Amatsiko by Alvella Muhimbare (Official Video)

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ก.ย. 2024
  • #Amatsiko#Alvella#Cizzoprod#best
    AMATSIKO ni indirimbo ituma jewe nawe twibaza tukanagira koko amatsiko yo kuzoshika mw ijuru,Ese woba nawe ufise ayo matsiko
    AUDIO STAFF
    Audio Productions:Cizzo Beatz
    Guitarist: Fidele solo(Ingo Live Band)
    Bass: Cizzo Beatz
    VIDEO STAFF
    Bestboy Director
    Niba mwipfuza kudushigikira mushobora kutwandikira kuri: alvellamuhimbare@gmail.com
    page facebook:
    / alvellamuhim. .

ความคิดเห็น • 864

  • @alvellamuhimbareofficial
    @alvellamuhimbareofficial  2 ปีที่แล้ว +183

    Ndabatuye mwese iyi ndirimbo yanje nshasha. Muhezagirwe.

  • @niwemugeniclaudine8325
    @niwemugeniclaudine8325 3 หลายเดือนก่อน +3

    Ndagukunda cyaneee kgl

  • @MenedoleNiyibona
    @MenedoleNiyibona 11 หลายเดือนก่อน +4

    Courage alvella imana igukomeze❤❤

  • @ceredeniyibizi86
    @ceredeniyibizi86 2 ปีที่แล้ว +2

    Aaamen amen amen 🙏💖.Imana iguhezagire cane

  • @mtnobif3369
    @mtnobif3369 2 หลายเดือนก่อน

    If you're still enjoy this beatifull song of Arvella you've more problems that God gona reponds in this year👐 Amen🙏

  • @UWAMBAJIMANASandrine-xq3cd
    @UWAMBAJIMANASandrine-xq3cd 3 หลายเดือนก่อน +3

    🎉🎉🎉🎉❤❤❤ ndagukunda. Cyaneeeeee

  • @MukanyarwiAlexia
    @MukanyarwiAlexia 19 วันที่ผ่านมา

    Ndagukunze cnee❤❤ ndi mu Rwanda ark nubwambere nunvis iyi ndirimbo ark ndanezerew cnee ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ericksamsoni889
    @ericksamsoni889 13 วันที่ผ่านมา

    Ninziza so courage mwigeme wacu iman ikuongezee uweledi zaidi maan kunakipaji kikubwa San mungu akup kibali ufike mbali zaidi

  • @GodfreyNzabarantuma
    @GodfreyNzabarantuma 3 หลายเดือนก่อน +2

    You sing very courageous songs and films.thanks, Godfrey in kisoro Uganda

  • @ndayisengavirginie3895
    @ndayisengavirginie3895 2 ปีที่แล้ว +4

    Courage Alvella wacu

  • @pinpajo1155
    @pinpajo1155 2 ปีที่แล้ว +4

    Wuuuw tuzomubona mbega aka mélodie wuu

  • @Dieudonne690
    @Dieudonne690 9 หลายเดือนก่อน +2

    ❤ alvella indirimbo yawe irankomye pe❤

  • @eliamanirakiza5127
    @eliamanirakiza5127 10 หลายเดือนก่อน +3

    Amen,shishikara utera imbere

  • @lylyjaydia3714
    @lylyjaydia3714 2 ปีที่แล้ว +3

    Nice song my sister Alvera

  • @violagahimbare4129
    @violagahimbare4129 11 หลายเดือนก่อน +2

    Urazompa kukubona Mwami wanje❤❤❤

  • @JOmani-h8p
    @JOmani-h8p 2 หลายเดือนก่อน +2

    Wubahwe mwana w'Imana❤❤❤❤❤❤❤

  • @LeoncieKubwimana
    @LeoncieKubwimana 6 หลายเดือนก่อน +4

    Imana ikongereze amavuta

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 2 ปีที่แล้ว +7

    Alvella urashoboy iman ikongereze amavuta

  • @EricBIGIRIMANA-h9n
    @EricBIGIRIMANA-h9n 9 วันที่ผ่านมา +1

    Impano yawe tuyironkeramwo vyishi imana ikwongerereze inkomezi

  • @NdayikengurukiyeDieudonn-ki8pl
    @NdayikengurukiyeDieudonn-ki8pl 5 หลายเดือนก่อน +3

    Natwayabantu kumaziko ruguru .twahagurutse bamwe bagenda barira .ncanshiramwiyindirimbo mumodoka nguma nyisubizamwo ihera nyisubizamwo twageze ikiganda twese tugenda tuyiririmba .

