .mbe urazi.... Inka ifise amaso manini ariko ntiyibonera ....... harigihe bishika umuntu wese akiyumvira ko ivyo ariko arakora kwarivyo vyiza ariko ababibona ivyo bakora bakavuga kwari vyiza 🙉🙉
Muga wavuze ngo bareke kwimaramaza utabeshe iryo jambo siryakagaye we nkubu uriko ukora ikintu umuntakajubwira ati rekwa kwimaramaza ntiyoba akugaye kandi anaguciye intege!hahh ariko ni bon ntawushimwa nabose gusa muri coment zose niwe wabagay niyo mpamvu nakwishuye!
@@luckynile1264 Lucky uraryoheye cane umbaye Kure mbanguhaye rimwe kweli......haaaaa Big Up my bro ... !!! Ego ndazi ko yoba aguciye inguvu, ariko ivyiza cnk ibibibi biravurwa. mbe nkubaze sha Lucky nkivyo woba umaze kubona bagira nka Public wabonye babikora nkakurya babikoze ?????
Erega abenshi nasomye comments zabo bagumye bitwengera lldephonse kuvyo yariko arakora nivyo yariko aravuga bwira muri comment wabonye yavuze neza kurusha abandi ??? Haaaàaa ubwiye ko Jew nduwambere navuze Nabi muri comment plz mpa umwe yoba yavuze neza ndamuhe Big Up haaaaaaa Ariko Mana 😂😂😂😂
Nivyo peeee
Uratwish masumbi
Ariko agira publicité ntkind nukur
ego ndiko ndakora publicité yiyo Galerie na Saloon
🤣🤣🤣🤣🤣urantengej
Erega,Ildephonse numugore basi,ariko agura isutiya!!!!!!
Hewe terimbe cane kd wabitoye naburya usanzwiteye nkabo nakwakwihinduramajwi kwawe wowe nisawa pe courage turagushigikiye
Bwabundi mu Burundi turafise ivyiza vyomurwego rwohejuru nukuri! Mengp nova nomugihugu ndimwo kubwokuza kugurira mwiyo shop yi Burundi.
Nayo Ildephonse niyirambire.
Uwabonye ko masumbi isutiye yamurotse nampe like 😄
Love from Rwanda
Sije nzobona urameze ubwabwana nukuri kuki iyo wambay nkabakobwa uhita usa nkabakobwa kweri🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ndafuye
Hahaaa Unomunsi Kabisa Urongeye kutweza Ariko wangu Ni No (Vodo) Ibisusu Hakuna
😂😂😂😂😂😂
Mamansug Nubushang🤣🤣🤣
Mungu wang wewweee 😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😁😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 na twenze maka 😁😁😁😁😁😁😂😂😂😂 nuko usa hama uka gira ibintu nivyo 😁😁😁😁😁😂😂😂😂
Maman Love weeeeee...
Nukuri Urakoze Uziko Mukwezi Guheze Naje Iburundi Nkabura Saloon Bashobora Kunja Inzara Narabajije Bambwirango Ndishima Sha Nukuri Urakoze Ndahabonye Aho Nzobariza Mbega Saloon Nziza Urakoze Sana Nico Ngukundira Ww Uduha Ibintu Vyakamaro
ngira wabajij abatabazi ziruzuy
😁😁😁😁Urigitwenza bro nawe ushorera aba demu
😂😂😂😂mbega umu tipe ,un,umukobwa yibereye ngaho,gusa munteye gukumbura home courage mn frère.
Hahahahah da kabibi
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
Aguze igishanga comunda🤣🤣🤣🤣
Ukoze neza cane muburundi Ubu urudandazwa rwarateye imbere ariko ntibimenya birakwiyeko ukorana nabadadaza bakamanyekanisha ibidadazwa vyabo
Hahaaa soutient yo kibombesha uyumutip je aranyica peee
🤣🤣🤣🤣🤣oya wa ntagisusu cubushanga ufise mada wicaye mumunyu
hahahaaa kazima nja muri toilette bigakunda
🤣🤣🤣🤣🤣🤣gusa ndagufana wanj
Ndababaze npne isutoye yibihumbi cumi hhhh ntivyoroshe
Murankumbuje muburundi ariko uwomubamu wikositime zabana nadupunguze umwana wimwaka itatu nangahe muratwuguruye amaso
Uwo mutip jew arantwenza umnga n'umudemu kwer n'umwanya ata ndevu y'ifitiye.
Urakizungurutse Mupfaso😜
Ariko Keep it up🙏
Bantu mushaka kumenyekanisha ibintu vyanyu
#IldephonseCommedia #Arashoboye
Ha ha ha aramara rede
Hahahaha aratwenz wallah uyumu Comedy
Salon nziza pe 👌🤣🤣🤣🤣🤣
Urarenze man
Imana ikuje imbere akazi kawe urazi kugakora
Hahaha ndabonye ahantu nzoja gu shoppinga murakoze pe
Isutiya yagumikoroka🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Jewe chaka costim yuwukuze
Nawe urazi ivyo kubombesha ?
terimbere uri uwikimazi ku gihugu
ahubw bammpemwo ikibanza nanj🤣🤣
Karibu cane
@@ibrahimkarim1239 vya vrai???nzoz mbaza nd???
@@nusra2574pour plus d info contact ni 72057642
Urarezep
hahaaa arazi gukina kweri
Ewe masumbi idutiye iragukorokana wangu??gusa urakoze nokuntwenza mana weeeee uranyishe neza!!!!
Mamy terimbere sha mugenzi, kubashaka amavuta meza nibakurondere
Nzozaguhiga_agakoti_kumwana_ndabonarisawa_ibintu ni sawa
Bro urakaze
😅😅😅😅🤣🤣🤣🙌🙌
Aho nihehe
😀😀😀
Yarabakorey publicité ikwiy kbx
😃😃😃😃😃
Mukama wikigongwe
Wisera nikidemu disi
None utwara ingodo mugikwembe? Bip up?
mbega amasutiye meza!!uyu mumama afise ibintu nkeneye vrmt
babuvuga inomero zanyu kugira natwe tuba mumahanga tugure ivyo vyiza vyacu iburundi
Ahohant ndahakunze can nihh gayemwe
ni muri ville imbere ya BCB siège
Le parisien
Ndajwikundira💋💋💋💋🇧🇮
Imbere ya bcb siège
Contact ni 72057642 canke 79802343