Basa n'abantu buntu ariko n'abana ba Sekibi(umviriza iyi ntahe)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 4 ก.พ. 2025
  • Ibi vyashikiye Dr Gitwaza Nimba nawe vyaragushikiye, udushingire intahe

ความคิดเห็น • 7

  • @evelyneniyonkuru7008
    @evelyneniyonkuru7008 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo,n'ukuri IMANA Idufashe Iduhe amaso n'ubumenyi dushobore gutandukanya abantu b'IMANA N'aba Satani kubera ndumva basanzwe Bari muri twebwe nyene turagendana tutabazi!

  • @angenellygateka542
    @angenellygateka542 ปีที่แล้ว +1

    Yesu weeeeeee Mana uduhe amaso abona Kure tubashe kubona ivyihishije nimyuka mibi yose

    • @fidelebavumiragiye5714
      @fidelebavumiragiye5714  ปีที่แล้ว

      N'ukuri, turakwiye gukovya mu kurondera Imana Rurema, tunayisiguze , iduhishurire ibirengeye ubwenge bwacu

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m ปีที่แล้ว

    Reka ntore agatebe numvirize iyi ntahe

  • @VannethedyongeruOngerusenge
    @VannethedyongeruOngerusenge 4 หลายเดือนก่อน

    Mana turakwinginz
    Uduh ihishurigw kurab
    Bantu b'imyuk mibi

  • @evelyneniyonkuru7008
    @evelyneniyonkuru7008 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo,n'ukuri IMANA Idufashe Iduhe amaso n'ubumenyi dushobore gutandukanya abantu b'IMANA N'aba Satani kubera ndumva basanzwe Bari muri twebwe nyene turagendana tutabazi!

  • @evelyneniyonkuru7008
    @evelyneniyonkuru7008 ปีที่แล้ว

    Yoooo,n'ukuri IMANA Idufashe Iduhe amaso n'ubumenyi dushobore gutandukanya abantu b'IMANA N'aba Satani kubera ndumva basanzwe Bari muri twebwe nyene turagendana tutabazi!