  • @selestinontirampeba2227
    @selestinontirampeba2227 10 หลายเดือนก่อน +2

    Ubarikie umunyaluyigi wacu❤

  • @BienvenueNiyukuri
    @BienvenueNiyukuri 11 หลายเดือนก่อน +2

    Uranezereje can 🥰🥰🥰♥️♥️🇧🇮🙏🙏🙏

  • @JeanineNiyimpaye
    @JeanineNiyimpaye 4 หลายเดือนก่อน +2

    Courage ma chr warahezagiwe cane

  • @AlphonsineNifasha-c6y
    @AlphonsineNifasha-c6y 5 หลายเดือนก่อน +4

    Imana Iguhezagire ❤

  • @AdrienneBuhaga
    @AdrienneBuhaga 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ndi umu Maman agukunda caaaane. Uvuga amajambo meza caaane kibondo. Abumva ni bumve. Ndizeye ko umunsi urizina Ndiho azompa tubonane amaso muyandi. Imana ikuzigame yongere izigame cane impano yawe ❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @iranzinadia2016
    @iranzinadia2016 ปีที่แล้ว +4

    Mfise amaziko yokubon uwomwami mwiza 🙇🙏💕

  • @mariarose-go2zg
    @mariarose-go2zg 2 หลายเดือนก่อน +1

    Yooo mbega indirimbo nziza,Mana yanje❤

  • @YankurijeAnsine
    @YankurijeAnsine 5 หลายเดือนก่อน +2

    Nukur nivyiza cane 💐

  • @edrickbigirimana6347
    @edrickbigirimana6347 2 ปีที่แล้ว +5

    Well done, what beautiful song !🇧🇮 Building my heart ⛪💒💒, thanks my friend, give us other

    • @ok-hm3ph
      @ok-hm3ph ปีที่แล้ว +1

      turakunze iyi indirimbo kubera ijwi ninyifato werekana ninyigisho ziri muriyo

  • @kamikazi77
    @kamikazi77 2 ปีที่แล้ว +1

    Oooooh manawe Nanjy ndafise amastik yokumubon yesu wacu 👏👏👏👏👏

  • @ancillecilla
    @ancillecilla 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen uyumubiri twambay n'umwansi wacu ,isi n'umwansi',satani n'umwansi wacu ariko turimwo imbuto ya Kristo itabora Hallelujah lman'ikwonger'ihishurirwa Yesu kristo ari hafi kuza gutor'umugeni yakunze

  • @ByiringiroHabibu
    @ByiringiroHabibu 5 หลายเดือนก่อน +2

    Amen urakoze kuraje❤

  • @eugenienshimirimana-xl8nd
    @eugenienshimirimana-xl8nd 9 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabakunda bana bato mwarahezagiwe❤

  • @TwagiraOlivier
    @TwagiraOlivier 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ndagukucyaner ukunu urimbaneeza ukadushimi shamurifirim alvella

  • @BizimanaDeo-rz8mu
    @BizimanaDeo-rz8mu 4 หลายเดือนก่อน +2

    Urakoze caaanee

  • @mugaberichard1230
    @mugaberichard1230 10 หลายเดือนก่อน +3

    Ndamukunda cyn imana imuhe kiramba nukuri

  • @VenisteMahoroyimana
    @VenisteMahoroyimana 5 หลายเดือนก่อน +3

    Muhezagirwe mwese niyi ndirimbo

  • @melloman862
    @melloman862 2 ปีที่แล้ว +4

    We are blessed 🙏🏼 with your Country Music #AMATSIKO Thkx @Alvella M. My God Bless you

  • @NishimwesteveSteve-e3u
    @NishimwesteveSteve-e3u หลายเดือนก่อน

    Muvyukuri uririmba neza peeh,Imana ikuje imbere muvyukora

  • @MadinaIRAKOZE
    @MadinaIRAKOZE 10 หลายเดือนก่อน +2

    ❤❤❤kure CNE niho nkwifurije

  • @geridibuzubona4360
    @geridibuzubona4360 2 ปีที่แล้ว +1

    Sister wow That is nice song Keep up👍🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼 God bless you very much You did very nice God song.

  • @familygospel2023
    @familygospel2023 ปีที่แล้ว +1

    Alvella.Imana iguhe umugisha kubwo nguhimba iyindirimbo Imana iguhe umugisha igukomereze amaboko.❤❤❤

  • @billnemess9369
    @billnemess9369 2 ปีที่แล้ว

    Alvella nukuri Imana izoguhembe kuja mwijuru pee! Sinzi igituma ndakumenye ubunyene nukuri! Naracerewe cane ! Gusa indirimbo zawe ngiye kuzimenyekanisha hano America 🇺🇸 pee!🙏🙏🙏🙏🙏

