Alicia, Un destin Difficile S02-E10-HD 1080
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 15 มิ.ย. 2024
- Alexei Bauer, umusore uva mumuryango ukize cane mugihugu c'uburundi, yakunze umukobwa Alicia Petrovna ava mumuryango ubayabaye kandi wo mubwoko butandukanye. Urukundo rwabo rwahuye n'imbogamizi nyishi cane kumvo z'uko ubushobozi bw'imiryango yabo bakomokamwo butangana.
D.O.P: NYAMA PRO
Director: B10 CLASSIC
Story/Script: Evariste Irankunda - ภาพยนตร์และแอนิเมชัน
Mbaye uwambere disi pour la première fois .nimuntemw utu like
Makunzwe pe❤❤❤❤❤
Waoooh gasore ntazongere gukina comedy kuko akina neza cane
Waoooo ndaryohewe caaan iminota nimik muzorabe mwongereze igice gikuri Kira mukinyarutse abarundi hejuru❤❤❤❤❤❤❤
Merci
Iyi film ndayikundà cane ariko vyarananiy gutondeka uko bikurikirana.kure canne niho mbipfurije kugera❤❤❤
Muraraba muri liste y'ibikorwa vyacu muzobona Uko zikurikirana zose
Mbaye mubambere 😂😂😂😂abakunzi tumenyane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤
Abumva botwongera umwanya murih??
Merci, tugiye kugikosoraa
Mwongez akanya kabay gato
NC film courage
We are ready online Alicia un destin difficile
Iyi films irarenze pe iryosh gusumvy nizind zos❤❤❤
murakoze
Flm nzizaa
Courage
Waaooow irigisha gus muze mwongerumwany munayiduh kumwanya courage
Courage Gasore.gusa wongereze umwanya kuko iraduhimbara sana.courage vraiment mubikora nezaaa 🎉
Courage xanaa 🎉🎉❤❤
Amacerew nkanj tumenyane murirwarukund nyene❤❤❤🎉
Courage bantubanje ndabakunda🎉🎉🎉
Alvell nukr ubirimwo neza knd ndagukunda cane❤❤🎉🎉🎉
Gasore,Alvella &kanyana ndab❤❤❤❤ canee
Nukuri iyi film iraryoshe ark barateba kuyisohor
Gasore baba raIo hejuru cane❤
🎉🎉🎉nimwongereze umwanya 😮🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤🎉
Ndabakunda
Bravo Alicia❤❤❤
Vyza cane courage
Courage❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Waaaoooh My favorite série
Courage 🎉🎉🎉🎉😊😊😊
Muyizana haheze ibih birebire
Courager
Courage. Ariko nuko mudutevya
Courage beza banje
❤❤ courage baba lao
Iyi filme iyomuyibandany yarivumye gs kubayiz irarenze
Courage🎉❤❤🎉🎉
Courage❤
Iyi film iratwika nuko gusa muhora muyitevya
Courage❤🎉
Courage ❤❤❤❤❤
Courage ❤❤🎉🎉
Courage ❤❤❤❤
Beaucoup de courage mes amour 👏👏👏👏👏
Iyiminota wapi mwaduhenze peee😢😢😢😢😢😢
wawooo vyz cn ❤❤❤❤❤
Nkaba ndahashitse❤❤❤
Ariko mwongeze umwanyaaa
Courag
Turabashyigikiye kwel
Kararyoshe caaaneee! Mukomere 👍👍👍👍👍🔥🔥
Nukur iraryoshe peee ndabakundacan❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Twahigerey bash abaza nyum munyaruk mushirek
Nibongeze iminota kwel ❤❤❤❤❤
Ark k mudutebereza none Uzi ko nari nihebuye 😢😢😢
🎉🎉
Courage vrt❤🎉
Courage ndabakunda cane
good🎉🎉🎉❤❤❤
Alicia courage
Mwabikoze neza mwubahwe !ndabakunda !
fire fire
Courage vrmt big up sana arik nimuzosubir kudutevy kuduh suiteee🎉🎉🎉 ayo n,ayanyu
❤❤❤❤
❤❤❤
Iyiminota niya komedi
❤❤❤❤❤❤
Akina neza gasore
Mwogey kugabaniyi minot ❤❤❤❤turabakunda
Mubikora nez
❤❤❤❤❤❤❤
Murabe mwongeze iminota🎉
❤️🎉🎉
Tugeze kuri S2 Ep10
🎉🎉🎉🎉🎉
👍👍👍👍
🎉🎉🎉❤
Film iryoshe cane gusa mwongere umwanya
❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤🎉
Twobasaba kuza murongera umwanya vrt uwo mwanya ni muto can vrt
Akantuniko
Najew nsindatevy
Courage❤❤❤❤ gus mwongeze umwanya pls muzoba mukoze turabakundaaa
Muduhe iyindi
Vyiza cane dushigikire ivyacu
Na cane cane
Nimuryarutse mbaye uwambere
Nubwo mwatevye muraduhaye vyiza mutere mujimbere
❤❤❤❤😂😂😂 courag
Ndabakund mwese nimw dusangiy umunezer bavand iman ibahezagir
murakoze
❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Courag gus iminot nimik
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Nukugabany publicité zitwar umwany munini
Igice kiba carahez ba mutanguza ud segunda nka 10 gusa muratwiba umwanya 😑😑😑 courage
merci
Ubikoze neza Alexandra kuko kirwanira imbugita itariyawe birababaza bahamahoro ndazi ntuzatakazicizere
merci
None muduhay 15min mugac mushiramwo ivyarengany muba mugomb gushik kuki?
nahashits
Nimuyidutemwo ningonga umunoho urishe umuntu😂😂