Fabrice MANIRAKIZA,un autre homme de parole et d'action . Imana ikomeze kuguhezagira no kugushira ahabona mukubahô kwawe no mubikorwa vyawe n'abo mukorana bôse
Mukore Société à Capitaux majoritairement privés y'indege kabisa, kuko leta ntiyopfa yarashoboye ku géra compagnie y'indege. Za Air ceci Air cela , mubihugu hafi vyose vy'afrika zarahomvye.
Igishurushuru n'igihunda part 3👇🏼👇🏼
th-cam.com/video/zhvQDzAX1tI/w-d-xo.htmlsi=qh3ANWV5g8khKets
Imana iguhezagira mwana wigihugu imana yakuduhaye ikudutungire❤❤🎉🎉🎉
Fabrice MANIRAKIZA,un autre homme de parole et d'action . Imana ikomeze kuguhezagira no kugushira ahabona mukubahô kwawe no mubikorwa vyawe n'abo mukorana bôse
IMANIhezagire Fabrice
Imana iguukomeze mutama Fablice. Tubwire nk'abarundi batobato kugira natwe dushiremwo ukuboko muri ivyo bikorwa; le montant minimal à placer n'angahe?
Niwew future yuburundi nabarundi amen my brother God bless you always
Mukore Société à Capitaux majoritairement privés y'indege kabisa, kuko leta ntiyopfa yarashoboye ku géra compagnie y'indege. Za Air ceci Air cela , mubihugu hafi vyose vy'afrika zarahomvye.
Mwubahwe🇧🇮🇧🇮 ndagukunda numutima wanje wose muduhe ibarabara gitega bujumbur iyosoko ikore amasaha 24h 24h kuko twatakaje umwanya muremur dukor 24h 24h
Komera FABLICE INTWARI, udukorere Singapour vuba na vuba.
Imana idufashe igwize abantu nkaba mugihugu cacu uburundi bwotera imbere👏ikindi indege nikintu gito kugihugu ahubwo habuze urukundo bwugukunda igihugu nuko benshi bikwegerako ntibiyumvira kugihugu
Hezagirwa hezagirwa Fabrice Imana igukomeze turagushigikiye 👏👏👏💒💒💒💒
Fablice azohindura ishusho ya bujumbura
Muranyerets umunt naheruka kera ciza arahabaye vire kwer iiii namuheruka kera sana 😂😂😂😂😂😂 ibikogwa birimo fabrise ntabwoba❤❤🎉🎉
Komera cane my president nkunze kukwita my president
Fablice Imana imukomereze amaboko , ariko agarukana umwizero mu barundi
Uwo muvandimwe Fabrice turamukunda cyane ,Tumukundira kugira ishyaka ryoguteza imbere igihugu ce👏👏company ye azayizane murwanda kuko yubaka amazu meza cyane
Your channel is growing faster
Asha uwambere aguma adahwa ni chimamanda ngo isoko ntizubakwa iryambwa, bro ntiwishinge amajambo bavuga baba bigombera views 😂 we bandanya bro wubaka igihugu cacu Allah will protect you don't worry 💪❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kugura indege ni akanya gato kiretse twese tugiye hamwe tukagira urukundo
Imana ikurinde babarundi bibipfamutima batagomba uwojimbere
27:14 😂😂 yosaraa klii
Komerezahoo mutama wacuu❤
Franick urakoze kugarukana Fabrice narindamukumbuye
Imana iguhangaze ikuride basekibi bose
Fabi ndagukunda IMANA ibandanye ikujimbere uzompe akazi 👏👏
Kubera arwiza Ama audio gusumba ibikorwa
Tukuri inyuma tugushigikire mubikorwa ❤❤❤❤🎉🎉
yes sir 👌🏾🇧🇮
IMANIGUHEZAGIRE mubikorwa vyawe
Anneé des ideés 2024💪
Urumugabo Mr Fablice❤❤❤🎉
Ukuri guca muziko ntigushe ndagukunda komera Imana iri kumwe nawe
Urywagaciro kugihugu Cacu🇧🇮
I comere mutama abakwanka bangare ko utari umu nya prolutique nakubwaniroza iki?
Abo vyaniniye nibo bakugwanya.
Fabrice bayuheze isoko hama ubone gutandukila ibindi imigere 2 ntitereka just give advice abarundi we need ibikogw not amajambo brother Fabrice 😅
Jewe ndabona beshi bazobona ivyarivyo nibabona inyungu itanguye kuribwa,jewe nabitahuye Kare narahejeje,muga nibaza kwar kubera tubibonye ubwambere muburundi.