  • @focusmedia257
    @focusmedia257 2 ปีที่แล้ว +7

    🥰🥰you are very talented my sister never give up you have future🙏🙏

  • @NigenaAdeliphine
    @NigenaAdeliphine 4 หลายเดือนก่อน +2

    Ok nibyiza pee ukina neza cyane

  • @TuyisengeJasperic
    @TuyisengeJasperic 2 หลายเดือนก่อน

    Wanyumbani Nakubali snaa🤜🤛👊👊

  • @niyodusabanadine5597
    @niyodusabanadine5597 2 ปีที่แล้ว

    Yesu akwongereza amavuta mukobwa wa yesu

  • @behonest7
    @behonest7 2 ปีที่แล้ว

    Indirimbo nziza kweli, Amatsiko, iraruhura kumutima, Uwizeye ntampamvu nimwe atazotabaruka

  • @DusengimanaSolange
    @DusengimanaSolange 3 หลายเดือนก่อน +1

    Nukuri ndagukunda cyane ndifuzakukubona ndagukunda

  • @ErnstilNErn
    @ErnstilNErn หลายเดือนก่อน +1

    Hezagirwa mukobwa mwiza urafis'impano kwer❤

  • @AudifaxKwizera-r8d
    @AudifaxKwizera-r8d 12 วันที่ผ่านมา

    Ndagukunda pe .Indirimbo zawe zirandyohera.Narinshonje ninzara iciye ihera.

  • @اليتاا-س4ف
    @اليتاا-س4ف 2 ปีที่แล้ว +1

    Ninzinzacane imana ingkomenze cane turikumwe nawe🥰♥️

  • @justinpeace3182
    @justinpeace3182 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage amaziko indirimbo nziza caneee cizzo pro x alvella mwarakozumuti 💪💪💪💪 imbere niheza

  • @innocentndayizeye3302
    @innocentndayizeye3302 2 ปีที่แล้ว +4

    Congratulations!God bless you!! I love you a lot ❤️❤️🎂💋💋

  • @kanyamunezageovanie3300
    @kanyamunezageovanie3300 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage mbega indirimbo nziza.YESU aguhe umugisha ndagukunda cane

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ปีที่แล้ว +1

    Alvella yesu akukomeze ndafashijwe💯🙏🥰🥰🥰🥰❣❣❣❣❣❣❣❣

  • @pastaAllende
    @pastaAllende หลายเดือนก่อน +1

    Amen Amen Amen Amen

  • @LydiaIrakiza-tx6qx
    @LydiaIrakiza-tx6qx ปีที่แล้ว +3

    Neza cyane Sister

  • @AgrippineBucumi-s9p
    @AgrippineBucumi-s9p 14 วันที่ผ่านมา

    Big up melanin Boyz ndagukunda kuruta uko nkunda ibindi vyose

  • @nduwimanalaurent5259
    @nduwimanalaurent5259 6 หลายเดือนก่อน

    Be blessed. You're very anointed by singing.

  • @ericmaisha9039
    @ericmaisha9039 2 ปีที่แล้ว +1

    Egoo mugenzi Alvella🙌😍

  • @JulietteNiyirera
    @JulietteNiyirera หลายเดือนก่อน

    Respect. Niwubahwe❤❤❤❤❤❤

  • @MeilleurGarc
    @MeilleurGarc 2 ปีที่แล้ว +2

    Wauo🤔is verry good song 👍
    Keep going my sister 😍you can.💪💪💪💪💪
    So gods before you.🌹💌💌

  • @emilienesibomana9661
    @emilienesibomana9661 8 หลายเดือนก่อน

    Alvella, Iman'ibandany'ikuj'imbere mu mpano zawe nziza zo kuyikirera ukiri muto gutyo kuko bishobokera bake mu runganwe gwawe. Yes'aguh'umugisha.

  • @AlainegiftMukezabirori
    @AlainegiftMukezabirori หลายเดือนก่อน +1

    Couragee ❤❤mu nyaruyigi wacu

  • @sandrineirakoze8868
    @sandrineirakoze8868 2 ปีที่แล้ว

    Yesu akongere amavuta alvella indirimbo nziza kandi irimwubutumwa

  • @HahaNcnx
    @HahaNcnx 13 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉industrial umutima inyo urush

  • @AaAa-wj4np
    @AaAa-wj4np 2 ปีที่แล้ว +1

    Respect muhimbare

  • @SalvatorNtarugera
    @SalvatorNtarugera 6 หลายเดือนก่อน

    Amen, yesu akwongere amavuta, imigisha n'imihezagiro

  • @elianeniyagakiza5048
    @elianeniyagakiza5048 หลายเดือนก่อน +1

    Amen amen🙏🙏🙏🙏🙏

  • @egozentv1906
    @egozentv1906 2 ปีที่แล้ว +2

    You do a good , Amen

  • @emelynemuhorakeye9951
    @emelynemuhorakeye9951 7 หลายเดือนก่อน

    What a good song !!! ,go a head Alvella ,tellement iyi ndirimbo irimwo amavuta kuburyoo igih cose ndayumvirije inyiza mukirere camasengeshoo !!

