IMANA IRAFISE UBUSHOBOZI BWO GUSUBIRAMWO UMUNTU YONONEKAYE/Pasteur NZINAHORA Ezéchiel

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 ส.ค. 2024
  • Ubutumwa Bwiza bwo kur'uyu w'Imana 21/04/2021 - Ishengero rya Pentekote ry'i KIREMBA
    Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 42

  • @herveiranezereza7952
    @herveiranezereza7952 4 หลายเดือนก่อน +4

    Imana ikomeze abakozi bayo yahamagaye

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

    • @yvesniyonkuru1350
      @yvesniyonkuru1350 4 หลายเดือนก่อน

      Que Dieu vous benisse

  • @PatrickNkunzimana-gq7cv
    @PatrickNkunzimana-gq7cv 4 หลายเดือนก่อน +1

    Haleluuuuya, Amavuta meshi akomeze kukurwirako mukozi w'Imana

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @nzambimanachantal5769
    @nzambimanachantal5769 4 หลายเดือนก่อน +2

    Amen IMANA nyene ahoro ibakomereze amaboko

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @SarahSarah-nq5sg
    @SarahSarah-nq5sg 4 หลายเดือนก่อน +1

    Aleluya meirra tv uhoraho abahe umugisha utagabanije kubitumwa muturosa burumunsi 🙌🙌🙌🙌🙌👏👏👏

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen Amen 🙏💖

  • @user-oq9jh2ks1c
    @user-oq9jh2ks1c 4 หลายเดือนก่อน +1

    Nari nkumbuy pasteur wacu Yesu amuhezagire.
    Niwe yambatije nciy nkumbura kubayizwa mbere!!

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Yesu aguhezagire 🙏💖

    • @user-oq9jh2ks1c
      @user-oq9jh2ks1c 4 หลายเดือนก่อน

      @@meirratv Amen namwe Yesu abahezagire

  • @AleemSiri
    @AleemSiri 4 หลายเดือนก่อน +2

    Yesu aguhexagire pasteur wac narinkukumbuye kukumva ndaguheruka ker

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @cizacuhoraho
    @cizacuhoraho 4 หลายเดือนก่อน +1

    Amen. Murakoze

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @celestinntirampeba6349
    @celestinntirampeba6349 4 หลายเดือนก่อน +1

    Amen mukozi w'Imana

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @mechacndikumwami7208
    @mechacndikumwami7208 4 หลายเดือนก่อน +1

    Halleluyaaaa❤

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Ameeen🙏💖

  • @MediatriceNishimwe
    @MediatriceNishimwe 4 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ibongeramavuta

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @LameckNIBIZI
    @LameckNIBIZI 4 หลายเดือนก่อน +1

    Imana abahezagire cane

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @kwizeraworshipteam-bi
    @kwizeraworshipteam-bi 4 หลายเดือนก่อน +2

    Pasteur wanje yambatije ahezagirwe

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @fridolinndayihimbaze5684
    @fridolinndayihimbaze5684 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ndagukumbuye disi

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      🙏💖

  • @OnesmoWork
    @OnesmoWork 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ndahezagiwe cane Imana ibahezagire

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-tw5rv5ip6b
    @user-tw5rv5ip6b 4 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @CizaJack-gr8js
    @CizaJack-gr8js 4 หลายเดือนก่อน +1

    Uwo batazira Maca😂
    Iman'iguhezagire mzee🙏🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน +1

      Amen 🙏💖

  • @JeanmarieNiyokwizera
    @JeanmarieNiyokwizera 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ndafashijwe nukuri

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @user-gg7uz3oj3b
    @user-gg7uz3oj3b 4 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤Amen!!!!!!!!

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @gsgshdhdhdhs1713
    @gsgshdhdhdhs1713 4 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤❤❤

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @fistoniteriteka9163
    @fistoniteriteka9163 3 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  3 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