ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Merci beaucoup munyamaku mugire umugisha abarundi turabakeje
Burundi 🇧🇮🎉
Hello! Match hanyuma twaravye Intamba vs Centrafrique
Onesime Ari hejuru acha Blague😎
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Hejuru Cane
Burundi bwacu 🇧🇮 Sénégal kuyitsinda cyose bizashoboka ni football
man uburundi vrmt ukabushira hamw n seychelles Uburundi ni noma ubu
❤❤❤
Mwarakoze rusasuma musanga Burundi bari muri stad musanga nimpunzi,? Ze muravuga ibijanye nikinyamakuru canyu ivy perereza mubirekere benevyo
Non ntiwumv ko impunz zir kur 40km uvuy kuri capitale bitum baz kubashigikir k'ubwinshi!
Nabado ikibuga kizaboneka Uburundi talent zirahari
man mwareka agasuzuguro mukavuga ibijante nigihe
😂😂😂😂😂 mwe basha ngo murugo ntaho bafise nyene.basi uyuvuga neza katakibuga mais ngo ntamurugo bafise.Non non et nonMais bon il faut accepter la réalité ntakundi
Journaliste urabesh vrm kur Kenya hariho Abdul digidigi nawen yrakinye
😂😂😂😂 hari ukuntu mwadutwenze ngo ntakibuga tugira muraseeeeeka cane
Ça va Youri?
Ariko ntimuze muritiranya ibint,uburundi ni,uburundi sesheri ,ni,sesheri oyo mavubu tu,Rwanda araza tuyigishe umupira.
Journaliste wumurundi twakuvise 😂😂
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🫡🫡
C'est le football kuba twatsiz Malawi na Sénégal yabatsinze ndavu amavubi twe tuzobakira knd muzo bibona ✊️🇧🇮
Merci beaucoup munyamaku mugire umugisha abarundi turabakeje
Burundi 🇧🇮🎉
Hello! Match hanyuma twaravye Intamba vs Centrafrique
Onesime Ari hejuru acha Blague😎
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Hejuru Cane
Burundi bwacu 🇧🇮 Sénégal kuyitsinda cyose bizashoboka ni football
man uburundi vrmt ukabushira hamw n seychelles Uburundi ni noma ubu
❤❤❤
Mwarakoze rusasuma musanga Burundi bari muri stad musanga nimpunzi,? Ze muravuga ibijanye nikinyamakuru canyu ivy perereza mubirekere benevyo
Non ntiwumv ko impunz zir kur 40km uvuy kuri capitale bitum baz kubashigikir k'ubwinshi!
Nabado ikibuga kizaboneka Uburundi talent zirahari
man mwareka agasuzuguro mukavuga ibijante nigihe
😂😂😂😂😂 mwe basha ngo murugo ntaho bafise nyene.basi uyuvuga neza katakibuga mais ngo ntamurugo bafise.
Non non et non
Mais bon il faut accepter la réalité ntakundi