  • @AbelSemahoro-ew4lq
    @AbelSemahoro-ew4lq 9 หลายเดือนก่อน

    be blessed muhimbare ❤

  • @hakizimanaabassi3296
    @hakizimanaabassi3296 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage ma chrie ndiho ateze imbere impano nziza yaguhaye!!indirimbo ni nziza peeee

  • @alcinetuyishime5386
    @alcinetuyishime5386 2 ปีที่แล้ว +1

    Hezagirwa Mukobwa mwiza uraduhezagira cane🥰🥰

  • @dannypolyvalent1658
    @dannypolyvalent1658 9 หลายเดือนก่อน

    Mimi ni mu Islam ila kwakwl uyu dada anaweza kbsa courage sana sister zidi kupeperusha bendera ya nchi yetu BURUNDI

  • @bitwayikivictor5005
    @bitwayikivictor5005 11 หลายเดือนก่อน

    Gusa congs to you be blessed

  • @sebastiennzitonda7939
    @sebastiennzitonda7939 2 ปีที่แล้ว

    Hezagirwa mukobwa wa yesu

  • @NgabireSharon-mr5xr
    @NgabireSharon-mr5xr ปีที่แล้ว

    Nshuti ndagushuhuje mwizina rya yesu unkumbuza ijuru Kandi ndagukunda cyane❤

  • @chancezabibu7757
    @chancezabibu7757 2 หลายเดือนก่อน

    Kure cane hashoboka Alvella wanje 🥰

  • @nizigiyimanaalex5262
    @nizigiyimanaalex5262 ปีที่แล้ว

    Good song i like it be blessed Alvellaa💋💋💋

  • @neemanshimirimana4199
    @neemanshimirimana4199 2 ปีที่แล้ว +2

    Amen congratulations sister big amen 🙏🏾

  • @marcndayishimiye7711
    @marcndayishimiye7711 2 ปีที่แล้ว

    God Bless You Alvella ahuzoja tuzojana.Can't spot listening Amatsiko

  • @deborahumuhoza8327
    @deborahumuhoza8327 ปีที่แล้ว

    Waduhaye my love story koko😔🇺🇬🇺🇬

  • @fistonsower8047
    @fistonsower8047 2 ปีที่แล้ว

    i like it Alvella courrage

  • @IrakozeJessi
    @IrakozeJessi 5 หลายเดือนก่อน +5

    Ndagukunze gose atabubeshi

  • @DivineIRAKOZE-l7r
    @DivineIRAKOZE-l7r 2 หลายเดือนก่อน

    Sha jewe kweri iyindirimbo ndayikunze

  • @SibomanaAdrien-g3k
    @SibomanaAdrien-g3k หลายเดือนก่อน

    Yesu akwogereze amavuta

  • @titithierry6795
    @titithierry6795 2 ปีที่แล้ว

    Cool alvella ♥️

  • @modestenzoyihaya2093
    @modestenzoyihaya2093 ปีที่แล้ว

    Courage Alvela.ndagukunda cane

  • @NiyobushoboziVenuste-up7nc
    @NiyobushoboziVenuste-up7nc ปีที่แล้ว

    Amen Amen bizoba ar good

  • @bukeyeneza000
    @bukeyeneza000 2 ปีที่แล้ว

    Ndakwikundira mushiki wacu imana ikuzigame numuryango wawe

  • @beatricebavakure3073
    @beatricebavakure3073 9 หลายเดือนก่อน

    Very good songs ? God bless you more 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @d-one2575
    @d-one2575 2 ปีที่แล้ว +107

    Be blessed Alvella 🙏

  • @dushimeyesumartha8742
    @dushimeyesumartha8742 9 หลายเดือนก่อน +2

    Amen🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 ❤❤❤❤❤ ndagukunda

  • @GodfreyNzabarantuma
    @GodfreyNzabarantuma 3 หลายเดือนก่อน

    I wish you visit kisoro one day one time.we love you sister

  • @UwaseNishimwe
    @UwaseNishimwe ปีที่แล้ว

    Komereza aho Yesu nibyose

  • @ishimwechantal9844
    @ishimwechantal9844 ปีที่แล้ว

    Alvella courage imanikongererezinkomezi

  • @severinhavyarimana4731
    @severinhavyarimana4731 ปีที่แล้ว

    Uhoraho aguhezagire cane,courage.
    Turagezagirwa cane

  • @elvisniyoncuti4165
    @elvisniyoncuti4165 2 ปีที่แล้ว

    Go a head🔥🔥