Muta nukuri atarihamwe hokwikuramwo ubwenge nugutahura gutandukanye so kubwa Fabrice ntakwatakoze mukudusigurira hama uwukeneye kazoza keza imbere yogura imitahe akihorera imbere hazoba heza
Wao one love one africane comunity
Kora ibikorwa mutama Fabrice Manirakiza imana ikube hagufi
Sha jendagukund knd cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Imana.iguhe.umugisha
Bro urakomeza ukore ingendo shure 😂😂😂😂
Fabrice Abarundi turabona ugiye kudushikana Muri. Paradise yuburundi tugusaba utukurikiranire Namabarabara asaneza
Ilon mask fabric🎉🎉🎉
Fabrice atarinzwe n'Imana inyankaburundi zomudutwara sindababesha! 21:01
Nukuri peee habeho ahokumudugiriza isengesho kuk harabantu batifuza kigihugu cacu gitera imbere🥹🥹
Jew ndahari ndipfuz nakazi Hama ikindi sindamenya ahonoshira umutah wamber 103000
Fabrice Mnirakiza avuga rimwe nkumva kabiri abadatahura imbono kazoza ya Fablice Mnirakiza bareke guca intege abandi batureke twibandanirize
Love you so much Fab
Akwiye kuba président wuburundi
sha jewe icombona wotuma witoza ukaba umukuru wigihugu
non ibikorw nkivyo vyokugir terrassemnt proj nkio biri gukorwa nimashini imwe
Jew ndizeye ko Fabrice Imana izomuturindira kuk kuvyombona iyi ningabire yimana yatanze kuburundi
Jewe simvuga ngo uwutavyumva abivemwo asinzire, ahubwo mvuga nti uwutavyumve nave ibuzimu aje Ubuntu, turengere ibidutandukanya.
Basi dufate ko amahera tuyataye, 103.000FBu ntiyotuma umuntu apfa. Nafate ko ayataye, hanyuma tumugeze basi. Ntitwoguma twanka ibintu ata nuko turabigeza.
Iyondinde ndayikeneyee yokugurisha urugi😂😂❤
nanje 😂😂
😂😂😂😂
abandi bageze mwi ndege 20 twebwe ntanimwe dufise 😅turateye isoni peee government yacu nababono wallah
Komera kurugendo. Imana igume ihezagira 👏👏👏👏
courage ariko umuntu mbonye inyuma yawe muzomuronderere ikigo bamwumvirize kuko afise ikibazo mu mutwe naho igihugu camuhaye ikirwanisho
17:26 Big up my bro birashoboka
Fabrice, turikumwe!!!
IMANA IRIKUMWE NAMWE FABLICE MANIRAKIZA KANDI IMAMA IGUHEZAGIRE KURI ABO BANTU BOSE UGUMA UBAHA AKAZI NUKURI MUNKUNDIRE NDABIBASHIMIRE BIMWE BIVUYE KUMUTIMA *FEAR NOT*
Numva mbaye interested nuwo mugambi wa fabrice nimuduhe no de compte za bank buguruje twinjire natwe
Komera ku kazi Fablice urashoboye
Courage kbsa❤❤❤
❤❤❤🎉🎉🎉 incabweng twifitiy
La vérité 👌
We barakwishe nibatakwica naho bazokunaniza
Good Jobs
Bandanya natwe tukuri inyuma
Wa kwetu tukurinyuma
Fabrice iyo soko izokore 24hrs nukur
Courage Fabrice.
Fabric and Elon mask🎉🎉
Courage mon Frere
Urumuri rw'uburundi
Terimbere ncuti Fablice igihugu cacu kireke gusuzugurwa
Ubudumbi dumbi kuvaho birashoboka ariko bigereye kunzego zohejuru kuko bavuga ngo umwera uvibukuru none kubibwira twebwe abatwaga banza ubibwire abatwara
Ukomele cane kandi imana ibandanye ibahezara
Murakoresha imashini imwe musiza ubwo kubaka byo bizohera ?
Batemwo batahure neza niba ratahura
Turabakunda cane
Tubarize tuze kwiyandikisha mukiyede non cank mumubaze kwiyandikisha ukuntu tuzobigenza j naraguze umutahe
Najendiko ndayarondere 10.3000Fmburamake nzocandayazana
Fabrice love U
Uri ingabire y'uburundi
Noe nkaho ntiyokwitoza kugiti ciwe kwel
Ugo nurusuma rurakameneka
Kbs akomere cane
Niwirabire
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
🎉🎉🎉
🎉
❤❤
Mubutumbitumb kutavuzemwe imigambe
Woooww
🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uyu mugabo amahera yacu tutabonye isoko sha 😢😢
🎉🎉🎉😂🎉
😂😂😂😂
Uyo mugabo bazomwica
Bande bamwica ?
Kugir wiyumvir ivyo ubikuy kuki? Bande bazomwica?? Ukubaho k'umuswi sikubera impuhw zagaca
Inzigoo ni yo izotuma abarundi n'abanyafrika tuda terimbere
Nanje nama ndavyiyumvira ko abasi b'ububurundi bazomudutwara
Imana ntizovyemere kuko irashoboye kumurinda!
Fabrice raiseau Neva akoresha mugusahura nokwonona amahera y' igihugu , Umwanda mukuru ukorana numwanda muto vya toilette gusa
❤❤❤❤🎉🎉