ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Buke Buke nirwo rugendo. Komeza Burundi bwacu bwiza👏👏👏👏
Hejuru cane turagukunda❤
Rumonge tumenyane. Like
Oya iyo inzu idushize hasi nitwe twarikubaka building iteye ubwoba,gouverneur wacu wapi😢
Ikiganiro byanyu kunama biraryoshe cyane
Big up our Excellence President i❤you
Nice 🙏🏽👊🏽👊🏽👊🏽
Nagume kwi volant ni vyiza. Kizire ko igihugu gisubizwa inyuma ! Tumushigikire twese.
Dukomeje kubasengera bavandimwe barundi...............,mukomereze aho ariko bizagorana kuko iyo abayobozi bafite imyumvire iri hasi nk`iya Neva nawe ibyo akora bihora biciririste.
Leta ifashe abenegihugu kubaka amabarabara comme Muramvya a fait et demandé au chef de l'état.
komera gihugu cacu ciza cuburundi
Komera cane
Rumonge🎉🎉🎉🎉🎉😅
❤🇧🇮
🇧🇮💲🇧🇮🕯️
Uyu ni umusazi mubandi Bose arugara imipaka hhh iriya nkuba yabakubitiye mukibira na FDLR nawe izamukubita
Uyu mukomedi ntababesha ndamwanka pe kuva umurundi mutwarwa niryambere uburundi but wawe naprezida wumjinga nkuyu abafungiwe ubusa abanyuruzwa Bobo kutabavuga
Umwanse ,natwe Abanyagihugu tumwikundira, n,Imana ikaba imukundi, ntaco bitwaye.ingorane ziguma kuri wewe kuko iyo wanka umuntu, kandi atanico womugira, niwewe uguma utunturira ubusa.la jalousie de l,anus ne creuse pas la Terre😎😎
Iyahure mbone kumwanka kuko ugihema vyitwa ko nawe umukunda kandi cane,ubwo rero turura ubone uburundi kurundi rwego.
Raba wiyahure rero none kotwebwe abarundi tumukunda nimana yuburundi ikaba imukunda twiteguye nokumuhunda amajwi wew ntaco uzohindura usanzwe uri numunyamahanga ukababazwa nigihugu kitarirwawe raba wiyahure
Emye ntacowanze wew wanka mutama wacu.
Abobose batugayira président nizambwa za kagame zidashaka KO abarundi twiyubakira igihugu cacu, ariko igiti cama ivyamwa Nico giterwa amabuye(neva)igiti kitama ivyamwa ntawukirangamiza(kagame).komera Burundi Imana yakuduhaye ikudutungire